Twamusanze iwe amena amabanga// Chuma Ca Chuma ariyemera, raba style yari yatwambariye//mbe yahorahe
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 20 ก.ย. 2024
- Chuma Ca Chuma yigeze gukoranya abaririmvyi boooose bakomeye mu Burundi bakamuririmba bamushimagiza, ubu ngo agira akoranye aba Tanzaniya nabo//Umva ukuntu abigenza// bamusotoye none vyose abishize ku mugaragaro.
Watch, like, comment and share🙏🏽
Hosted by Hosy IRAKOZE on
Siren Vibes TV
FACEBOOK:www.facebook.c...
INSTAGRAM : www.instagram....
TWEETER: Tv...
Nimba wakunze iki kiganiro gi partagé( share) kubandi nabo babone ivyiza vy'iwacu
Nimba ufise ivyo ukora ushaka kumenyekanisha turondere tugufashe Publicité
#ChumaCaChuma #HosyIrakoze #SirenVibes
Ndakwemera ww cuma ça cuma duhe bishasha vyo guhakinga
Merci bcp Hosy Irakoze na Chuma ca Chuma.
Mump izo like mwan no Uno😂
Nibaguhe kabisa
Guys,,,uwo mutype aranyishe sanaaa😂😂😂 gusa rero he is so funny,,, kabisa nakuunga mkono siren vibes tv.
Thank youuuu
Thank youuuuu
Muzamuhuze na Super Manager wo mu Rwanda bakore competition yo kwiyemera turabe 😃
Super manager n'uwuhe?
@@AllaboutHosy th-cam.com/video/hcQQ4YYbSd8/w-d-xo.html
😀😀😀😀 ego kabisa! Hosy ndasavye umunsi uzojabuka Kanyaru uzorondere super manager uzoza imbavu zitonekara
Hhh super manager bimw bimw ab'ari vyo
@@douglas2513 😂😂😂 nk'ibihe?
Good job siren ebana ako ka style kaw.ni top ham Hosie gut ko PIM utamumpa
Nzomukwereka vuba
Cuma courage kabisa abisi ni babaya jy'ubareka
Nice video big up SV tv
Thank youu
😁😁😁chum muramubonera nukur
Oya turamukunda ahubwo🤣
Inkuru nziza
Chuma ca Chuma uraberetse ko ivyo uvuga ari ukuri 👍
Keep it up👍
Iyo utiyemera biba bigoye kugira nabandi bakwemere
That's why You always have to still on your right
Big up to Hosy and To Siren vibes ✨✨🇧🇮
If you are courageous, people say you are boastful or “too known”. You either choose to accept what they say to you and you need to accept it with its consequences. The consequence is that you will remain where you are!
Nothing will suit Chuma ca Chuma now but the best! He's got on wonderfully, and naturally he wants something to show for it, but many's the time I wonder where it will end.
I'm your fan Festone Lee
Nahuyo mlembo anavutia sana
Love you Osy
Thank youuu
Go for ahead osy
Osy Wavyibushe usigaye wigurira ka burusheti
Hhhhh oya sinavyibushe cane
super
Sister ufit amaguru meza kabisa
Cuma arashoboye
Chuma ca Chuma noneho mbona vyakomey...🤣🤣. Osy Uguma wunguka ubumenyi uko imisi ihra, now uko ubaza siko wahora ubikora. Keep it up Sister, it's a good job
Thank youuu
Thank youu
Hosy usigaye uvyibushe inyuma nisawa
Najew yaranyigishije kumusaga
Ozzy mi napenda sana kazi yako. courarage vmt
Courage hosyie
Konkiii💥💥💥💥💥 chuma ca chuma🇧🇮♥️💪💥💥💥💥
Ndindiriye #jish0_reigns akunyishurire😂
🤣🤣🤣🤣
Iyo ni ya Chicago 100% ariko sivyiza kwerekana your identity kuri media
Hosy nice interview ahi mutubahirije social distance
Hama big up sana ndashimye guter'imbere kwibiganiro vyanyu mubaza neza cane courage
Chuma nibakureke umwewese asatire ubuzima 🤣🤣🤣🤣
Uno munsi wambaye neza cane goooose bandanya ibikorwa . Gusa sinumvako hari ikibazo.
Wew ndakwemera kweri
Ulikuwa unaishi Chicago ohoo ok
🤣🤣🤣hozy weee ni daymaker
🤣🤣🤣🤣live long baby🤣🤣
Ndamwibuka cane kuri lycee du lac, yariyemera cane
Hosy tera ujimbere ubu nisawa mukora neza cn
Thank you so much
Mbaye uwa mbere🙂
Asalam alaikum warahmatullah wabarakatuh kumbemumizirima
Hosy na visa ibaho yi imara imyaka itano nazi nokubesha ku iyo visa na entre iriyo hosy arakubeshe amaso mu yandi🤣🤣🤣🤣🤣
Si visas ni carte de résidence
Ninde yakubeshe
Abraham Habarugira ninde yakubeshe 🤔
Nshishikara kukazi sha hosy
Chuma mwaramuhariye ibyo kugusasira imipira ntibabitweretse
Ntavyo twe twaronse
Maiki hiyo na mdomo jamani corona inauwa bado naipenda nchi yangu japo nipo mbali nayo..
Cuma tura mwemera cane
Chuma Cha chuma
Chuma ca chuma mbega aracigisha English akarihisha agaca apotera?
Journaliste gabanya kuraba camera
None ubaye muri America biba vyanditswe muruhanga?
Big up sister.
Chuma cha chuma. Indirimbo yiwe iryoshe th-cam.com/video/WeINll6nBk0/w-d-xo.html
Hosie uraberew caane
Iyo ni ya Chicago 100% ariko sivyiza kwerekana your identity yawe kuri media
Uwubizi nuwacu aherutse kwiba more than 5000dollars .abarenga 5bombi yaraye abibye ayarenga 20milles dollards
Gusa azafatwa.nakomeze imirimo yiwe
Haha chuma urasetsa
Cameraman ntamwuga ashoboye ni kuguma ajugumiza camera
None iyo shirt yuguruye ibifungo bisigura iki
Ni style😂😂
Hosy Irakoze 😂😂
Hosy jew har ivyancanze.cuma ko numva ko ar umwigisha akomeye wa anglais ariko nkaba numva umengo icongereza ciw ni ntakigenda?ngo urazi icarico citizen?ngo ugiy mugihugu baraguha citizen.manayanje
Ndakwrmemera hosy irakoze
😂😂😂
Chuma ca chuma ni Muslimu
Mpejej interview nashutswe kubera Osy na Cameraman wiw.Iyi jipo wapi
courage, ariko umu cameraman agumize hamw camera hama la qualite des images nayo irakenewe
Ni bakuveko ntimwiganye
Ntabwenge none werekanye visa kuberiki?
Hosy iyo jipo niw wayikorey??😊😊
🤣🤣🤣
She urikirofa
Abashaka ko mbaha ukuri mumbaz jew arabesha p
🤣🤣canke niwe yariko aravuga?
Mn cuma ça cuma numusuma yatwivy meshi ingozi
Hhhhhh ariko kwisi harabantu kweri, none kuba waragiye muri America bisiguriki? Abariyo bose twokwivuga, turi benshi caane nabandi baracaza. Vyiza bro woreka kwiyemera kuko America harasanzwe.
Ntawe ntazo uriko urakurikiza. Nta masque nta distance ya 1m minimum..mbega yemwe wait and see ivya coronavirus
@😂😂😂
Hosy is your private life but I would like to know wiga ibiki mur University ?
Nshimye uyo mukobwa nimwiza kabisa, nayo ico gi typ mbona cishima umenga n' i umuhungu wa Trump
Niwirambire ,wewe reka bavuge wewe ukore.
MPa numéro yawe .
Arko cuma nawe kuberiki bakwinjirira mubuzim cnee aboba journaliste??? Kuberiki uguma ubereka ibitamburisho vyawe??? Uwuzagaruk akubaza ivya americ uzuce umwima ikiganiro
Hariho nabafise iziruta izo so don’t show off bro relax my bro .
Nne ko umenga barafise ikibazo cawe nikubera iki ? Umuntu afise kuba ahashatse kndi si ngombwa bose bahameny. Rro niba wahora american cnke utahirayo ivyo ntaco bitwaye. Gusa abarundi tufise imiti ma mibi. Tufuhira ibintu bitagira ikimaze
Uwomu petit nimtu gani twahora duhurira Kigali nyamirambo muri sale ya betting ubonako yakubiswe kandi reo ntamezi 6aheze sasa yagiye USA ryariiiiii
😂😂🤣🤣Uyo niw cuma uwund ni fek😂
uyu mu type arafise ishati imwe kumengo niyo mpora ndamubonana muma interviews yose akora
Yerek ama photo ari hiyo
🤣🤣niho uvyemera
Yes akwerek video chank pc ari 🇺🇸 ntiyigeze arenga Tanzania ndi soso mba mubwongereza 🇬🇧 uyo mutip
ariko uragacucu ntamugabo woguhena ubwo nububwa any way.
Niyo yoba yaragiye mwijuru akagaruka bitwaye iki?... n’ubuzima bwe! Ngo yarabeshe!? Nivyiwiwe!! est-ce que hanze kujayo ni ibintu ibinyamakuru bitindako ukamengo nikindi!
Hari ibintu vyinshi Siren tv nibaza ko yokozeke ibiganiro gusumba inkuru nkizo!!
@iyo nkumi yacu, Kandi burya journalism si ugafata micro cnk Camera gusa! Ja ukora ka research buke buke bizogufasha! Abantu nkabo ntimukwicarana kandi!
@Cuma, How do you expose your IDs like that! Wew wapi nawe!
Abantu bakunda ibitandukanye... wewe utabikunze ntibisigura ko twataye umwanya... udakuze ico raba hariko ibiganiro vyinshi, urabe ibindi
None nkaho muriko muharira ibiki? Ubu mwe muriko muvuga ivyo ababa Amerika bose barabazi ko mubayo?muharira uburofa gusa
😂😂😂😂
Iyo ID niya fake
Hosy uyo mu type arabesha twari twagiye mu vancss San Francisco duhura na barundi baba mu America turababaza ko hari umu star ava Burundi yitwa cuma ca cuma bavuze ngo nawe bazi twahuye na nziza ndibaza ko mumuzi uyo cuma arabesha sana
Erega singombwa ko baca bamumenya.Bashobora kuba baba ahantu hatandukanye
🤣🤣🤣none nimba atakunda kwiyerekana ga sha??
Sinzi ico bamuronderako nibamureke kuko yabemeje kabisa😀😀😀
Naje naho novuga KO mvuye muri Amérique france😛nuburengazira bwiwe.naho novuga KO nahora MBA kwa Beyoncé arumujama sana.ntawofata hahhahhhh
@@nzeyimanaanassi3585 🤣🤣🤣Beyonce ni grande soeur wawe
Chuma c chuma, ingo unyandikire hassan,+250788848835
Hosy jewe sina nyuzwe nivyo cuma ca cuma yerekanye je mba muri America wewe yakubeshe,hariho travel document na USA citizen ni binu bibiri bitandukanye utabizi ubibona aricokimwe be curfew!
🤦♀️🤦♀️sinzi ngira yatubeshe nyene kubera twe tutarajayo🤣🤣
Usa citizen ihabwa umuntu yaplitse muri immigration agatora ikibazo. Uhenda nde ngo kubera uri Usa? Harabamaze imyaka irenga 10 ata citizen ya Usa ufise.
Hosy yaguhenze jewe ndu munyameria ubwene gihugu.naburonse ncie muri migration ngize test
@@mtaalumaelias8619 wavuze ngo "Be curfew"? Sha uri umunyamerika kweli 😂
@@khaled-kyuz ndiwe wangu mba i Washington DC
MD,city of West Baltimore
None ko yambaye gutyo?? Nibwo busani canke numu Gay?