Ndorimana Benoît yabaye umurundi wa mbere yerekanye aho ubutare bw'Uburundi buri.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 15 ต.ค. 2024
  • #Burundi: N'ubwo nyene atawubura ibimugora akiri mu buzima bwo kwi'isi umuntu ngo yategerezwa gukora kugira ngo ave kwi'isi asize izina n'ibikorwa vyiza abantu bazomwibukirako. Jean Claude Karegwa Ndenzako umuhanuzi w'Umukuru w'Igihugu muvya poritike n'imibano mu gihe kuri uno wa 14 Gitugutu 2024 bariko bashingurana iteka umukuru w'umugambwe #PARIBU, Ndorimana Benoît akaba ari nawe yerekanye ubwa mbere ahari ubutare bw'Uburundi akanatanguza ishirahamwe ry'ubwishingizi #SOGEAR.

ความคิดเห็น • 11

  • @SindayigayaDeo-ox8bx
    @SindayigayaDeo-ox8bx วันที่ผ่านมา +1

    Ntakundi kbx kuva mvuka numva inzahabu ubutare bwishi muburundi gusa vyose birangira ataco bimariye abarundi ukwikunda kwacu barundi kurababaje 😢😢😢

  • @bizuruvenant7953
    @bizuruvenant7953 22 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Ndatunguwe nukumva urupfu rw'umunyacubahiro Benoît Ndorimana ! Yarumuntu adasanzwe n'umuntu n'umuntu yarafise umutima nkuwari muri Kristo Yesu, YESU KRISTO yarumunyarukundo kuri bose , Umuhisi Benoît Ndorimana yarumunyarukundo , yarumunyabuntu yarumunyembabazi , yagirira neza bose abantu batobato yarumuntu afise impano y'urukundo Imana yamuhahe kugirango ibikorwa vyayo vy'ukugira neza ibisohoreze muri WE, Umugisha w'ibifadika Imana yamuhahe yawusangiye n'abandi,n'intwari ese abandi bomwigirako bazoshimwa n'Imana n'abantu bose ! Imana ibe hafi y'umuryango wiwe muri bino bihe vy'umubabaro nifatanije n 'umuryango wewe n'abakozi ba Sogear

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana วันที่ผ่านมา +1

    Ubuzima bw'abarundi burababaje kubona ubutunzi bw'igihugu bwari kurya abantu barenga 13M ariko bikaba biriko birya abantu batarenga ngira 20 gusa 😏😏 aba CNDD -FDD Imana Ize ibaharire ivyo muriko mukorera abarundi birababaje umengo mwebwe ntimurabarundi

  • @oliviersabushimike1124
    @oliviersabushimike1124 วันที่ผ่านมา +1

    Nikuber'iki akamaro k'intwari z'abarundi kamenyekana aruko bapfuye ????🤔🤔🤔🤔🇧🇮💪 rero turasavye abantu nk'abo bazohore bahabwa icubahiro bakiri bazima kuko bizo motivant benshi mugukora ibikorwa vyiza biteza imbere igihugu 🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪

  • @ntiramvimberedaniel4834
    @ntiramvimberedaniel4834 วันที่ผ่านมา

    Ndumva yari umuherwe kabisa, ibyo BIGO by'indero vyose byari ivy'umuntu umwe gusa? Abarundi sinzi ICYO nabavugaho kabisa😂😂😂😂

  • @tungaaaron7570
    @tungaaaron7570 วันที่ผ่านมา

    Ubwo butare bwokumatwi gut

  • @NiyonzimaTsiery
    @NiyonzimaTsiery วันที่ผ่านมา

    Yishweniki ubwo ntibamuriy

    • @sese667
      @sese667 วันที่ผ่านมา

      Yaragwaye

  • @Agachrin
    @Agachrin วันที่ผ่านมา

    Iruhukire amahoro