ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
WIPFUZA KUBAVUGISHA UYU MUHINGA #GATABAZI (BAKUNDA KURIMA):+257 79 95 00 87 (watsap)
Urakoze
Ndagushimiye cane ku nyigisho, none ivyo biharage mukuna umuntu uobigurira hehe? Ico kibonobono naconyene nokironka gute?
Uwo Mutama Gatabazi, ntimwatubgiye Aho aba.Commune abamwo.
❤ wouah urimuzima ❤
Mr. Gatabizi merci bcp. Uri umurundi patriote. Ni bake bashobora kwigisha abandi ngo bagize umwimbu. Abandi barabinyegeza
Urakoze. Mutama BALUNDDAKUURIMAA.Ariko duhe terefone twookuronderako.Imana. iguhezagirre. Cane.
Merci infiniment mutama!jewe ndagutahura mutama,ko mutanyegeza ubuhinga.
Merci pour tes vidéos constructives et positives, ça fait du bien pour le pays et mercii encore
Mwubahwe cane
Mrci Homme du Changement ❤ .Mutama nawe arakoze cn ❤
Murakoze cyane Gatabazi kusomo rya Mukuna n'ikibonobono.
Homme du changement ❤❤❤
Ndagushimiye, Bwana Gatabazi komera.
Murakoze cane mutubwire uko tworonka imbuto
Courage
Murakoze monsieur HC. Tuzogusororera Kweli! Nibiganiro vyiza caane!
Murakoze
❤❤❤ vyiza cane mutama
Homme du changement,courage cane. Uretse abantu n'Imana izogushimira.
Murakoze cane mutama kutugeho ironkuru nziza
Umugwizatunga nyakuri🎉🎉🎉🎉👏.
Great job
Nukuri murakoze cane ibikogwa nkibi bitera ugwaruka inguvu zugukorana umwete nukugira inyota y'iterambere. Ndagukeje cane homme de changement kukugene uduha amakuru.
Merci bcp homme du changement. Jewe maze imyaka ishika kuri 2, ndondera ubuhinga n'ubumenyi kubijanye n'uburimyi, mbere n'ubworozi, nkabirondera cane cane kuri TH-cam, ariko usanga ata informations zaha icacu zikwiye ndonka. Nkubu mpejeje kubona uyumutama avuzeko yimbuye 120 tonnes de maïs consomable, na 50 tonnes de semences. Ariko ntiyavuze la superficie yari yarimye. Abarundi turiziganya cane mukuvuga. Kuko uravye mubindi bihugu duhana imbibe, mbere nobindi bihugu vyakure, barakwereka imbuto barimye, superficie barimye, imitahe bakoresheje (intrants agricoles bakoresheje, nukuvuga imbuto, angrais, fumier(aho harimwo ubwoko Na quantité), rendement baronse par ha, hama bigaheza bikaduha idée twebwe twipfuza gukora agribusiness. Kuko kwimbura vyinshi ntibisigura kwunguka. Kwimbura vyinshi bitumwa nama facteurs menshi, kuburyo ushobora kwimbura vyinshi, ariko ugasanga warahomvye bivanye na coût wakoresheje. Jewe rero nagomba ndagusabe, wewe wamaze gufata iryo hangiro, udufashe kugira ama emissions /interviews ari techniques/professionnelles kugira adufashe, tureke kuza turisunga ivyo mubindi bihugu, knd natwe twoshobora kwisunga benewacu bamaze kubikora imbere zacu. Uze urababaza ibibazo bituma baja muma détails yingene bariko barakora, comme ça, natwe tuvyisunge, munyuma tuze tubasange no kukivi, badusobanurire vyimbitse ingene uburimyi bwoshobora kutugira abatunzi nkuko nahandi bimeze. Merci.
Twandikire kuri watsap:68013513
@@nzoyiririmbirajimy9193 uvuze neza. Najewe ndakwirikirana ariko informations ntiziba zikwiye.
Uri umutima w'urukundo.
Uyu mutama ndamwemeye kweli 😊
I like the what I see ❤.
IBIGANIRO VYANYU BIRASHIKA KU NYITA , Rodrigue from RUZIBA ,BUJUMBURA-MAIRIE
Mukuna murwanda muyitugezeho home du changement nge ndagukunda cyane
Ibi bintu ni Sawa kweli 🙏🙏🙏
Umurundi akwiye kwambikwa ikidali
Journaliste HC arakwiye kwubahwa, agahabwa umudari na prime ya positivité. Ni docteur en communication pour le développement. Nu munya Afrika umurikira rubanda. Ni vrai philosophe
Murakoze cane
Mugane aho atuye muganire vyimbitse
Urakoze cane mutama
Merci ariko ntimwaduhaye nimero yagatabazi??
Homme du changement ubwitange bwawe buzoshikana benshi kubutunzi nanje ndakwipfurije kugera Kure cane amagara, n'amahera bize bigushware
Mwubahwe cane mwrahezagiwe
Nanje ndayikeneye kwl
Mwaramutse neza mushingantahe Nagira tuzovugane Nitwa Rose Hakizimana
Wao
Uko nukuri
Amahoro ! None imbuto za mukuna twozironka gute ? Cher Homme du changement, wubahwe mu bikorwa vyawe !
❤❤❤❤❤
Akaciro media muriko mukora ibikora inka
Mubwire ashire muriyo groupe
Nufashwe izonyigisho zoshikire bose
Nshaka kuvugana n Umuhinga Gatabazi
Twarahezagiwe mu Burundi
❤❤❤❤
mukuna uri mu rwanda, Isar baziguha.
Irambire
Muli Togo iyo umulima wangiritse kubera gukiresha ifumbire nzungu ,bakoresha Mukuna kuwutunganya ukagaruka kuba mwiza
Na nje munshiremwo muriyo groupe
Niwubahwe mutama urakoze kutwigisha, ahubwo abarundi twari dukwiye kugwiza mukuna mundimiro zacu tukavavanura nimvyavu y'ikizungu.
Nanje nahor nibaz impamvu hybrides ziva hanze kandi dufise abahinga bize no hanze
Dushire muri groupe
Mutama wubahwe
Ni ubwoko bw'urwaga!
Nn ico giterwa corimwa ryari kwibigori biterwa kugatasi ??
Ni mudushi ré muri groupe bakunda kurima
Mwari kuduha link ya gp
Vyari kuba vyiza peee tukayijamwo
Dushire muri Groupe banyakubahwa
Komera mutama abantu nkamwe mwubahwe pe
Jewe ndumva uwokwigira kwuyu mutama yotera intambwe jewe ndashaka kuja mwiyo groupe yiwe nze ndiyigira techniquement ese baba yoba ari benshi mugihugu arikoo ze muratibwira ama intrant agricoles kugira dutahure mbega uyu abahe gabasha nari naripfuje ikiganiro nkiki ahubwo mibigwize twigireho ibi nisawa nkatwe tukiri bato uwundi niwe yambwiye ngo umutahe wambere IMANA yaduhaye numutwe
Niyubahwe hama adushire muri groupe
Vyiza cane rwose mutama
Komera mutama wanje natwe mwodushira muri groupe
Mwonshira muri iyo groupe mwoba mukoze kk ndakeneye mukuna munyigishe ingene noyikoresha mwi kawa
NamahoroMwoshobora kuduha adresse yaho twokura imbuto ya mukuna?
Iyi mbuto ni bwoko ki
Bandanya utwungura ubwenge mutama wacu bakunda kurima
Ibiganiro dukeneye ni nk'ivyo. Komera Mutama w'iteka.
Gatabani reta iragwiye kugira ikintu imukoreye c'iteka ankundiye niba bikunda yomba umubonano ivyo ndamwisabira
Komera mutama murimyi
Turonke igiterwa mukuna
agaciro media waje hageze
Uyo mutama arakaze nzomurondera
Mutama wubahwe nukuri tubwire ahotwokura imbuto
Umutama Wacu ntako atagira kugira urwanye inzara komera mutama Wacu turakwemera akabazo kamwe none mukuna kiba ahantu hose? Ndavuga haba ashushe canke ahakanye kirahamera atangorane?
Mukuna wosanga arivyo bita foul ino mubarabu??Ntawonyishura?
We vyivugire Mutama basi niyo tutumva abana bacu bobo bazumva
None tworonka gute ico giterwa ino bubanza ntaco tuzi
Ubwo mukuna s'ico twita urwaga?
𝐾𝑜𝑚𝑒𝑟𝑎 𝑚𝑢𝑡𝑎𝑚𝑎 𝑚𝑤𝑜𝑛𝑠ℎ𝑖𝑟𝑎 𝑚𝑢𝑟𝑖𝑦𝑜 𝑔𝑟𝑜𝑢𝑝?
WIPFUZA KUBAVUGISHA UYU MUHINGA #GATABAZI (BAKUNDA KURIMA)
:+257 79 95 00 87 (watsap)
Urakoze
Ndagushimiye cane ku nyigisho, none ivyo biharage mukuna umuntu uobigurira hehe? Ico kibonobono naconyene nokironka gute?
Uwo Mutama Gatabazi, ntimwatubgiye Aho aba.
Commune abamwo.
❤ wouah urimuzima ❤
Mr. Gatabizi merci bcp. Uri umurundi patriote. Ni bake bashobora kwigisha abandi ngo bagize umwimbu. Abandi barabinyegeza
Urakoze. Mutama BALUNDDAKUURIMAA.Ariko duhe terefone twookuronderako.Imana. iguhezagirre. Cane.
Merci infiniment mutama!jewe ndagutahura mutama,ko mutanyegeza ubuhinga.
Merci pour tes vidéos constructives et positives, ça fait du bien pour le pays et mercii encore
Mwubahwe cane
Mrci Homme du Changement ❤ .Mutama nawe arakoze cn ❤
Murakoze cyane Gatabazi kusomo rya Mukuna n'ikibonobono.
Homme du changement ❤❤❤
Ndagushimiye, Bwana Gatabazi komera.
Murakoze cane mutubwire uko tworonka imbuto
Courage
Murakoze monsieur HC. Tuzogusororera Kweli! Nibiganiro vyiza caane!
Murakoze
❤❤❤ vyiza cane mutama
Homme du changement,courage cane. Uretse abantu n'Imana izogushimira.
Murakoze cane mutama kutugeho ironkuru nziza
Umugwizatunga nyakuri🎉🎉🎉🎉👏.
Great job
Nukuri murakoze cane ibikogwa nkibi bitera ugwaruka inguvu zugukorana umwete nukugira inyota y'iterambere. Ndagukeje cane homme de changement kukugene uduha amakuru.
Merci bcp homme du changement. Jewe maze imyaka ishika kuri 2, ndondera ubuhinga n'ubumenyi kubijanye n'uburimyi, mbere n'ubworozi, nkabirondera cane cane kuri TH-cam, ariko usanga ata informations zaha icacu zikwiye ndonka. Nkubu mpejeje kubona uyumutama avuzeko yimbuye 120 tonnes de maïs consomable, na 50 tonnes de semences. Ariko ntiyavuze la superficie yari yarimye. Abarundi turiziganya cane mukuvuga. Kuko uravye mubindi bihugu duhana imbibe, mbere nobindi bihugu vyakure, barakwereka imbuto barimye, superficie barimye, imitahe bakoresheje (intrants agricoles bakoresheje, nukuvuga imbuto, angrais, fumier(aho harimwo ubwoko Na quantité), rendement baronse par ha, hama bigaheza bikaduha idée twebwe twipfuza gukora agribusiness. Kuko kwimbura vyinshi ntibisigura kwunguka. Kwimbura vyinshi bitumwa nama facteurs menshi, kuburyo ushobora kwimbura vyinshi, ariko ugasanga warahomvye bivanye na coût wakoresheje. Jewe rero nagomba ndagusabe, wewe wamaze gufata iryo hangiro, udufashe kugira ama emissions /interviews ari techniques/professionnelles kugira adufashe, tureke kuza turisunga ivyo mubindi bihugu, knd natwe twoshobora kwisunga benewacu bamaze kubikora imbere zacu. Uze urababaza ibibazo bituma baja muma détails yingene bariko barakora, comme ça, natwe tuvyisunge, munyuma tuze tubasange no kukivi, badusobanurire vyimbitse ingene uburimyi bwoshobora kutugira abatunzi nkuko nahandi bimeze. Merci.
Twandikire kuri watsap:68013513
@@nzoyiririmbirajimy9193 uvuze neza. Najewe ndakwirikirana ariko informations ntiziba zikwiye.
Uri umutima w'urukundo.
Uyu mutama ndamwemeye kweli 😊
I like the what I see ❤.
IBIGANIRO VYANYU BIRASHIKA KU NYITA , Rodrigue from RUZIBA ,BUJUMBURA-MAIRIE
Mukuna murwanda muyitugezeho home du changement nge ndagukunda cyane
Ibi bintu ni Sawa kweli 🙏🙏🙏
Umurundi akwiye kwambikwa ikidali
Journaliste HC arakwiye kwubahwa, agahabwa umudari na prime ya positivité. Ni docteur en communication pour le développement. Nu munya Afrika umurikira rubanda. Ni vrai philosophe
Murakoze cane
Mugane aho atuye muganire vyimbitse
Urakoze cane mutama
Merci ariko ntimwaduhaye nimero yagatabazi??
Homme du changement ubwitange bwawe buzoshikana benshi kubutunzi nanje ndakwipfurije kugera Kure cane amagara, n'amahera bize bigushware
Murakoze cane
Mwubahwe cane mwrahezagiwe
Nanje ndayikeneye kwl
Mwaramutse neza mushingantahe
Nagira tuzovugane
Nitwa Rose Hakizimana
Wao
Uko nukuri
Amahoro ! None imbuto za mukuna twozironka gute ? Cher Homme du changement, wubahwe mu bikorwa vyawe !
❤❤❤❤❤
Akaciro media muriko mukora ibikora inka
Murakoze cane
Mubwire ashire muriyo groupe
Nufashwe izonyigisho zoshikire bose
Nshaka kuvugana n Umuhinga Gatabazi
Twarahezagiwe mu Burundi
❤❤❤❤
mukuna uri mu rwanda, Isar baziguha.
Irambire
Muli Togo iyo umulima wangiritse kubera gukiresha ifumbire nzungu ,bakoresha Mukuna kuwutunganya ukagaruka kuba mwiza
Na nje munshiremwo muriyo groupe
Niwubahwe mutama urakoze kutwigisha, ahubwo abarundi twari dukwiye kugwiza mukuna mundimiro zacu tukavavanura nimvyavu y'ikizungu.
Nanje nahor nibaz impamvu hybrides ziva hanze kandi dufise abahinga bize no hanze
Dushire muri groupe
Mutama wubahwe
Ni ubwoko bw'urwaga!
Nn ico giterwa corimwa ryari kwibigori biterwa kugatasi ??
Ni mudushi ré muri groupe bakunda kurima
Mwari kuduha link ya gp
Vyari kuba vyiza peee tukayijamwo
Dushire muri Groupe banyakubahwa
Komera mutama abantu nkamwe mwubahwe pe
Jewe ndumva uwokwigira kwuyu mutama yotera intambwe jewe ndashaka kuja mwiyo groupe yiwe nze ndiyigira techniquement ese baba yoba ari benshi mugihugu arikoo ze muratibwira ama intrant agricoles kugira dutahure mbega uyu abahe gabasha nari naripfuje ikiganiro nkiki ahubwo mibigwize twigireho ibi nisawa nkatwe tukiri bato uwundi niwe yambwiye ngo umutahe wambere IMANA yaduhaye numutwe
Niyubahwe hama adushire muri groupe
Vyiza cane rwose mutama
Komera mutama wanje natwe mwodushira muri groupe
Mwonshira muri iyo groupe mwoba mukoze kk ndakeneye mukuna munyigishe ingene noyikoresha mwi kawa
Namahoro
Mwoshobora kuduha adresse yaho twokura imbuto ya mukuna?
Iyi mbuto ni bwoko ki
Bandanya utwungura ubwenge mutama wacu bakunda kurima
Ibiganiro dukeneye ni nk'ivyo. Komera Mutama w'iteka.
Gatabani reta iragwiye kugira ikintu imukoreye c'iteka ankundiye niba bikunda yomba umubonano ivyo ndamwisabira
Komera mutama murimyi
Turonke igiterwa mukuna
agaciro media waje hageze
Uyo mutama arakaze nzomurondera
Mutama wubahwe nukuri tubwire ahotwokura imbuto
Umutama Wacu ntako atagira kugira urwanye inzara komera mutama Wacu turakwemera akabazo kamwe none mukuna kiba ahantu hose? Ndavuga haba ashushe canke ahakanye kirahamera atangorane?
Mukuna wosanga arivyo bita foul ino mubarabu??
Ntawonyishura?