CHORALE YA MBERE - Ãglise de PentecÃīte de NGAGARA/Concert du 9 juin à GASENYI
āļāļąāļ
- āđāļāļĒāđāļāļĢāđāđāļĄāļ·āđāļ 19 āļĄāļī.āļĒ. 2024
- Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri ð+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha ð
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numÃĐros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE! - āđāļāļĨāļ
Yesu Kristo abahezagire cane !
Amen ðâĪïļ
Muragahezagirwa
Amen ðâĪïļ
Yesu Kristo abahezagire cane !
Amen ðâĪïļ