ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Wewe ni noma bro, Imana ikuj imbere muvyo ukor vyo7
Be face on th flow..ego kbs natw twabuz ah tubivugir..har ibitavangw..barasarishij sanaa
B face courage musaza wubahwe 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Ndagukunze n'ukuriKuroko kiganiroNibareke kwihisha
B - face nakupendaga Sanaa 😘😘
neza cane watching from Burundi
Urashoboy caneeee Ndagufana
Kitu safi sana pro
Safi sana kwli Aka num kawe none
Hip hop naho tuvuga ubutumwa Kandi bwukuri ataguca kuruhande! Big up Sana B Face on Do flow
Ncut uvuzukuri n'ukuriAbobariho vrmBirababaje
Yitwa B face on The Flow
My guy lik u
Ulichokiimba ni halali bro! Kwa upande wangu umekuwa kama unatumbua jipu!!
b.face ndakwemera petit ufisendero mugusigura ivyubajijwe mgb muri song ntabujinga ndake ntumenyegwa
ndakunze B face ndamukunze from today...
abakijijwe ntibahindure inyifato bavyita kujagara 😂😂😂😂
Vyiza cn vrt mwana wa uncle
Respect bro hip hop ya burund ww ni namb 1
Baheee 💥💥💥
Ivyo ni ivyo vraiment wavuga ntuvura mutama big up sana bro.
Ndakwemera cane
yea brthr, i like you
ndagufana mut
umeongeyaka ukweli
B face machine!!!! Kubita
namba maja ondofro
Nukuri ibintu wavuze nivyo usiguye nivyo kweri na bible iravuga ngo tuzobamenyera kuvyobama nibabanze bahinduke hama twumve ubutumwa bwabo niho bugira icobutumariye
Wavuze ukuri kabisa, babwire babwire
nivyo Haribo ibitavangwa
Uyumurundi batazira B-Face kwakomeje kunyemeza!? Bitumyendushirizaho kubukunda. Komeza uhezagirwa na Mushoboravyose mwana wiwacu.
UvugaukuriB,fac
Ushaka kuvuma sha mukurwany warabishoboy ariko sivyo
ab rameur ninkabavugabutumw rimw narimw ubwobutumw na pasta cnk padili ndets na shehe bobutanga
mbe ko fabilove yakubwiy ngo wasavy isosi(sauce)yary Wew asa nuwury isosi .turi nyuma yaw man
Eden kessy murinzi ese kwanza Fabilove uwomuntu ndamwumva ariko ntawonzi! Jewe nzi T Max hamwe Na B Face abandi ntabonzi kabisa nobambeshe!
B face ni down
Uvuga ukuri
Poa
Wewe ni noma bro, Imana ikuj imbere muvyo ukor vyo7
Be face on th flow..ego kbs natw twabuz ah tubivugir..har ibitavangw..barasarishij sanaa
B face courage musaza wubahwe 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Ndagukunze n'ukuri
Kuroko kiganiro
Nibareke kwihisha
B - face nakupendaga Sanaa 😘😘
neza cane watching from Burundi
Urashoboy caneeee Ndagufana
Kitu safi sana pro
Safi sana kwli
Aka num kawe none
Hip hop naho tuvuga ubutumwa Kandi bwukuri ataguca kuruhande! Big up Sana B Face on Do flow
Ncut uvuzukuri n'ukuri
Abobariho vrm
Birababaje
Yitwa B face on The Flow
My guy lik u
Ulichokiimba ni halali bro! Kwa upande wangu umekuwa kama unatumbua jipu!!
b.face ndakwemera petit ufisendero mugusigura ivyubajijwe
mgb muri song ntabujinga ndake ntumenyegwa
ndakunze B face ndamukunze from today...
abakijijwe ntibahindure inyifato bavyita kujagara 😂😂😂😂
Vyiza cn vrt mwana wa uncle
Respect bro hip hop ya burund ww ni namb 1
Baheee 💥💥💥
Ivyo ni ivyo vraiment wavuga ntuvura mutama big up sana bro.
Ndakwemera cane
yea brthr, i like you
ndagufana mut
umeongeyaka ukweli
B face machine!!!! Kubita
namba maja ondofro
Nukuri ibintu wavuze nivyo usiguye nivyo kweri na bible iravuga ngo tuzobamenyera kuvyobama nibabanze bahinduke hama twumve ubutumwa bwabo niho bugira icobutumariye
Wavuze ukuri kabisa, babwire babwire
nivyo Haribo ibitavangwa
Uyumurundi batazira B-Face kwakomeje kunyemeza!? Bitumyendushirizaho kubukunda. Komeza uhezagirwa na Mushoboravyose mwana wiwacu.
Uvugaukuri
B,fac