ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Murakoze gukora ico kiganiro natwebwe turinyumayanyu
Komera Komera Komera !!!!!@Hosy Irakoze 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🫶,u the best in Burundi 🇧🇮,the best channel TH-cam in Burundi 🇧🇮@Siren vibes,hezagirwa @Hosy Irakoze 🙌🙌🙌🙌🙌,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Ozi urakoze ndagukunda birenze mama kurikikiganiro wàkoz terimbere mama❤❤🥀🥀💞💞🙏🙏🤲🤲
TBC kwanaumu oky nivyiza non nishirahamwe uwariwewese arinjira bigendagute ndakeneye insiguro ihagijepee👌👌
Vyiza,cane,muduhe,utunimero❤❤
Waoooo muri tbc ndabona harabaye neza cane barazanye nibintu bihahora ntahora mbonaho 🥰🥰🥰🥰
Wow,Ikiganiro ciza cane TBC utere ujimbere❤
Hosy wubahwe vrt❤️ntacudakora ngukangurire igitsinagore kwikorera batarindiriye abagabo❤️✌️
Courage my lovly!!! Hosy nkunda cane ama émissions yawe arubaka!!!!!utanduknye nabandi ba youtubeur(euse)bamwe bamwe
Vyiza cane courage hosyIbiganiro vyawe vyama bimfise inyigisho
Très intéressant !! Courage sha Hosy
Great work kabisa
Ntako udakora ngo twige gukora .Courage et merci beaucoup Hosy.
Courage Hosy,reka nanje ndondere agatahe nzoze kuharondera
i love this for them may God Bless them🙌🙌
Courage bagore beza hosy nawe mercii ,turakwiye guhaguruka abagore ,bagore beza terimbere
Courage ba maman beza munduhe akanimero
Hosy uwokener kayanga naw yokuronka gut?
Nanje mumisi ndaje ndahabone kweri
Nne hosy,Abo ba maman bagize ishirahamwe? Canke umuntu aragenda akarangura juste kugatwe kiwe Hama akadandaza?
Courage bagore beza❤️
None. Ahonihamwe. Hokwana. Umu??
Hosy warahise!
Hosy courage ndakwikundir Mercii San ndabon Ninatah nzoronka
Hosy mwarahinduy camera cnk? K Ama image atameze neza? Arik malgré ça, u're a hard worker, ndakwemera cane, massa massa!
Nizo mumbwire?
Wanawake oyeeee
promotion ntirahera?
Non.ikorerahehe.?!
Hosy agukoreye évaluation du visage express kabisa 🥰
Hosy. Ndagukunda. Ugumawiberamwiza. Ndashakakubona. Ubugenibwawe
Nzoshikireko
Merci Hosy
None muraduha aka numero kanyu natwe tuzoze kudandaza
Ikiganiro ciza cane❤
Hosy ntakwutagira nukuri. Uhezagirwe
Waaaaaaa🥰🥰🥰👌💪
Mrcii boku hosy love u
Ndabonarisaw umuntashaka bomwiza nokudandaza big up vrmt
Byizacane gos hobabantu nkabo beshi buja❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮vundaj nirabiribyomuvuga karibyo
❤❤❤❤
Namajah
Siwa turabizi arayirembeje kbs
None konumvise ngo Nahum yarapfuye nivyo???
Bamutanga numero tubironderer
Ako ko gukizwa ndakagukundiye pe
iyo tbc pluzz ihererey he hosy tubwir
Hosy ndasavye nimero yawe niba ntakugoye yoba ukoze😭😭😭
Nanj vuba ndaza kuharonder nubwo ntamujinzi neza
Hosy sport s'ikirenga!!
😍😍😍😍🔥🔥🔥🔥
None ntubona Abagore bitahuye Gukora n Muti W ikibaz cose ub ufise
Tbc wee harabay hez nukuri
Namba murik muhagirir publicité,uyo madame avuga ngo yubatse étage kubera tbc arabesha umugabo wiwe wenye aramvise aka noti garwiye
Yooòooooo
Irihe iyo tbc canke niharya kwa naumu
Hepfo ya le PARISIER
Mube murareka kutubesha mube muravugisha ukuri umutahe wibihumbi 8 Kubaka etage ahubwo muratwenza
@@hamzafishten9560 😂😂😂😂nibazi ko tubarorera Kandi tubana mu ma Quartier nguyo wa étage wewe natweze🤣🤣🤣
Yoooooooooooooo
Abo bantu ntibazi icobita socio media vrmt urabonukuntu batabona igikorwa hosy ariko arabafasha!! Kndi nkaho usanga batanamuhemvye???
Mada nimajahe tubwire
Kwa Naumu
Hosy TBC iramajahe tuje kugura
🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇯
Bararanguza gusa
Oya nikugura kimwe baraguha
Ikiganiro nimba warakimaze warazumvise😂
@@sirenvibestv ndaza kukimarira🤣

Vyiza cane courage hosy
Ibiganiro vyawe vyama bimfise inyigisho