INYANDIKO 21. IGITABU 3. UKWĚREKA AMAKŪNGU « UBUSÚMA BUGUSIGA AHÓ BUGUSǍNZE », CANADA, 24. 02. 2024

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 37

  • @claireinamahoro1593
    @claireinamahoro1593 7 หลายเดือนก่อน +3

    Beautiful introduction

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Ndagukengurukiye no ku mwonga no ku mugezi. Gwira.

  • @xavieryamuremye8499
    @xavieryamuremye8499 7 หลายเดือนก่อน +2

    Kandi ngo wanka kurimira umwana w'inyoni uwawe akanamba.

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Ego ni ko biri. Mugabo ushaka kunyiba urambarira hanyuma nkaguha uruhusha. Ico nasaba kwari uko ambarira ko ashaka kwiha ku vyo navuze nta kindi narondera.

  • @zacharienjejimana6237
    @zacharienjejimana6237 7 หลายเดือนก่อน +1

    Ijambo ryinshi mwubahwa. Imana igwize imihezagiro. Muritanga mutintangiriye itama. Rwira

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Mwubahwa uwo muhezagiro ndawakiriye kuko nk'uko ndabivuga si ivya bose kubona ari jewe mvuga ivyo ntize. Ko imana ari yo ibikora ni yo ikwiye iteka ryose.

  • @asile-charnelkn9947
    @asile-charnelkn9947 6 หลายเดือนก่อน +1

    Ni vyiza cane.
    Hama ubwenge arabufise. Yabuze ubumenyi n'ubuntu

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Korerwa. Burya birajana. Ubumenyi bufatira ku bgênge. Nta bumenyi ushobora kuronka udafise ubgênge. Gwira.

  • @asile-charnelkn9947
    @asile-charnelkn9947 6 หลายเดือนก่อน +1

    Afrika ishobora no kutazosaduka. Kuko isi ifise uburyo yisubiza ukwo yari.

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Emwe ivyo uvuga ni vyo. Ari co gituma urya yavuga ivyo atazi. Jewe navuze ibintu nkurikije ibivugwa n'abahinga.

  • @chainenovalue4478
    @chainenovalue4478 6 หลายเดือนก่อน +1

    Terimbere muvukanyi wacu Patrice. Bandanya uba urumuri rw' Uburundi bw' ejo mu guhagarikira ururimi rw' ikirundi.

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Igihe cose nzoba nkiriho sinzonuma. N'iyo nobaye ntakiriho nzovuga kuko ibitabu bizovuga.

  • @cypriensinzotuma4777
    @cypriensinzotuma4777 6 หลายเดือนก่อน +1

    Urabandanya ugira uburonzi ku vy'uburozi kugir ngo abazovuka bazobifatireko mu gutegura ingene buzokingira igihugu.

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Ego ndibaza ko Uburozi bgofasha nko mu kwivuna abansi b'uburundi. Kuko Uburozi bukuru kndi bgiciraho ni inkoho. Ari co gituma nibaza ko bikenewe gufatwa nka nkama!

  • @jeanbakundukize4616
    @jeanbakundukize4616 6 หลายเดือนก่อน +1

    Ubugabo burihabwa kandi agateka aho kamwe. Bananye uba itara ry'Uburundi bwacu bwiza , maze umurikire isi yose.

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Mwiza wa jewe nta kundi nogira. Mbgirizwa kudomeka Abarundi bakabona ko ari abantu bakomeye cane rwose.

  • @RUKWAVU
    @RUKWAVU 6 หลายเดือนก่อน +1

    Mwubahwa Ntafatiro ibiganiro vyanyu vyose vyakera muze mwigore mubidushirire hano kuri TH-cam naho vyoba muburyo bwa audio kuko ntankeka bizofasha benshi!
    Nongeye kugukengurukira.

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน +1

      Ivyo nzobikora ni uko bigora kuko nta kanya mfise. Ubu hoho vyunyutse natanguye ibitabuu na vyo.

  • @butoyiclaude
    @butoyiclaude 6 หลายเดือนก่อน +1

    Irambire mwubahwa kukirundi cawe

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Ikirundi si ic'Iwanje. Ni ica sogokuru dusangiye twese yakiduhaye!

  • @chainenovalue4478
    @chainenovalue4478 6 หลายเดือนก่อน +1

    Reka nibarize : Jewe, igitabo narakiguze, ndiko ndagisoma, Nshaka ni vyaba bikunda usigurire iyo nyambaro. Kuko abarutse vuba, ni vyiza ko bategera, igituma utambaye costume na cravate.

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Nambaye inyambaro y'Ikirundi. Nambaye impuzu z'igiti zitwa amapfundo. Nambaye nk'Umurundi wo hambere.

  • @amarizayinyamboculturalclu8882
    @amarizayinyamboculturalclu8882 7 หลายเดือนก่อน +1

    tera mushika kure cane nimwe twigirako

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Nanje nzogerageza ndabe ko noshikana Uburundi n'Abarundi ku majambere yo kwitaho ururimi rwago. Gwira.

  • @Rufutana
    @Rufutana 2 หลายเดือนก่อน

    Ndagushikiye kukintu Kumwe gusa ubuha nubwacu nabugufi niyiwacu harikho nikete mwambusta yandiste mworisanga muri archive du Burundi

  • @renapeburundi892
    @renapeburundi892 7 หลายเดือนก่อน +1

    Hora ku ngoma Tara ridomeka ayandi ntiritube

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Neza cane mwiza wa jewe. Burya jewe nditonda nkavuga ivyo nzi neza. Ivyo ntazi ndabizibukira.

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo7229 6 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤turabakundaa

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Na jewe ni ukwo kuko simba mvuga ibintu ngo mutere imbere.

  • @JeanClaudeIteriteka
    @JeanClaudeIteriteka 4 หลายเดือนก่อน +1

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Ndagukengurukiye kuri ako gatima umfiseko. Imana iraguha abandi nakugira nkanje rero.

  • @yvesnsabimbona4072
    @yvesnsabimbona4072 7 หลายเดือนก่อน +1

    Neza cane

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Twese mugenzi. Imana irakagufata neza ikwibuke nawe wakoze iciza hagire abakuvuga neza nk'uko ubigize.

  • @bakundukizearsene3796
    @bakundukizearsene3796 7 หลายเดือนก่อน +1

    Ramba hora ku ngoma

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Twese turambane mugenzi wanje! Urakarenga abansi barengutse urenguke abansi barenganye...

  • @MAGAGI_Burundi
    @MAGAGI_Burundi 6 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤

    • @gabindya13
      @gabindya13  4 หลายเดือนก่อน

      Iyo mitima yose undungikiye ndayakiriye. Kandi jewe nzobandanya kubadomeka gushika nanje nzime. Ni aho nzozima ibitabu nivyo navuze bizobandanya bisamirana ntakiriho!