ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Intwâri mū ntwâri. Tēr'imbere nk'úmuzīnga, Rugíravyöse akoméze agushobóze kăndi akutúzigamire!🙏🏽🙏🏽
Ndagize mwiriwe. Emwe jewe nkiriho nzovugira Uburundi, Abarundi n'Ikirundi. Kuko ni yo mpetso yanje. Nawe ndagukengurukiye kubona wafashe umwanya wo kunyumviriza no kunyandikira. Imana y'Uburundi n'Abarundi irabiguharurira nk'ideni uyifitiye. Na yo ko itaguranwa ifise vyose izoca imenya ico ikora.
Urakoze Patrice Ntafatiro
Urakabandanya ukorerwa nk'uko ndabigira kuko na wewe uri umuntu nyawe!
Mwubahwa Patirisi Ntafatiro, ndagukengurukiye ku gikorwa kiri hejuru co gutangaza igitabo co kurenganura ikirundi.Uri intwari.Ico gitabo ungabiye, ndashimye kandi nzoja kugitora mu gihugu c'amavuko.Hora imbere!
Nta gitabu ndakugabiye. Ni wewe wacihaye mu kubona waranterereye uburyo bgawe ngo ntere imbere. Gwira.
Ndabateye intege
Izo ntege ndazakiriye mw'Izina ry'Imana impa ubgênge ntabikwiye ngo nteze imbere Abarundi n'Uburundi.
Mwubahwa Ntafatiro Patirisi, tera imbere nk'umuzinga ubandanye kubera itara abarundi mu gukunda no gukundisha ururimi rwacu.
Mwubahwa, jewe ngihema nzoguma mvuga. N'iyo mbere nzoba narapfuye ivyo nakoze bizobandanya ukuri kwamye. Urakoze rero gufata umwanya ukanyandkira. Ni uko umfiseko umutima mwiza.
Urakaramba, urakagwira uragahora ku ngoma
Twese turambane n'abacu, tugwirane n'abacu duhorane ku ngoma n'abadukunda abatwanka baturabe bahinduke kuko babuze uko batugira.
❤Respect❤❤❤❤❤
Na jewe ndakwubashe kuko ndafashe umwanya wo kukwandikira ngo ndagusubirize mu ndumane.
Urakaramba urakarwira mwubahwa
Twëse mwubahwa!
Ime❤❤❤
Iryo jambo ndarishimye cane. Ku bisanzwe Abayahudi bavuga ngo «Amen» mu zindi ndimi. Ni ukuvuga ko uvyemeye nanje ko uvyemeye ndakwemereye ko nzobandanya ndakuyagira ivyo nzi vyiza ngo ndakudomeke utere uja imbere.
Ubudagi RER n'ukuraba twigirire ubucuti bukwiye!
Ubudagi kandi twarabutsinze. Ni bagume iwabo. Abadagi nta n'umwe yze ikinyarwanda.
UBurundi,Ikirundi,Abarundi,Ntafatiro Hangame tugume kumurongo !!
Nzokwandikira ejo. Impa akanya gato!
Abanyarwanda bameze nk'umukobwa yagiye kurongorwa ataragera!
Nta co nobivugako jewe mvuga ivyo mbona bikwiye kandi noshingira intahe. Kanatsinda navuze ko Ikinyarwanda, Urwanda n'Abanyarwanda nta co dupfa. Jewe ico mpfa ndagipfa n'Umurundi yavuze ibitari vyo. Ni ingorane z'Abarundi: umwe avuga ibisunitswe n'impemu, uwundi akamukosora.Gwira.
Shimira n'Abakugaya!🤣🤣🤣hari Akagabo k'urutwe runini kakanyarwanda kitwa Nsanzabera, kavuga Amateka y'Abami babo ,kiyemera ngo Urwanda ntiruterwa ruratera!!!ntikabeshe😂😂Yamara kibagira kuvuga ko Rudatsinda iyo ruteye😢
Ndafise akabazo ntikajanye nivyo muriko muravuga ariko mumfashe umugani uvuga ngo C #UVUMWA NA #BESHI #UGATOTA. " murakoze
Nzoguha inyishu ejo aho bukera!
@@gabindya13 murakoze
Ni birāmbé.
Ndaguteye intege kubona wewe unshigikira. Ego ikirundi nikirambe cane rwose.
Intwâri mū ntwâri. Tēr'imbere nk'úmuzīnga, Rugíravyöse akoméze agushobóze kăndi akutúzigamire!🙏🏽🙏🏽
Ndagize mwiriwe. Emwe jewe nkiriho nzovugira Uburundi, Abarundi n'Ikirundi. Kuko ni yo mpetso yanje. Nawe ndagukengurukiye kubona wafashe umwanya wo kunyumviriza no kunyandikira. Imana y'Uburundi n'Abarundi irabiguharurira nk'ideni uyifitiye. Na yo ko itaguranwa ifise vyose izoca imenya ico ikora.
Urakoze Patrice Ntafatiro
Urakabandanya ukorerwa nk'uko ndabigira kuko na wewe uri umuntu nyawe!
Mwubahwa Patirisi Ntafatiro, ndagukengurukiye ku gikorwa kiri hejuru co gutangaza igitabo co kurenganura ikirundi.
Uri intwari.
Ico gitabo ungabiye, ndashimye kandi nzoja kugitora mu gihugu c'amavuko.
Hora imbere!
Nta gitabu ndakugabiye. Ni wewe wacihaye mu kubona waranterereye uburyo bgawe ngo ntere imbere. Gwira.
Ndabateye intege
Izo ntege ndazakiriye mw'Izina ry'Imana impa ubgênge ntabikwiye ngo nteze imbere Abarundi n'Uburundi.
Mwubahwa Ntafatiro Patirisi, tera imbere nk'umuzinga ubandanye kubera itara abarundi mu gukunda no gukundisha ururimi rwacu.
Mwubahwa, jewe ngihema nzoguma mvuga. N'iyo mbere nzoba narapfuye ivyo nakoze bizobandanya ukuri kwamye. Urakoze rero gufata umwanya ukanyandkira. Ni uko umfiseko umutima mwiza.
Urakaramba, urakagwira uragahora ku ngoma
Twese turambane n'abacu, tugwirane n'abacu duhorane ku ngoma n'abadukunda abatwanka baturabe bahinduke kuko babuze uko batugira.
❤Respect❤❤❤❤❤
Na jewe ndakwubashe kuko ndafashe umwanya wo kukwandikira ngo ndagusubirize mu ndumane.
Urakaramba urakarwira mwubahwa
Twëse mwubahwa!
Ime❤❤❤
Iryo jambo ndarishimye cane. Ku bisanzwe Abayahudi bavuga ngo «Amen» mu zindi ndimi. Ni ukuvuga ko uvyemeye nanje ko uvyemeye ndakwemereye ko nzobandanya ndakuyagira ivyo nzi vyiza ngo ndakudomeke utere uja imbere.
Ubudagi RER n'ukuraba twigirire ubucuti bukwiye!
Ubudagi kandi twarabutsinze. Ni bagume iwabo. Abadagi nta n'umwe yze ikinyarwanda.
UBurundi,Ikirundi,Abarundi,Ntafatiro Hangame tugume kumurongo !!
Nzokwandikira ejo. Impa akanya gato!
Abanyarwanda bameze nk'umukobwa yagiye kurongorwa ataragera!
Nta co nobivugako jewe mvuga ivyo mbona bikwiye kandi noshingira intahe. Kanatsinda navuze ko Ikinyarwanda, Urwanda n'Abanyarwanda nta co dupfa. Jewe ico mpfa ndagipfa n'Umurundi yavuze ibitari vyo. Ni ingorane z'Abarundi: umwe avuga ibisunitswe n'impemu, uwundi akamukosora.
Gwira.
Shimira n'Abakugaya!🤣🤣🤣
hari Akagabo k'urutwe runini kakanyarwanda kitwa Nsanzabera, kavuga Amateka y'Abami babo ,kiyemera ngo Urwanda ntiruterwa ruratera!!!
ntikabeshe😂😂
Yamara kibagira kuvuga ko Rudatsinda iyo ruteye😢