Amasezerano ya ARUSHA: Umuti wofasha gusubira kwubaka Uburundi?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 6 พ.ย. 2024

ความคิดเห็น • 4

  • @daviirizima7485
    @daviirizima7485 2 หลายเดือนก่อน +3

    Mwebwe mukivuga amasezerano ya arusha, harimwo nuburwayi! Ayo masezerano ntakivurwa yaramaze guta agaciro. Akazi kayo kararangiye washaka nintambara yaraheze. Abanyagihugu bubwoko bwose baraserukiwe nayibisigaye kigobe na kajaga vyararangiye! Umunyabwenge abarundi bakeneye canke bipfuza nuwuza yisunga ibwirizwa shingiro, nayibisigaye iyo mico uvuga nimugabanye kudusakuriza, imyaka 400 mwatwaye muri kumwe na PDC ivyanyu vyaramenyekanye! Ibintu vyaramaze gushikira benevyo! Exactement bwaki yo kuva 65 kugeza 95 siyo kwihanganira ntaniyo twokwemera gusubiramwo. Nta ndyane za politique zikiba mu Burundi ariko uwuzozishaka azoaibona kuko igihugu ntikigitwarwa nabaja.

  • @EricKubwuwera
    @EricKubwuwera 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ibiganiro bibereye kwer

  • @irenekaneza2631
    @irenekaneza2631 2 หลายเดือนก่อน

    Ingwara bwaki bisigura iki??

  • @hakizimanajames-hm6xt
    @hakizimanajames-hm6xt 2 หลายเดือนก่อน

    Abarundi Jew ICO mbona nuko Abanyepolotike mwokumvikana kuko igihugu kishwe nabanyepolotike Yaba Abari Impande zose kuko mupfa Inda Mwese kuko Mwese mwanka Abenegihugu batonya