#Burundi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 15 ต.ค. 2024
  • #Burundi: Bivuye ku ngingo y'umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n'umutekano w'igihugu, Gervais Ndirakobuca, yatanguje wo gushira ahabona abikika mu kiza mu kurya ibiturire, abakora ibikorwa mwene ivyo barabandanya bashirwa ahabona, harimwo n'abajejwe intwaro. Abafatwa mu bajewje intwaro bakaba baca birukanwa mu buzi bwabo. Kurikira umuvugizi w'igipolisi c'Uburundi, OPC1 Pierre Nkurikiye.

ความคิดเห็น • 13

  • @diego1853
    @diego1853 4 ปีที่แล้ว

    Vyiza cane

  • @farghhuuksyshjs7201
    @farghhuuksyshjs7201 4 ปีที่แล้ว

    Oya. Babarire

  • @marcntahondi8864
    @marcntahondi8864 4 ปีที่แล้ว +1

    oya nimubahashe baribatwononeye uburundi

  • @aminially5123
    @aminially5123 4 ปีที่แล้ว

    Amavamuhira .umuvuduko wisaki ntuwubuza kunya imbere yumuryango.

  • @kingjameskj111
    @kingjameskj111 4 ปีที่แล้ว

    Aboba Police mubabwire ico NEVER
    Risigura kumbure bashobora kubabataz insiguro yaryo
    Ndabarahiye umuntu wese ashaka kwarura inkono atatetse kwa NEVER murariye igiti sindababesha kandi abenegihugu twese turinyuma yiwe

  • @mobiledrivingschool
    @mobiledrivingschool 4 ปีที่แล้ว

    Ndabakomeye amashi, batware bacu. Izo ruswa nizo zidukozeko, cane cane abo hanze, benshi tugifise agatima ko gukunda UBURUNDI bwatwibarutse. Mumpaye contactes za Ministre nomurangira n'abandi bariye izo ruswa batuma imanza zimwe canke nyinshi zidayera imbere kandi ukuri kwerekanywe. Système Judiciaire yose ayicungire hafi, harimwo benshi badakora ico bahemberwa, ari abasuma bemewe. Mumpaye uburyo nobasigurira izo cas izarizo. Muzoba mukoze cane.

  • @desiresayinguvu6977
    @desiresayinguvu6977 4 ปีที่แล้ว

    Nagomba nkeze nyenicubahiro umukuru wigihugu cacu nanyakubahwa umushikiranganji wumutekano akongera akaba nuwintwaro yohagati mugihugu ,kukungene muriko murakora mutiziganya muriko murerekana akarorero keza ,hama nagomba kubasaba komwotwereka ibiyita ibihangange nabo bashengejwe murububuryo bishobotse nokugwego gwabashikiranganji canke abageneral bazoba bitwaye nabi nabo mubashire kumbonesha kure hama bashengezwe ,nagomba ndabakeze komutanguye neza amabanga yanyu muriko muratwereka kotutihenze mukubahund amajwi ngomutuber indongozi imina ibashiboze kuko mufise amabanga atoroshe

  • @chimamandamosesoffice8109
    @chimamandamosesoffice8109 4 ปีที่แล้ว

    KOMEZA BAKURU BACU ‘ IKI NICO NARINDINDIRIYE NARINDUHIJWE NIBI) KORA BAKURU BACU TUGARUKANE IBINTU KUMURONGO ATAGUTINYA KURIMWO

  • @diego1853
    @diego1853 4 ปีที่แล้ว

    Ariko nabakinjura mwijoro atari abajejwe umutekano nabone mubakorereko

  • @irakozebradane8781
    @irakozebradane8781 4 ปีที่แล้ว

    mubandanye uko turabeko igihugu cacu gisubira itoto