Number One in Burundi 🇧🇮 Bujumbura. Big Fizzo. Kaka tuna kubali leo na kesho!!! Kwetu Burundi 🇧🇮 weye ni the best in music 🎶 of Burundi 🇧🇮 🎶 tupende music 🎶 yetu, tupende movie 🎥 zetu za Burundi 🇧🇮 🎶 comedy 😄 zetu za Burundi 🇧🇮 GOD bless Burundi 🇧🇮 and all Africa 🇧🇮 🇨🇩 🇹🇿 👊🏿 Burundi 🇧🇮 music 🎶 4 life👊🏿🇧🇮💯✊🏿 Burundi 🇧🇮 kwaza👊🏿🇧🇮💯✊🏿
Wow! Didn't know Big Fizzo has became a professional artist till this level! Maz iminsi ndamukurikira really enjoy your interview uvuga ibintu biri correct kabisa big up to you and mutananirwa
@@ferdinandnsengiyaremye none ga wamwa, ivyo si ibisaanzwe kuba nakubajije amazina yiwe? Erega sinkorera muvya muzika ngo mpeze niteho amazina yaba star 🤷🤷
1h28' umwanya wabaye muto kabisa ....keep it up Landry! Ikiganiro kiri au top! God bless y'all! Nkunda ukuntu Big Fizzo na wewe Landry muri reconnaisant...gushimira uwakugiriye neza nivyo bigaragaza umuntu w'ubuntu kandi w'abantu
Uyo niwe mu Star akwiye Yubahwe Big Fizzo Landry Congratulations wakoze ikiganiro ciza kandi wabikoze neza Ama Media nka Yose ndabizi ntawundi yokora ikiganiro nk'iki
dear big fizzo Drumer T uvyanka uvyemera ari kuntambwe ishimishije muhe akanya gato uzoba umpinyuza . nawe azogira amahigwe asumbe na level yawe mungu amupe tu
Ndakunz aka kantu #BigFizzo avuze, ati nyimbe abo bategura ibiteramo ko banka gutanga ayo mahera, hama natwe tugaca tuja hamwe nkabasani tugategura igiteramo. Voilà this is a point ako kantu abaririmvyi mugafate mukigeko, hama turabe abo bategura ibiteramo ndabeko baziririmbira
The best professional artist in our country 🥰🥰 Vibes emission 100% Controlling interview 100% Kind of the topic 100% Artist politeness 100% Artist and assistant's wise 100% I appreciate both of u and we are here to support you till the end Big up to u Mr Landry and our Bantu bwoy's CEO
Imana ikomeze kuturindira Legend wacu na Ntwari wacu! Ikiganiro kuryoshe cane goose 🙏🙏🙏🙏🤣🤣🤣🤣👊 Big Fizzo avuga ukuri 100% ahubwo Fizzo nashire kuri 80million, Lolilo 70Million, Sat B 50Million hama abandi bana nkaba Double Jay 40million ba Drama T bagitangura bashire kuri 30million canke 20millions naba D one ukonyene! Uwutanguye kuririmba akaba amze umwaka 1 gusa niwe akwiriye guhembwa 5million! Sat B yatse make cane goose Kandi na Big Fizzo kubikogwa amaze gukora 50Million kabisa nimake cane goose! Titwigera tunanigwa kiretse iyo……. DJ Paulin yaciye yigaragaza uwo ariwe yuko agwanya umuziki wuburundi mukugaya Sat B yuko ayomahera atayakwiriye kabisa! Tuzoshika nuko kabisa burimuntu yihagarareko kabisa !👊❤️❤️🌹🌹🇧🇮
Hii interview iko poa Respect to the King Fizzo Gusa Laundry mdogo mdogo unaanza kutoka Kwenye sifa ya kuwa mtangazaji ambae anakidhi vitendo Unapokuwa na interview na msani mkubwa Harukuntu wifata bitaryoshe They way ubaza aba underground na the way ubaza aba stars it's different Hii interview kuna maeneo nimekushangaa sana Anyway courage sibibi cane
Ntitwigeratunanigwa kiretse iyo Twigirishije NARINKUMBUYE BIGFIZZO cane Ariko kandi wipfuza gutwenga na Ismail gasore 👉th-cam.com/video/vcMnw-9ErxE/w-d-xo.html
Ola bwabusazi bwo kuvgira hejuru ngo fyeeee🤣🤣🤣🤣wanse k bagutorisno🤣🤣
murabesha nta qualité nki ya Element mufise mu burundi
Landry kariko karaza lut za b1 biriko biragenda b1 urabona ivy'ushaka biriko biraza never give up my brother 🌟 courage
Landry kariko karaza lut za b1 biriko biragenda b1 urabona ivy'ushaka biriko biraza never give up my brother 🌟 courage
Reka.mbabaze.big.fizo.agira.posiporo.diporomate.kandi.ababizi.musubize.nagiye.impaka.
Urakoze Fizzo, "youth need more teachings"... n'ukuja urigisha aba bana y compris nos petits joueurs de journaliste nka Landry P.
King is king yubahwe fizzo ni papa wu music I burundi
Mbega ikiganiro cizaweeee ibibazo vyiza ninyishu nzizaweeeee vyizacaaaaane Dr wubahwe mutama
Yes isiyependa Bantu boy hana akira
Walah fizzo yaberew cn so respect mugan uvug ukuri
Fizzo mugani yavyibushe ashaje yoooooo umu legend twemera 🇰🇪🇰🇪
Big up Mr Big fizzo wew uruwamateka mumuziki ndundi
Big general urugamba watanguy tukurinyuma Kandi tuzorutsinda
#fizzo big up in your mind mubiko ensembles vous même bizoturyohera mukorana#satb
....respect kuri big fizzo👑❣🙏🙌 20 uyoboye uruganda rwa buja🔥🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Landry ikiganiro cisuku kbsa wubahwe👏👏gusa intro nindende gose umenga ikiganiro kibacademaye muze mukosore ubutaha 🤜🤛
Ni kiganiro nikirekire
Nakubal sana big bro nukubemeza cane
Number One in Burundi 🇧🇮 Bujumbura. Big Fizzo. Kaka tuna kubali leo na kesho!!! Kwetu Burundi 🇧🇮 weye ni the best in music 🎶 of Burundi 🇧🇮 🎶 tupende music 🎶 yetu, tupende movie 🎥 zetu za Burundi 🇧🇮 🎶 comedy 😄 zetu za Burundi 🇧🇮 GOD bless Burundi 🇧🇮 and all Africa 🇧🇮 🇨🇩 🇹🇿 👊🏿 Burundi 🇧🇮 music 🎶 4 life👊🏿🇧🇮💯✊🏿 Burundi 🇧🇮 kwaza👊🏿🇧🇮💯✊🏿
The first star in burundi🇧🇮🇧🇮is big fizzo be blessed landry wakoze interview y mwaka🎤🎤🙌🙌🔥🔥
🔥🔥🔥🔥🔥🔥 Randry X big fizzo ♥️♥️♥️♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✌️
Wow! Didn't know Big Fizzo has became a professional artist till this level! Maz iminsi ndamukurikira really enjoy your interview uvuga ibintu biri correct kabisa big up to you and mutananirwa
Landry Please Uzabaze Big Fizzo Ibyuryamwana Yihakana Kandi Basa Nukuri Aramuteyagahinda Uwomu,Star wacu Niyiyunvire Uryamwana Wumuhungu Barasa Neza Mukuri Please Fizzo Iyunvire Kuryamusore murasaneza Ibuka Ahomwahuriyena Mama wiwe Ureke Gutuma Umwanankurya Abahonabi Asaba Afitesewiwe Akomeye 🙏 🤲 🙏 😢 😭 😢 😭
Bazajye Kuba pimisha DNA
Randri, respect, kabisa, twaritwamukumbuy
Landry hejuru cane💪uriko uradukorera umuti mukuduha ibiganiro vyiza cane 🙏👌
Mzee fizzo ndakwemera sana
Waaah mur bwabumwe abataragira abonné kuri You tube ya big fizzo bayikore muri bwabumwe benewacu ❤️🇧🇮
Yitwa gute
@@nadiavyukusenge4970 🤭🤭🤭
@@ferdinandnsengiyaremye none ga wamwa, ivyo si ibisaanzwe kuba nakubajije amazina yiwe? Erega sinkorera muvya muzika ngo mpeze niteho amazina yaba star 🤷🤷
@@nadiavyukusenge4970 yitwa Big fizzo andik uk ham ugir subscribe wirabire akazi kiw
Émission ya bien sana....... Full respect to our Legend General #BigFizzo 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💃💃
We are here for the king himself big farious big up landry
NAj ndamaze kurya 20k ya fizzo mvugije indundi 40min yubahwe huyu jama
Sha Fizzo ze mwemera arabarusha mu mutwe ari sage cane kandi ako na Hakiri kubwa sana n'impanuro azitanga nkuwubakurira azi na vyinshi kubarusha.
Ico gihungu nigisani cuzuye ndakesera kirakwije ibisabwaaaa🙌🏿🤦🏾♂️🙏🏾
Big Fizzo yubahwe kbs nahonzobandumwe☝️☝️☝️nzokwama ndamufana ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Kômer batama 🥰🥰🥰♥️🥰🥰
Fizzo Hejuru cyane 🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪
Big Emission 🙌👑🔥🇧🇮
🤴🤴🤴🤴
Landry big up sana ma bro ndashaka iterambere ryawe hama mutama big fizzo ivyavuga vyose umwumvirize
Mutama mu Burundi buzima nta Ministère ijejwe music ibaho canke iraba urwaruka 😰😰twese twama twibaza ico kiba exemple, jewe nturwaruka rwambere rwashoboye gutahukana ubwambere Silver Award ya youtube, ndaakurahiye kukibuga c'indege nakiriwe na Medias gusa, none wumva dufise ministère itujejwe 😣gusa kimwe twebwe tugiye hamwe tuzokwishisha tuu
Respect landry classicboi in kenya like u
👍👍👍👊👊👊❤❤❤✍ ntitwigera tunanirwa thx kugendera umu legend wacu Gikundiro Fizzo 🎧🎧🎸🎹🎙🔥
Oook merci beaucoup ❤️❤️❤️ Landry
Man intelligent big fizzo I’m stend with you bro only 50 million our 100 million big up money talks 🇺🇸🇺🇸🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Wavuga neza kabisa mutama wanje général Big fizzo
Kora rwanyuu Musaza Big fizzo tuzobitaba abana bigihugu nukubashigikiraa👊👊👊
1h28' umwanya wabaye muto kabisa ....keep it up Landry!
Ikiganiro kiri au top!
God bless y'all!
Nkunda ukuntu Big Fizzo na wewe Landry muri reconnaisant...gushimira uwakugiriye neza nivyo bigaragaza umuntu w'ubuntu kandi w'abantu
mugani ndagukunda unyambarira nez uratuje njew kuruhande gwanje uri number one yanje nkunda uwokurinya yondeba 👍️👍️💪️💪️
ivyo nivyo fizzo ndakwemenye bro you are lengend in Burundi ♥️♥️♥️♥️
Ntitwigera tunanigwa💛💚❤️
Uyo niwe mu Star akwiye
Yubahwe Big Fizzo
Landry Congratulations wakoze ikiganiro ciza kandi wabikoze neza
Ama Media nka Yose ndabizi ntawundi yokora ikiganiro nk'iki
Wubahwe legendary wari urakumbuwe trop
dear big fizzo Drumer T uvyanka uvyemera ari kuntambwe ishimishije muhe akanya gato uzoba umpinyuza . nawe azogira amahigwe asumbe na level yawe mungu amupe tu
Umutananirwa komeza ikiganiro ciza cane💪💪💪❤🇧🇮🇸🇦❤
Ndaknda Big Fizzo Kko n Legend Knd Arakuz Azi ivyarimwo
Love you so much #Big_Fizzo
Nakubali sana landry.much respect big fizzo.
Turabashigikiye cane Ndugwe tegure ivyiwanyu murekane nabo babasuzugura
Big fizzo hejuru
Best exclusive interview ndayikunze cane Landry😂😂😂
Big fizzo ndakwemera bro nkunda nukuntu wambara neza kurusha abandi basani Kuma necklace,chains, nice shoes as usual
Ndakunz aka kantu #BigFizzo avuze, ati nyimbe abo bategura ibiteramo ko banka gutanga ayo mahera, hama natwe tugaca tuja hamwe nkabasani tugategura igiteramo. Voilà this is a point ako kantu abaririmvyi mugafate mukigeko, hama turabe abo bategura ibiteramo ndabeko baziririmbira
iyi niyo irangije umwaka kbx #bigfizzo yubahwe ntaburyarya mumvugo ziwe!
Big fizzo make me funny every day. Love you🇺🇸❤
Big fizzo yubahwe 🙏♥️
The best professional artist in our country 🥰🥰
Vibes emission 100%
Controlling interview 100%
Kind of the topic 100%
Artist politeness 100%
Artist and assistant's wise 100%
I appreciate both of u and we are here to support you till the end
Big up to u Mr Landry and our Bantu bwoy's CEO
I'm you're fan bro from Rwanda
Interview yako Fizzo imenifurahisha mi nilikua nafikili uko na chuki na Sat b kam harmonize na diamond ila nimekupenda sana umoja ni nguvu💪💪💪💪
Kazadii wang 👌 nice content
Number one🤣
The Monster on Top
Murakoze cane ikikiganiro kineramishije neza ...wame ugira ibiganiro nkibi pls....from south africa
Vyose karakazi ka amical
🙏🙏🙏🙏🙏 Big fizzo
Bad than them from🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪🤛🤛🤛🤛 the monster
U da king bamubwira Abo Bana bataramenya kuvuga
Umutananigwa arananiwe na ministre wa culture
Émission ya bien🥰🥰, courage mutananigwa 🙏🥰
Imana ikomeze kuturindira Legend wacu na Ntwari wacu! Ikiganiro kuryoshe cane goose 🙏🙏🙏🙏🤣🤣🤣🤣👊 Big Fizzo avuga ukuri 100% ahubwo Fizzo nashire kuri 80million, Lolilo 70Million, Sat B 50Million hama abandi bana nkaba Double Jay 40million ba Drama T bagitangura bashire kuri 30million canke 20millions naba D one ukonyene! Uwutanguye kuririmba akaba amze umwaka 1 gusa niwe akwiriye guhembwa 5million! Sat B yatse make cane goose Kandi na Big Fizzo kubikogwa amaze gukora 50Million kabisa nimake cane goose! Titwigera tunanigwa kiretse iyo……. DJ Paulin yaciye yigaragaza uwo ariwe yuko agwanya umuziki wuburundi mukugaya Sat B yuko ayomahera atayakwiriye kabisa! Tuzoshika nuko kabisa burimuntu yihagarareko kabisa !👊❤️❤️🌹🌹🇧🇮
Courage bwana promotor and big fizzo
Nice kabisa muraryohey dana
Humble man big fizzo. Respect
VYIZA CANE BWANA BIG
Respect our legend Big fizzo
fizzo big legend
Gig up big fizzo thx bro
Mungu mbere Sisi nyuma
Courage kuri interview
Apana ngo wambariy angahe
Ngufitimwakingah uko abarikwinjirira umuntu
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Hii interview iko poa
Respect to the King Fizzo
Gusa Laundry mdogo mdogo unaanza kutoka
Kwenye sifa ya kuwa mtangazaji ambae anakidhi vitendo
Unapokuwa na interview na msani mkubwa
Harukuntu wifata bitaryoshe
They way ubaza aba underground na the way ubaza aba stars it's different
Hii interview kuna maeneo nimekushangaa sana
Anyway courage sibibi cane
Yubahwe✌️👍
The living legend😍😍❤❤
Big Fizzo ntiyoheza Emission atabajije Wallah💀🚨🚨😂😂😂
IKIGANIRO CIZA 😎
Grand Frère
Fizzo tugusabe nukuri urya mwana ariko atakamba akurondera yitwa mugani Abou irind sindaryibuka nukuri basi urakoresha ADN vyibura ameny ukuri kuk aratuntuy sana
Landry incamake y ikiganiro nindende uraraba izoze iba ngufi
Sha Fizzo ndagukunda vya vrai
Alvin icmbu ca Oleg nagapupeee😂😂 déjà arahibongoz
💕💕💕FIZO NDAMUKUNDA SIBANGA
🇷🇼🇷🇼🇷🇼👊
Amasanamu meza caan💪💪💪💪
Vrt birakwiyeko aba artists bacu ko nabo bahabwa agaciro!iy ngingo ninziza cane
Big fizzo respect
King 👑 legend
Okey
King 💪🇧🇮🇧🇮🎂🎂💝💝💝💝💌
The monsther
Ikiganiro ciza🔥💯
Nahonzobumwe tjrs Bantu bwoy