Umwungere wa Diyoseze nkuru ya
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 4 ก.พ. 2025
- Umwungere wa Diyoseze nkuru ya #Gitega Musenyeri Bonaventure Nahimana asaba Abarundi bose ko ubumwe butoba mu majambo gusa, ariko bube mu bikorwa. Yabishikirije mu nkuka ya Misa yo kuri uno wa 5 Ruhuhuma, mu gihe hariko harahimbazwa imyaka 34 irangiye habaye amasezerano y'ubumwe bw'Abarundi.