PATIRI MUKURU WA CATHEDRALE REGINA MUNDI YATUYAGIYE VYINSHI KU BUBAKANA BADASANGIYE IDINI, N'IBINDI.
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 3 ธ.ค. 2024
- PATIRI KUMBE NA WE ARAZI UTUNTU N'UTUNDI MURI IBI NA BIRIYA. UMVIRIZE MWONGERE MURABE IVYO AVUGA KU BARIRIMVYI BA HANO IWACU PATIRI AZI N'IVYO ABAZIKO.
Murakoze cane muvyeyi patiri Felix kuruyo muco muduhaye ico kibazo benshi twakunda kucibaza Imana igukomeze pati
Mugize neza kuganiriza uyo musaserdoti adasanzwe mu buzima bw'ingo n'imibano. Yatwunguy vyinshi.
Inkebuzo gato, nuko muri kazoza mwokoresha imvugo nka "Nyakubahwa Patiri.., Nyenicubahiro Mwungere..., . Muriko muraganira mwomufata mubwinshi, kubera yandero kavukire. Uyo mwigeme yabikurikije, nivyiza cane. Ni icubahiro.
Ahasigay Imana ibaje imbere.
Ikiganiro ciza cane, courage Mirror Tv257.
Merci bcp mugenzi
Morning Father
Ikiganiro c’ubwenge big up Mirror team ndabafana
Merciiiii bcp Esther we love youuuuuu
@@mirrortv2573 murakoze caneeee nyakubahwa patiri mukuru;Imana ikongere ubukomezi kandi ubanye udutegurire inyigisho nyishi zishingiye kungo nimiryango...namwebwe abamenyesha amakuru muhezagirwe..
None uwusenga Christu mwomwemerera kumuhezagirana n'uwusenga inka?
Mimi de mimi 😘😘
Nibaza ko hariho umurongo utorengwa
Amashusho simeza muzohindure si non ikiganiro n sawa
Nimubandanirize murizo nzira nyene
thnk youuuuu brother
I would like to enquire some information please
Please if you can help me with this information God will be so greatful
None ga pati bishitse umugabo akisubirako akavuga ko ivyo atavyo akirimwo yigombera kwitorera uwundi mugore uwo mugore azoca agira gute? Azoca yanka uwo mugabo wiwe yemere asubire iwabo cg azokwrmera kugumana n, umugabo wiwe . Nukuvuga yemere guharikwa?