ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ntamwana nikinono bagabo
Hari abakurusha inguvu wew ntabwo waruta adolphe uburyo uriko ufata nabi rwasa numwuzukuru waw tuzomuhora amakosa wa korey uburundi ✌️✌️
Ntabwo waruta bunyoni reka abarundi bagende namaguru kwubwaw ariko ndazi ko uzovyishura
Gutanga amakori si ikibazo ahubwo ikibazo nuko ayomakori atangwa agakeberezwa mumifuko y'abategetsi mudutwara nyakubahwa hako yogarutse kumunyagihugu ngo amuteze imbere ateza imbere mwebwe n'imiryango yanyu