ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ramba Muvyeyi President w'uBurundi Imana igujezagire.
Imana ikuje imbere muvyeyi,ibahe amagara n'inkomezi zokurangura ico yabajeje mukuturongora munzira nziza y'iterambere!
Mbegayemw hakuvyiniriman muvyinirabznt ntivyorosh😢
Amina amina !! Sebarundi lmana imuturindire can natwe abarundi kubugombe bwacu tumushigikire can gose.
0
ijambo rirashe kabisa rivuye kwa president Neva
Ijambo diaspora ndaryanka cane
Il fo bien corriger Evariste Ndayishimiye pas ndayimiye
Ndashimye ijambo ryiza ry'umuvyeyi w'abarundi. Ico novuga nuko impunzi zahora zitinya abaserukira igihugucabo mumyaka yakera. Kandi twobatahura imbere ya 2004 ntivyari vyoroshe murabizi.
Guys kosora iryo Kosa ni NDAYISHIMIYE au lieu ya NDAYIMIYE
Umwami ashishikare kubakomeza
Sha IMANA yarabahaye IGIHUGU ciza mugabo mwagitivye mwakineyemwo,mwagihumanije. INZARA ubwicanyi,ubusambanyi NIBINDI BIBI VYOSE ubutegetsi bwirirwa burakora,AHUBWO IMANA yo ubona ivyibishije ihane yivuye INYUMA amabi ubutegetsi bwa CNDDFDD BIRIRWA bakorera ABARUNDI ibahane atakigongwe
Yemwe UNE fois Dan's l'histoire UBURUNDI BIGIYE bwahabwa gutwara East Africa
Protocol ya za mikoro muza yikosore President ntago bamurambikaho mikoro kuriya
Ndahabaye “Icicaro c’i ………… kiboneka zivyagurutse”! Jandajanda Mwubahirizwa. Aba bahugu ryahiye baturindiy’abakiramutswa ndabakunze 👮🏿♀️🇧🇮👍🏿
Why god?
Aba bishijwe muza bikosore
Abo basoda banaangalia kuruta sasa banamcinga nani😂😂😂😂
Ramba Muvyeyi President w'uBurundi Imana igujezagire.
Imana ikuje imbere muvyeyi,ibahe amagara n'inkomezi zokurangura ico yabajeje mukuturongora munzira nziza y'iterambere!
Mbegayemw hakuvyiniriman muvyinirabznt ntivyorosh😢
Amina amina !! Sebarundi lmana imuturindire can natwe abarundi kubugombe bwacu tumushigikire can gose.
0
ijambo rirashe kabisa rivuye kwa president Neva
Ijambo diaspora ndaryanka cane
Il fo bien corriger Evariste Ndayishimiye pas ndayimiye
Ndashimye ijambo ryiza ry'umuvyeyi w'abarundi.
Ico novuga nuko impunzi zahora zitinya abaserukira igihugucabo mumyaka yakera. Kandi twobatahura imbere ya 2004 ntivyari vyoroshe murabizi.