Raba ingene ibirori vyo kwinjira Ingoro nshasha y'Umukuru w'Igihugu, "

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 ก.ย. 2019
  • #Burundi Raba ingene ibirori vyo kwugurura no kwinjira icese Ingoro nshasha y'Umukuru w'Igihugu #Kwa_Ntare_Rushatsi vyagenze, aho y'uguruwe kuri uyu wa gatanu, 27 Nyakanga 2019 n'Umukuru w'Igihu Pierre Nkurunziza. Mubibona gute ?

ความคิดเห็น • 106

  • @coucouloulou2642
    @coucouloulou2642 4 ปีที่แล้ว +5

    Umugabo rwose agiye kwiruhukira asize agaragaje neza aho uburundi bwavuye naho bugeze ubu : Ba NTARE RUSHATSI bariya biberaga mu nzu z'amashara /ibirere n'ibyatsi kuva hasi kugera hejuru none Umugabo nyamugabo hano witwa NKURUNZIZA P. amwitiriye maison blache y'Uburundi amuteye iteka rwose .
    Mu Burundi amateka ntakwibagirana!
    Bravo Mushingantahe 👍👏👏👏

  • @heritierlukambo1155
    @heritierlukambo1155 4 ปีที่แล้ว +2

    Félicitation Monsieur Se Barundi.. vous êtes le meilleur et le champion; Vous êtes exemplaire et le premier President en Afrique. Ingoma yawe izokwama ho ibihe bidashira.. Imana ishishikare kuguha ingomezi n'ubwenge nga Salomon.. Tena ufalme wako udumu milele kama ufalme wa Daudi... Mungu akubariki sana n'a Akupe maisha marefu Baba Raïs wetu Pierre Nkurunziza.

  • @hypolitenshimirimana9317
    @hypolitenshimirimana9317 4 ปีที่แล้ว +4

    Imana Nyenamahoro Iragahezagirwa ibihe vyose!!turashimiye Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu cacu mubikorwa vyose vyo guteza imbere igihugu adahengeshanya gukora!!!NDIHO amuhezagire kandi abane nawe mubikorwa vyose vyo guteza imbere igihugu!!

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 2 ปีที่แล้ว +1

    Burundi bwubahwe🙏🙏🙏💪💪👍👌🇧🇮🇧🇮💯

  • @denisetuyisenge5865
    @denisetuyisenge5865 4 ปีที่แล้ว +4

    Wow, am so proud of our President His Excellence Peter Nkurunziza. Kuva Burundi ibaho no one has Ever thought of building the Office of the president. N people are busy complaining of your Regime. Live long My President n you have too much wisdom n Much Respect for you n I pray that God continues to protect you n continue to guide you ❤❤❤

    • @ismangirabakunzi519
      @ismangirabakunzi519 4 ปีที่แล้ว

      You should thanks china not nkurunziza but again its a great forword to the country

    • @denisetuyisenge5865
      @denisetuyisenge5865 4 ปีที่แล้ว

      @@ismangirabakunzi519, bt its His Excellence who brought the idea dats the Fact! So its to thank the person who brought the idea In conjunction with China. We have been waisting money renting personal houses as the Office of the President all this while wat a shame now his Excellence has removed dat shame from us n I will always b grateful for Him.

  • @EmeryNiyomwungere-od1jc
    @EmeryNiyomwungere-od1jc หลายเดือนก่อน +1

    Warakoz muvyeyi wacu wadusiz heza

  • @innocentbangirinama751
    @innocentbangirinama751 4 ปีที่แล้ว +10

    Urakoze Mugabo hasigaye yuko wubaka stadium 🏟 nziza igezweho imwe neza club ziburaya zizokomera amashi tutibagiye kwubaka Airport nokugura indege zigezweho mwoba mukoze cane love you Burundi 🇧🇮❤️🥰💕 from USA 🇺🇸 Texas

  • @musabwasoniangelique1988
    @musabwasoniangelique1988 4 ปีที่แล้ว +3

    Mbashimiye ko mubanje kwiragiza Imana.

  • @unityrooi6823
    @unityrooi6823 4 ปีที่แล้ว +4

    Go forward my country, may God bless you forever.

  • @nkundimanajeandelacroix9173
    @nkundimanajeandelacroix9173 4 ปีที่แล้ว +3

    Komera Burundi ntugakomereke!

  • @enockntambara7403
    @enockntambara7403 4 ปีที่แล้ว +2

    Ideni sikibazo Na American bagira amadeni icyambere nukwiyubaka dat is Great work

  • @bahatimutatwa8719
    @bahatimutatwa8719 4 ปีที่แล้ว +10

    May Father in heaven bless you Mighty Mr President as you put God first, God will put you and your family first, many thanks for that work to build a State House your predecessors failed to build. We are forever greatful.

  • @eliudniyongabo8396
    @eliudniyongabo8396 4 ปีที่แล้ว +7

    Congratulations 🎈🎊🎉🍾 to my beautiful Country 🇧🇮 ✨ Hasigaye Stade Prince Louis Gwagasore.✨

  • @yusufukazamba2391
    @yusufukazamba2391 4 ปีที่แล้ว +5

    The. wonderful state house may God bless this country Amen

    • @gaobakwebakang2942
      @gaobakwebakang2942 4 ปีที่แล้ว

      Am not proud of this statehouse because nothing comes fr free. China wana capture our continents wth things like these...

  • @audifaxkabura8066
    @audifaxkabura8066 4 ปีที่แล้ว +10

    Nkirunziza numigabo yubatse ikirimba ha ndamwemey

  • @hetmanrene
    @hetmanrene 4 ปีที่แล้ว +5

    Ahari iterambere ntihabura amajambo.
    Bandanya ukora ivyananiye abandi mutamaaa
    💪💪💪💪💪💪

  • @georgetown9676
    @georgetown9676 4 ปีที่แล้ว +2

    komera nyakwubahwa nkurunziza petero.

  • @barakachambala9890
    @barakachambala9890 4 ปีที่แล้ว +4

    We Nkurunziza for nothing. Is the good president. Let us give him a task

  • @amolam97
    @amolam97 4 ปีที่แล้ว +3

    Woooh so nice proud of my country

  • @adamuniyonkuru2858
    @adamuniyonkuru2858 4 ปีที่แล้ว +2

    Wallahi nibyiza kbx

  • @preciousheavenly5245
    @preciousheavenly5245 4 ปีที่แล้ว +2

    I'm very proud of you guys. But nfise amakenga piter nkurunziza ntazohava hemera kuva kubutegetsi iyonzu atayicayemwo iyindi myaka 5 .turabusavye abise ahandi kandi maze batore umutu wincabwenge aze arushirize kuvyo piter hasigaye

  • @gabrielmanirakiza9217
    @gabrielmanirakiza9217 4 ปีที่แล้ว +1

    Imana yakuduhaye ikudutungire

  • @divinendayishimiye9137
    @divinendayishimiye9137 4 ปีที่แล้ว

    Nice kbisaaa

  • @bernardsinzo6690
    @bernardsinzo6690 4 ปีที่แล้ว +6

    Urumugabo iconico bakwankira kuko ukora ivyabananiye imyakayose bakiyoboye

  • @sadasaidi7499
    @sadasaidi7499 4 ปีที่แล้ว +1

    Imana yakuduhaye iku rinde

  • @saedhmsaedh9368
    @saedhmsaedh9368 4 ปีที่แล้ว +1

    I miss my country 😰

  • @smwakaglobaltv4010
    @smwakaglobaltv4010 4 ปีที่แล้ว +4

    Rais wetu ni jembe kabisa. Hongera sana mheshimiwa Rais Peter Nkurunziza kwa kutuletea maendeleo makubwa nchini. Mungu akulinde na familia yako.

  • @danielmwijage3045
    @danielmwijage3045 4 ปีที่แล้ว +5

    Nakwamini sana mheshimiwa Rais Nkurunziza ama kweli kuanzia leo sitakuita Nkurunziza bari jina lako ni Simba wa Yuda jr.

  • @wambiewaerewe5967
    @wambiewaerewe5967 4 ปีที่แล้ว +1

    Sawasawa

  • @augustinesichivula1957
    @augustinesichivula1957 4 ปีที่แล้ว

    Grand mercii twubakire Stadium nkazirya ziburaya na city market igezweho nkuru yamagorofa isubirira irya yahiye .hamwe nicokibuga cindege cigitega mutugurire nindege zikwiye kandi zigezweho .

  • @jeanclaudevyamungu807
    @jeanclaudevyamungu807 4 ปีที่แล้ว +3

    Encore une fois merci bcp et très félicitation à tous les Burundais en générale et plus particulière à notre Président. Imagez-vous, les années qui viennent de s'écouler étant toujours en location de la Présidence du Burundi??
    Continuer pour d'autres Projets afin de développer notre chère Patrie,le Burundi

  • @kamikaziannemarie5124
    @kamikaziannemarie5124 ปีที่แล้ว

    ❤🇧🇮

  • @hakizimanaomar395
    @hakizimanaomar395 4 ปีที่แล้ว +1

    Twakwikyndiraga nukuri

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 4 ปีที่แล้ว +7

    White House in Burundi.

  • @christophenshimirimana11
    @christophenshimirimana11 4 ปีที่แล้ว +3

    Ayo siyo mahoro abarundi banyotewe

    • @charleskana1113
      @charleskana1113 4 ปีที่แล้ว

      Amahoro ariho

    • @jonathannzisabira3308
      @jonathannzisabira3308 4 ปีที่แล้ว

      Wakirofa weeeee

    • @charleskana1113
      @charleskana1113 4 ปีที่แล้ว

      Abarundi nibande kuri wew

    • @christophenshimirimana11
      @christophenshimirimana11 4 ปีที่แล้ว +2

      charles kana umurundi ni uwariwe wese akunda uburundi maze akababazwa no kubona amaraso y’abarundi aseseka ataco azira kandi akarazwa ishinga no kubona igihugu gitera imbere

    • @jn6898
      @jn6898 4 ปีที่แล้ว

      Woja kubaha amahoro yawe se !! Ese ubundi bakora biriya warihe !! Imbobo gusa

  • @regispaul3933
    @regispaul3933 4 ปีที่แล้ว

    image ntimeze neza

  • @makaveliphilgreen7877
    @makaveliphilgreen7877 4 ปีที่แล้ว

    Ntare isumba zose s.o President Peter Nkurunzinza koravyinshi ubikorera abawe Imana izobiguhembera

  • @jeffkibonge8193
    @jeffkibonge8193 4 ปีที่แล้ว +3

    Felicitation president

  • @MBARAGA
    @MBARAGA 4 ปีที่แล้ว

    Iyi nyubakwa ni nziza cne gose👍

  • @jeanclaudevyamungu807
    @jeanclaudevyamungu807 4 ปีที่แล้ว

    Turakengurutse cane kuriyo ngoro,hama vyari bibabaje kubona présidence ipanze, turakeje rero umukuru w'igihugu cacu.Ryaba ideni ritaba ideni igihambaye n'uko iri kubutaka bw'uburundi.Uretse n'ivyo umugabo agendana n'ideni igihambaye n'ukurangura umugambi wisunze ihangiro/vision.
    Barundi bene wacu twige kuvuga ikintu uko kiri,birambabaza iyo mbona leta ipanze ariyo itanga ibibanza!!!!rero ndifuza kubona mumisi ir'imbere atagikorwa ca Leta nakimwe gikorerwa munzu ipanzwe. None kuki abandi batari bafate iryo deni ngo bayubake?Yakoze neza caaaane,Mungu amubaliki sana.

  • @sheiykingtv3713
    @sheiykingtv3713 4 ปีที่แล้ว

    Rip comrade

  • @ankahassn44
    @ankahassn44 4 ปีที่แล้ว +3

    Igisigaye mutama ikibuga cindenge stade npuza makungu ntibagiye gitega iwacu kuhakwiza pave usubiremwo ikibuga cindege igitega murakoze

  • @abelnduwayoofficial
    @abelnduwayoofficial 4 ปีที่แล้ว

    Birahimbaye nukuri.gusa ibikenewe gukogwa biracari vyishi mutama wacu yari kuzobigerako nuko nunva agira yiruhukire.harabura stade international aerport amabarabara meza mugisagara amatara kumabarabara isuku nibindi

  • @ornisirutingabo6690
    @ornisirutingabo6690 4 ปีที่แล้ว +2

    None komuduhaye gatoya

  • @worldwide9207
    @worldwide9207 4 ปีที่แล้ว

    Ni white house ya usa aw vipi

  • @zabibuilovemycountryofburu9156
    @zabibuilovemycountryofburu9156 3 ปีที่แล้ว

    🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥺🥺🥺🥺🥺🥺🥺🥺🥺🥺 RIP Raisi

  • @mohamedboutique3297
    @mohamedboutique3297 4 ปีที่แล้ว

    Gk

  • @pierrenduwimana2799
    @pierrenduwimana2799 4 ปีที่แล้ว +2

    beautiful country????? mon oeil!!!!!! murashobora kuvuga ivyo ku gihugu cafurufutuye? nimuje kigali murabe ivyo inyeshamba nmkicokigugu yagize muheze muvuge beautiuful

    • @larissaakimana3384
      @larissaakimana3384 ปีที่แล้ว

      Mwe muzosara nukuri honyene présidence yo murwanda ntiyegereye nagato niyo yo muburundi iyo muburundi iri muzambere ,iyo murwanda umengo sina présidence 😂😂umengo nibindi bintu vyibintazi

  • @nduwayesuchadrack6472
    @nduwayesuchadrack6472 ปีที่แล้ว

    Mana warakoze

  • @lazizerujanabose8802
    @lazizerujanabose8802 4 ปีที่แล้ว

    Iyo nivyo uri ntare kuko urabikwiye ,Oye Exc Nkurunziza Pierre Oya Burundi Oye China nchuti y iburundi Oye Gouvernement y uburundi yose ,bamye bavuga ko bafasha uwifashije kandi ijana rija ahandi riri ,ndabashimiye kuntambwe turiko turatera ijo heza nifuza yuko twogira airoport igizehwo bikunze igasumba z ibihugu bibanyi canke tukaba abamber muriAfrica niki buga c inkino International Pierre Nkurunziza kuko izina ryawe rikenew kuvugwa imyaka yose kuko urabikwiye Lion indominable du Burundi ntibagiye kutwubakira ville de diversites du Burundi kugira abaje kuraba uburundi bagire baratira ijisho kuko ni nkenegwa mugihugu cacu,Merci Nos Hero en vie Imana ikuzigame abansi bintsinzi y Uburundi

  • @marcntwari4012
    @marcntwari4012 4 ปีที่แล้ว

    Umwami rewobowomu .

  • @triphonieyamuremye5792
    @triphonieyamuremye5792 4 ปีที่แล้ว

    Vyiza cane

  • @officialmrtop1018
    @officialmrtop1018 4 ปีที่แล้ว +2

    Basha ndabishimye kabisa ntiwokwankigwa vyose kweli ico nicokintu cambere canshimishije abandi baribaranaiwe gukora

  • @niyongereniyongere4647
    @niyongereniyongere4647 4 ปีที่แล้ว

    Man, uyumupapa twamuhawe n,Imana y,Uburundi

  • @princess-uf5ux
    @princess-uf5ux 4 ปีที่แล้ว +1

    Uragahora kumgomb papa Burundi %%%%%%tuzagutor

  • @gorettyndoli6890
    @gorettyndoli6890 4 ปีที่แล้ว

    What is the asian guy doing beside the president??????

  • @Chilbuli_Baby
    @Chilbuli_Baby 4 ปีที่แล้ว +3

    None iyo deni china iduhaye bizofata imyak'ingahe ku basubiza ayo mafaranga??? Aba nyafrika hari gihe tubi ibijuju tugaherezako

    • @irambonawilliams756
      @irambonawilliams756 4 ปีที่แล้ว +2

      ntubeshe kabisa kuko nkawe urabona ko ataco umariye africa uburundi muri rusangi. iyo utazi gushima ntumenya no gusaba aho rero sinvuze ko utazi kumenya ikibereye.ninde yakubwiye ko arideni?
      mbega uzi inyubakwa bahora bakoreramwo irihwa angahe kumwaka?

    • @cizabuja6557
      @cizabuja6557 4 ปีที่แล้ว +2

      @@irambonawilliams756 hari umushinwa atanga ivyagusa ? Utugugu tw abanyafrika.

    • @irambonawilliams756
      @irambonawilliams756 4 ปีที่แล้ว +1

      @@cizabuja6557 harya uwutazi ubwenge ashima ubwiwe.none wewe uwuzi atanga ivyagusa kurinosi ninde?ariko amadeni yose ntanganya uburemere bwinyungu. iyo ningorane yabatigera bashima ivyabandi kuko ivyabo vyabananiye bama bipfuza ko nabandi bonanirwa bagasekwa nkuko nabo bariko basekwa
      UKABA UBONA KO ABANYAFRIKA BOSE ARIBIJUJU UKABA UCIYE UBWENGE WENYENE URENGERE UWIZE IVYIGWA BIJANYE NIMIBEREHO AZOKUBWIRA ICURI

    • @Chilbuli_Baby
      @Chilbuli_Baby 4 ปีที่แล้ว +1

      @@cizabuja6557 mbariza sha...

    • @cizabuja6557
      @cizabuja6557 4 ปีที่แล้ว +1

      @@irambonawilliams756 kukwishura n uguta umwanya.

  • @kassmoddy9245
    @kassmoddy9245 4 ปีที่แล้ว

    Iyoo yuguruwe unomunsi canke yari imaze iminsi myinshi??

    • @dzelbahnijmb1765
      @dzelbahnijmb1765 4 ปีที่แล้ว

      Yari imaze iminsi yubatswe ariko ntiyari bwugururwe kumugaragaro.

  • @donaldmutabazi8314
    @donaldmutabazi8314 4 ปีที่แล้ว

    Nimuhe gwasa nawe turabe iterambere azana

  • @niyigabaplacide3142
    @niyigabaplacide3142 4 ปีที่แล้ว

    Ngiyo episode 7 ya NKWIGIREHO.
    Kanda wirebere uniyumvire? Ese mama ni uku byagenze 🤔 th-cam.com/video/Z613yz2ft7I/w-d-xo.html

  • @pierrenduwimana2799
    @pierrenduwimana2799 4 ปีที่แล้ว +2

    mbega ko nkabo bantu mbona yabahagaritse ngaho mugahinga, uruzuba rubamena agahanga, nkubu aza kubaha iki?je pense bien ntakekeranya ko atanakimwe ataruykuzobanyaga ejo aho bukera.

  • @motomoya8463
    @motomoya8463 4 ปีที่แล้ว +1

    Watasema nini tena...?

  • @methodalex2735
    @methodalex2735 4 ปีที่แล้ว +2

    wow numv nryohew trip .mukomere

    • @francisnkenyere7067
      @francisnkenyere7067 4 ปีที่แล้ว

      President Pierre Nkurunziza n’Impano y’Uburundi anapenda inci yake na Mungu amubariki milele na milele ,barimutangulia balishindwa lakini yeye anaweza kwa uwezo ya Bwana ‘Umuremyi’

  • @adamuwaziry1854
    @adamuwaziry1854 4 ปีที่แล้ว +2

    Bundi igihugu ciza

  • @Am-jy4nr
    @Am-jy4nr 4 ปีที่แล้ว

    Icumbagira niryose

  • @paulsimba3552
    @paulsimba3552 4 ปีที่แล้ว

    Xxx

  • @cizabuja6557
    @cizabuja6557 4 ปีที่แล้ว +2

    Ntibitangaje abanyafrika n uko aba abakoroni batwinjirana , mushimira nkurunzi atariwe yayubatse mutazi n icinyegeje inyuma y amasezerano bagiraniye n aba chinois bayubatse kuko birazwiko ata mu chinwa atanga ivyagusa, kandi sinziko iyo nyubakwa ko ariyo ije kumara ubukene n inzara biri mu barundi.

    • @hetmanrene
      @hetmanrene 4 ปีที่แล้ว

      Noe ga ubundiho iyo nyubakwa itaraza ntabakene bariho??
      Mura rushe kweli.
      Mwihangane

    • @Chilbuli_Baby
      @Chilbuli_Baby 4 ปีที่แล้ว +3

      @@hetmanrene none ngaho wunva utanze inyishu nyabaki??? Ayo mafaranga yubatse iyo parlement iyo bayakoresha gufasha abanyagihugu kuva mubukene naho...

    • @alphynibishaka3129
      @alphynibishaka3129 4 ปีที่แล้ว

      Helena Boñita abanyagihugu dukoze tuzova mubukene kandi ibintu nibukebuke, kandi Rene avuze neza inzu itaraza hari ubukene rero nimutekane ubu dufise presidence nziza naho yoba ari deni Leta izoririha, ntitubaye abambere bafashe ideni kandi kazima ideni tubonye aho ryagiye nuko barikoresheje, mukunde igihugu canyu mukure amatiku uyo numugani waba nyaru! Lol

    • @cizabuja6557
      @cizabuja6557 4 ปีที่แล้ว +1

      @@alphynibishaka3129 kugabanya ubukene bitangurira ku migambi ya reta ishigikiwe n amahera avuye mumakori abanyagihugu batanga , iterambere ntirizanwa n ivyiyumviro vy abantu nkawe ngo iyo nyubakwa itaraza ngo ntabukene bwariho, canke abo banyagihugu uvuga bazokora gute mu bukene barimwo? Woja gukora gute ataco waraye ushize mu nda?

    • @azidqngutegure1640
      @azidqngutegure1640 4 ปีที่แล้ว

      Komera presdent ,ndagunda ingene utambira Imana nka Daudi

  • @innocentbangirinama751
    @innocentbangirinama751 4 ปีที่แล้ว +4

    Urakoze Mugabo hasigaye yuko wubaka stadium 🏟 nziza igezweho imwe neza club ziburaya zizokomera amashi tutibagiye kwubaka Airport nokugura indege zigezweho mwoba mukoze cane love you Burundi 🇧🇮❤️🥰💕 from USA 🇺🇸 Texas

    • @oliviernsanzimana6471
      @oliviernsanzimana6471 4 ปีที่แล้ว +1

      Hhh indege yo wapi kbx

    • @oliviernsanzimana6471
      @oliviernsanzimana6471 4 ปีที่แล้ว +1

      Murwanda twateyimbere kubarush

    • @larissaakimana3384
      @larissaakimana3384 ปีที่แล้ว

      @@oliviernsanzimana6471 MWe namba musara erega ntituri muri compétition kandi bukebuke nirwo rugendo nibindi bizoza