ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Amavuta yuwiteka akubeko agwiriye mukozi wimana urampezagiye
Ndiko ndakwumva cane Man of God
kandi IMANA ibahezagire kuko ndafashijwe pe!
Amen
ndagukund mukozi wimana ukuntu Imana igukoresha pe ushishikare kuzura na Ndiho
Man cn
IMANA idutabare
Usivye KO ngukunda ndifuza kuzasengera ahohantu
Ndiko ndafashwa
Abantu bubu ntibagihanirwa acavuga ngo umugiriy,ishari nyene, cnke ngo ntabintuzi
Amen. Véridique. Tu as été béni Apôtre
Amen 🙌🏿🙌🏿 Imana iguhezagire 🙌🏿🙏
Glory to God, ndafashijw cane 🙏🙏
AaamenPrenons la décision ry gukura spirituellement 🔥🔥
Ibintu bikuze vrt knd bifasha Impwemu zacu
Alléluia 🙌🏾 🙌🏾 🙌🏾
Imana idufashe tube abakuze mu mpwemu kuko kuba ibikuri mu gakiza birababaje
Ndumva harikimbakiye nakiriye
Uko wegera lmana Niko ikwerek ububi bgawe😂😂😂😂
Mbega iyo Eglise iramajahe? Bayita gut? Ntawondonsa numéro ya appotre?
Yitw City of the Living God Iri Kinanira 4 Avenue King Salomon
Waauh Amen🔥🔥Harahantu ugera ukaba blocké kuber utar mature spirituellementTu dois prendre la décision de grandir spirituellement God bless you Man of God
Uko urushaho kwegera amasoyawe agenda ahumuka ugashira amanga
Amavuta yuwiteka akubeko agwiriye mukozi wimana urampezagiye
Ndiko ndakwumva cane Man of God
kandi IMANA ibahezagire kuko ndafashijwe pe!
Amen
ndagukund mukozi wimana ukuntu Imana igukoresha pe ushishikare kuzura na Ndiho
Man cn
IMANA idutabare
Usivye KO ngukunda ndifuza kuzasengera ahohantu
Ndiko ndafashwa
Abantu bubu ntibagihanirwa acavuga ngo umugiriy,ishari nyene, cnke ngo ntabintuzi
Amen. Véridique. Tu as été béni Apôtre
Amen 🙌🏿🙌🏿 Imana iguhezagire 🙌🏿🙏
Glory to God, ndafashijw cane 🙏🙏
Aaamen
Prenons la décision ry gukura spirituellement 🔥🔥
Ibintu bikuze vrt knd bifasha Impwemu zacu
Alléluia 🙌🏾 🙌🏾 🙌🏾
Imana idufashe tube abakuze mu mpwemu kuko kuba ibikuri mu gakiza birababaje
Ndumva harikimbakiye nakiriye
Uko wegera lmana Niko ikwerek ububi bgawe😂😂😂😂
Mbega iyo Eglise iramajahe? Bayita gut? Ntawondonsa numéro ya appotre?
Yitw City of the Living God
Iri Kinanira 4 Avenue King Salomon
Waauh Amen🔥🔥
Harahantu ugera ukaba blocké kuber utar mature spirituellement
Tu dois prendre la décision de grandir spirituellement
God bless you Man of God
Uko urushaho kwegera amasoyawe agenda ahumuka ugashira amanga
Ibintu bikuze vrt knd bifasha Impwemu zacu