ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ivugire muntu w'Imana abumva turashishikara kukumva abatakumva nabio babandanye bavuga ivyabo iconzi co nuko warimwo bamwe mubarongonzi b'irishengere gushika kumunyeshengere muto ndetse no mundongozi z'igihugu bagiye kubizira uwabigizemw'uruha western agiye kujana navyo
Uy'umuntu ni umunyepolitike si umukozi w'Imana mumwumvirize neza
Vyakomeyerero
Idini ry'abanyedini ryamana impinduka kandi rigenda nkuko ISI igenda ntawojanwa mw'Ijuru n'uko yabashe amabwirizwa ya communauté canke ''n'uko yumviye amabwirizwa ya shizweho n'ubwenge bw'umwana w'umuntu YESU KRISTO yabambwe igorogota k'Umusaraba niwe wenyene afise ubugingo bw'uwizeye vy'ukuri mukiganza ciwe
Vuga ibikureba
Ayo macakubiri muyagumize irwanda
Vuga mutama hama wigire nitwanka kwihana wewe ntabwo Imana Izokubaza n'akimwe
Imana iri mukazi
Wa mugabo vuga ivy'i rwanda ureke uburundi. Vuga adpr,uturekere pentekoti yacu
Ahubwo Abo bantu bararway
Ukonukuri
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Urahaze sha ivyiburundi birakuraba wewe
Dusenge nimba ariko biri hama ivyo vyurwanda nuburundi nibimwe vyamoko nyene avuze kuko Imana ni niyabantu bose

Wa mugabo vuga ivy'i rwanda ureke uburundi.
Vuga adpr,uturekere pentekoti yacu