ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Abarundi mufise abagabo rwose. FELICITATIONS IMPANDE ZOSE👏👏👌👌👍👍💐💐❤❤ NTA KIZABAKOMA IMBERE MUKOMEREZE AHOOOOO🙏🙏🙏🙏
Félicitations Premier Ministre, Que Dieu vous bénisse !
AMINA AMINA AMINA mu IMANA RUREMA BYOSE IBashoboze IBatsindire mu KULI kw' IMANA Isumba BYOSE.
Umwami Yesu na muhe Umugisha hamwe na Reta yiwe yose agiye kurongora
Yaaassssss😍😍😍😍🇧🇮🇧🇮🇧🇮
ewWeeeeeeed
RIP Lydia Nibogora. Hari igihe le couple Bunyoni izokwishura! Un jour!
Imana nihezagire Uburundi nabarindi
Nivyiza Ariko nibarabe bugurure Imbibe kuko ibikigwa bibandanya boba bakoze
Indahiro ikomeye cane
Mnaapa kifaransa kweli wafaransa wamewaweza
Ikibazo Uburundi buherutse kugira jewe nita isanganya mu kubura Kizigenza waco giturumbuka na mandat idaheze birigishije abarundi kutayayata ku myanya y ubutegetsi ikomeye kuko iyo amatora ataja kuba yaraheze n uwayatsinze yaremejwe Uburundi buba buri mu minwe ya BU...... . Vyaragaragaye yuko mu Burundi udafise igisoda , utari nawe , utabutwara baca bakwica. Hari uwuyobewe uko bishe/ Rwagasore/ Bamina / Ngendandumwe /igikomangoma Charles Ndizeye / Ndadaye /Ntaryamira /na Sylvestre bahakirije i Bugendane bamutera amavyi...???????????Komera batama mwarakirwaniye muradushikana kw iteka ryo kubona abana bacu biga za KAMINUZA , bakaja no kubandanya BIMINUZA mu bindi bihugu nk abandi abo !!!!
Imbere Y'Imana Mushobora vyose😭😭
Nivyiza
🔥🔥🔥
Congratulation kirimwo intere
Muze mutwereka uko ibirori vyatanguye ningene vyarangiye
The seclet
Nibaza ko Rwasa yarakwiye ikibanza muri ibi 2 vyarahiweko! Kuneza y, iteka kubarundi bose!Neva yanyereye kur'iryo !
Sha Nawe ari wowe ntago Wamushyira Iruhande rwawe mwari Muhanganye kurwego twabonye,Gusa Amushakire Umwanya
Abateza akaduruvayo cg abashaka kubikora. Nta kibanza bakwiye mu milimo. Nta kubataho igihe.
Vu
@@mattynotvshowrw2576 Oya indongozi y'ukuri burya ntitinya uwo bihangana! Ukeneye uwo mutabona kumwe kugira ntaze yemera n'amatiku. Burya muri politique iyo ukikijwe nabashigikira ivyo uvuze vyose, hari ingorane ko wohava wiyumvamwo ko ukomeye nk'Imana. Ari jewe ndi mukibaza ciwe, nari kumuha ikibanza kimwe kugira mpumurize Abarundi bose ko twese turi bamwe kuneza y'uburundi naho tutabona kumwe, Uburundi n'Inzu yacu twese atawuvuyemwo.
Neva ntiyanyereye kuko nta jambo afise! #marionnette. Kandi, ntiwihende ngo abarundi baremeye ikinamico ryabaye ngo n'amatora! Uzoba unyereye!
Tumieni na lugha ya kiswahili
No siyo ya Taifa kwa Burundi na si wote wanaelewa
Nibajandajande barakirwaniye.
❤️🇧🇮
Déjà un mauvais départ
Tu peux venir faire ton bon départ
@@Alihamdulil wait and see
Un mauvais départ...
Comment un mauvais départ?Vous , vous le souhaitiez comment?Merci
@@Sirila18 wait and see..le temps
Abarundi mufise abagabo rwose. FELICITATIONS IMPANDE ZOSE👏👏👌👌👍👍💐💐❤❤ NTA KIZABAKOMA IMBERE MUKOMEREZE AHOOOOO🙏🙏🙏🙏
Félicitations Premier Ministre, Que Dieu vous bénisse !
AMINA AMINA AMINA mu IMANA RUREMA BYOSE IBashoboze IBatsindire mu KULI kw' IMANA Isumba BYOSE.
Umwami Yesu na muhe Umugisha hamwe na Reta yiwe yose agiye kurongora
Yaaassssss😍😍😍😍🇧🇮🇧🇮🇧🇮
ewWeeeeeeed
RIP Lydia Nibogora. Hari igihe le couple Bunyoni izokwishura! Un jour!
Imana nihezagire Uburundi nabarindi
Nivyiza Ariko nibarabe bugurure Imbibe kuko ibikigwa bibandanya boba bakoze
Indahiro ikomeye cane
Mnaapa kifaransa kweli wafaransa wamewaweza
Ikibazo Uburundi buherutse kugira jewe nita isanganya mu kubura Kizigenza waco giturumbuka na mandat idaheze birigishije abarundi kutayayata ku myanya y ubutegetsi ikomeye kuko iyo amatora ataja kuba yaraheze n uwayatsinze yaremejwe Uburundi buba buri mu minwe ya BU...... . Vyaragaragaye yuko mu Burundi udafise igisoda , utari nawe , utabutwara baca bakwica.
Hari uwuyobewe uko bishe/ Rwagasore/ Bamina / Ngendandumwe /igikomangoma Charles Ndizeye / Ndadaye /Ntaryamira /na Sylvestre bahakirije i Bugendane bamutera amavyi...???????????
Komera batama mwarakirwaniye muradushikana kw iteka ryo kubona abana bacu biga za KAMINUZA , bakaja no kubandanya BIMINUZA mu bindi bihugu nk abandi abo !!!!
Imbere Y'Imana Mushobora vyose😭😭
Nivyiza
🔥🔥🔥
Congratulation kirimwo intere
Muze mutwereka uko ibirori vyatanguye ningene vyarangiye
The seclet
Nibaza ko Rwasa yarakwiye ikibanza muri ibi 2 vyarahiweko! Kuneza y, iteka kubarundi bose!
Neva yanyereye kur'iryo !
Sha Nawe ari wowe ntago Wamushyira Iruhande rwawe mwari Muhanganye kurwego twabonye,Gusa Amushakire Umwanya
Abateza akaduruvayo cg abashaka kubikora. Nta kibanza bakwiye mu milimo. Nta kubataho igihe.
Vu
@@mattynotvshowrw2576 Oya indongozi y'ukuri burya ntitinya uwo bihangana! Ukeneye uwo mutabona kumwe kugira ntaze yemera n'amatiku. Burya muri politique iyo ukikijwe nabashigikira ivyo uvuze vyose, hari ingorane ko wohava wiyumvamwo ko ukomeye nk'Imana. Ari jewe ndi mukibaza ciwe, nari kumuha ikibanza kimwe kugira mpumurize Abarundi bose ko twese turi bamwe kuneza y'uburundi naho tutabona kumwe, Uburundi n'Inzu yacu twese atawuvuyemwo.
Neva ntiyanyereye kuko nta jambo afise! #marionnette. Kandi, ntiwihende ngo abarundi baremeye ikinamico ryabaye ngo n'amatora! Uzoba unyereye!
Tumieni na lugha ya kiswahili
No siyo ya Taifa kwa Burundi na si wote wanaelewa
Nibajandajande barakirwaniye.
❤️🇧🇮
Déjà un mauvais départ
Tu peux venir faire ton bon départ
@@Alihamdulil wait and see
Un mauvais départ...
Comment un mauvais départ?
Vous , vous le souhaitiez comment?
Merci
@@Sirila18 wait and see..le temps