🙎🏾♀️Umukenyezi yiha iteka, ni uwitanga atiziganya kubw'inyungu y’umuryango ni iy’igihugu ciwe
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 10 ก.พ. 2025
- 🗣️Kwamana na ntaryo inyota yo gukora cane ngo ube umukenyezi w’ibanga kandi yitanga atiziganya kubwo inyungu y’umuryango ni iy’igihugu nikwo kwiha teka no kuritera #Uburundi.
👀 Kurikira muri kano kareresi uko abakenyezi b’imboneza bo mu ntara ya #Ngozi babigenza
#Uburundi #Jimbere