Ahwiiiiiiiiiiiiii nkaba ndayirangije kuyiraba✌️ BMT buja hejuru caane👌 reka turindire twihanganye Saison ya 2🥰 twabanye neza kuva kuri Episode1-6 Yesu akomeze guhezagira🥰 ntawobabara kuko mwagejeje aho mushoboye reka turindire nk'uko mubitubwiye🥰 ❤️ INTORE NTINDI ❤️🔥🔥🔥🔥
Nitwa Alice ndi murwanda nukuri nkunda uburyo mwigisha abantu nukuri nanjye mbukukiraho byishi nkurugero uko nzubaha umutware wanjye munsi namubonye too gusa Thank you so much kbx imana ikomeze ibahezagire Cyn murakoze ndabakunda cyn 🙏 oex ❤❤❤❤
….😅😅😅😅😅😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😂😂😂😂😅😅😅❤❤❤❤…genda mabuja aguhe facture nagapuro yewe ga Nkeshimana 😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉❤ felicitation for all the teams Bantu b’Imana. Utwotundu mugurisha ndadukene niyo ntwererano nzobaha ❤😂🎉
Vraiment,je tiens à remercier les acteurs d'intore ntindi plus spécialement kantore Elle a manifesté l'incroyable courtoisie Merci du fond du coeur l'équipe ❤🎉 Ceux qui sont aussi intéressés ou éduqués par ce film qu'on se connaisse 💪💪 Please lik my comment 😂😂
Abakunzi nanje unomusi ndabasabe mump twatuntu❤❤❤❤ mwibuk kuja kuri GNFILMS kuraba Izindi❤❤❤
Nawe uri mukazi cn nawe Uhoraho akomeze kwivanga muvyawe
Watwits
❤❤❤❤❤❤
😢😢😢😢
❤❤❤
Wowomurakoze cane kunyigusho muduha❤basi mumpe like 10❤
Ndabona mwateguye neza jew ndiko ndaraba sabbas ntakosa narimwe yarafise umugore niwe yatumye ntamwanya yamuha bavuga bati umugore wikijuju asambura urugo rwiwe uwubwenge akarwubaka
Ndabona mwateguye neza jew ndiko ndaraba sabbas ntakosa narimwe yarafise umugore niwe yatumye ntamwanya yamuha bavuga bati umugore wikijuju asambura urugo rwiwe uwubwenge akarwubaka
Ntimumbanire abakunzi biyi série pump like tumenyane👌👌👊😂💖
Iyooooo turabakunda yaregeze kuryoha vyikirenga ariko ntaribi turabategereje beza bigihugu turaba❤❤❤❤❤❤❤👌👌👌👌👌👌👌👌👌🤸🤸🤸🤸🤸🤸🤸🤸
Congratulations really thise firm you playe Also you re able
❤
Mbega film weee ukuntu ibereye ijisho nukuri
Love from Rwanda
Yooooh n'ukuri Imana ibafashe muyibandanye kbx kuko iraryoshe cane uko isohotse naba nayiravye
Muraho nez ndimu Rwanda iyifm inyigishije byinshipe
Nitwa John Mupenzi ntuye ikigali nashimishijwe numwimerere ndetse na realism iri muri iyi filme ❤
Imana ibakomerez impano yabahay nukuri muratwigisha can
Boooom!!!abari murukundo niyi movie, abakunzi ba BMT Buja mwese tumenyane muri like 👌
Murarenze vrm. Amédée ndacamugira uwambere mukwandika Histoire Les acteurs (trices) babikoze neza Cane.Courage❤❤
Uno munsi ntimudusondetse kbx mwubahwe👏👏
Intore ntindi on 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Uburundi impano zirarenze,
Muranezereza. I’m so happy for you guys, your future is very bright.
Ahwiiiiiiiiiiiiii nkaba ndayirangije kuyiraba✌️ BMT buja hejuru caane👌 reka turindire twihanganye Saison ya 2🥰 twabanye neza kuva kuri Episode1-6 Yesu akomeze guhezagira🥰 ntawobabara kuko mwagejeje aho mushoboye reka turindire nk'uko mubitubwiye🥰 ❤️ INTORE NTINDI ❤️🔥🔥🔥🔥
Ahubwo abafana tubaterer kugira mubandany kuko baratuhezagir bakatwigish❤❤❤❤ Amedèe courage
Number one 💃💃💃💃guys abakunzi b,Intore ntindi mumpe like tuhatwike today ni 🔥🔥🔥🔥ntimumbanire ndazindutse welcome intore ntindi mumpe amashuwe yanje🌹🌹🌹🌹 courage beza banje mbakunda kanini ♥️♥️♥️♥️👌👌👌
Mwubahwe cane gose n'ukuri mubikora neza
Sijew mbomye pause irageze ngo ndayirabe 😂😂😂abayiravye bari kwishure tumenyene😂😂😂😂😂😂❤❤❤
Hhhh bazogufata abakund film sijew gx nubw nacerew
@@ClaudineKamikazi-j8phhhhh 😂😂😂😂😅😅❤❤
Jew tumenyane
@@InamuzunguVestinetwamenyanye disi😂😂❤❤❤❤
Intore ntindi ❤❤❤yoooh KANTORE. Umwana mwiza cyan Kuraje cyan. Umwanditsi wiyi film. Akwiye amashi 👏👏👏👏meshyi wallah
Cane gose🎉🎉🎉
Abaraba INTORE NTINDI basoma commentaire like ngaha👇👇duhatwike twimanukira💃💃💃love from mimi🇧🇮🇴🇲🔥🔥🥰🥰🥰
We naw ntuceregwa kwr
Mana we ndanyuzwe naho hageze aho numva amarira
😂😂yanyoye fursana
Ebana intore ntindi hejur CN.dukomez kubashigikir
Abagore bameze nkuwomugor wa sabbas bahakure icirwa kuk ibimukina mubuzim busanzwe bibaho cane
Courage amede na Sabas mwubahwe Imana Imbere bizogenda nez Imbere niheza
Nitwa Alice ndi murwanda nukuri nkunda uburyo mwigisha abantu nukuri nanjye mbukukiraho byishi nkurugero uko nzubaha umutware wanjye munsi namubonye too gusa Thank you so much kbx imana ikomeze ibahezagire Cyn murakoze ndabakunda cyn 🙏 oex ❤❤❤❤
Neza cn
Amakuru yanyu❤❤❤ muzagaruka ryari ko tubakumbuye
Naza nahishikiye guys nduwambere ndavyizera
Abakunzi b'intore ntindi mumpe utu likes guys tuhatwike hashe🔥🔥🔥
Biradyoshe vraiment turabakunda cn.
Amédée giti.mwubahwe kunyigisho nziza.iyi filme nayo irarenze kumpanuro zingo👏👏👏👏👏💝❤💕
Iraryoshe kabisa munyarutse muturose season2 mwobamukoze
Ahwii mpeb mb uwambere nanje abakunz b'intore ntindi mump izo like nazikoreye ✌️😍
Oyaa shaaa nabatanze uwumusi
Abaraba Intore nkindi musigeko like👍💞
Kantore warundijij gs mukany gat wonger uransets abakoz bomunz tumenyan Love from Burundi 🇧🇮🇸🇦
Iyi film ihez ukuntu abatibuy iryosoz 😢😢nkanj muguhera like ngaha
Félicitations encore kuri team yose
Jew namaso yahishiye kubera kurira
Ndabashimiye Team Amèd mwese mwubahwe niminota ntimwadusondetse ❤❤abanz inyuma yanj tumenyane murirwarukundo twamatubikora🇸🇦
Amedi akaryoshe ntigahora mwitama raba murakadukuye muryinyo ariko ntawutogenda adashimye nabo mwabifashanije mwese vuge bravo🎉🎉🎉🎉
Mwubahwe bantu bacu❤️ ntitwobabara canke ngo tubashavurire turarindiriye ibizokurikira nk'uko mubitwemereye
MUHEZAGIRWE 🥰 BMT Buja & Director Amédée na team yoose yakinye Intore ntindi Courage ndazi ibizokurikira bizoba ari🔥🔥🔥🔥🔥
Vrt Imana yarabagabiye impando yokwandika neza team yose mwabikoze neza cane mwubahwe peee🥰🥰
Naho nacerewe abakunzi b'Intore ntindi tumenyane ❤
Nukuri Imana ibahezegire yongere ibaje imbere Nukuri iyireresi irimwo inyigisho nzima nahora ndaba flm ndundi iyiyo ni 1
Intore ntindi ❤️❤️❤️ Amedé na team yiwe kuri cane hashoboka muhashike 💚💛
Kbx💪💪💪
Nukuri iyi filmer irimwo inyigosho nziza kandi iraryoshe cane abaiteguye bubahwe 🙏🎉🔥🥰
Ashiiii mwahora muntanga uyumusi nakifatiye 🤭🤭 intore ntindi hejuru cane 🎉
Yaaayayayayaya 🔥🔥🔥🔥🔥
Kantore wanje 💪💪💪💪💪
Mutunyarukirize next season please 🙏🙏🙏
Uyumus najekar naringeragej uyumus harahiy nukur iman ibah kuramba amede n'a team nukur imana ibah kuramb❤❤❤❤❤❤❤
Amede courage uri umwanditsi mwiza wa film
ihagaze tukiyikunda gus a na ntaho yagiye twari tuyirindiriye mukomere mwubahwe amede komezavm turakwikundira peeeee nabo mukinana❤❤❤❤❤
Amedy urarenze pe ndagukunda cane Ingo inyanza lac mubuheka
Yeee mwantanz kl nagira nazindutse nimumpe like zigicererwa intore ntindi ♥️♥️♥️♥️
Yebabawe muraturenganije mwari kuyibandanya ariko ndabashimiye
….😅😅😅😅😅😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😂😂😂😂😅😅😅❤❤❤❤…genda mabuja aguhe facture nagapuro yewe ga Nkeshimana 😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉❤ felicitation for all the teams Bantu b’Imana. Utwotundu mugurisha ndadukene niyo ntwererano nzobaha ❤😂🎉
Abakunzi b' iyi film tumenyane♥️
Turahari 5/5🇿🇲
Vraiment c'est un bon film. Iraturyoheye cyane Abanyarwanda. Muhabwe umugisha mwinshi.😍😍😍
Sinzi impamvu ndigukunda ino frime🇷🇼❤❤❤❤❤❤❤
Uyikunda kuko iryoshe
🤣😂
Turabakunda cyane mu Rwanda turabakurikirana cyane😊
Wouuuh ❤❤❤ none yariteusa pee ndabikundira mazeu vuba mudusukemwo ibindi bintu vyamavuta none😅😅😅
N'ukuri mwabikoze neeeeza caaane mu rupfasoni!!!!
Team yakinye iyi film muri intwari cane pe! Amédée wubahwe
AMEDE. Giti murashoboye nyagasan. Abageze kubwo mwifuza byose 🙏🙏🙏❤❤❤❤from🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Mrciiii mwakinye nezaaaaa knd harimwo inyigisho zikomeye! Rro turasavye ndiho azobashoboze kubandanya muzoduhe seson 2
Akaryosh ngo ntigaher mwitama❤
Birarenze iyi film irimo inyigisho kbs mur'abahanga ❤❤❤
Imana ibaje imbere kunyigisho muriko muratanga nimukomeze kwigisha kuko Ubu Niko ingo zubu zimeze
Wa kwanza part hii.mushireko like na cumi basi
Nukuri tura bakunda Can imanibashoboz mukaz kanyu
Nukur mwubahwe turabakunda cane murabakinyi beza cane yesu abajimbere mubikorwa vyanyu❤❤❤❤❤
Alvella ariwe Yiyise Kantore ari very creative ndashimiye director of this series 👌👌👌👌👌
Kantore ,nkenshimana 😂❤❤ nabandi hejuru caane couragee🎉🎉
Vyiza vyiza caaaane hma abakunzi b Intore ntind amashi menshi gooose👏👏👏👏👏👏
Yesu wèee giving Amédée wewe muranyishe vyukuri ukonyene yooooo ndabayepe 😭😭😭😭😭🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️ yemwe gusa arandijijepe ariko mwabikozeneza cane gose 💯💯💯✅✅✅✅✅
Oya nimutunyarukirize.. Nibikurikira.. Turabakunda😍😍😍😍😍😍
Yooo Mana nukuri BMT hejuru cane intorentindi naho nacerewe sindumumbe kubera sinasivye❤❤❤❤❤❤
Vrt courage caneeeeeee muhezagirwe gusa ntihere nukuriiiii
wow!congrats kantore wanje urintwarikaz pe🥰🤝🤝hew bury mabuja waw acung neza uzohav umukoresh naw mumisi iza🤣ndaryohew nukuri.Amedée wubahwe nukuri iy film izokiz imitim ya bensh👏👏ndabakunda can❤
Nikobimeze
Allez de l'avant mes chers Super Stars que j'aime beaucoup. Courage...❤❤❤❤
Ntagace na kamwe kancitse, igihe cyose nahoraga nyihanze amaso.Kantore ndamukunda cyane kandi nindirimbo ziwe ,azi kuririmba afite ijwi ryiza.❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage turikumwe5/5 so Big up xaaana
Good job
Mubikora nezaaa
Imbere ni heza🙏🙏
Yoooohh mana weeeeee
Ndabakunze cane intore ntindi
Uwayikunze cane nkanje mumpe like
Waooou abakunzi b'Intore ntindi oyeeee mumpe twatuntuuu
Nukuri nkuyemwo inyigish nyishi peee murakoze ❤❤❤❤👏👏👏👏
Ntimumbwireko iheze 😢😢😢.nukuri murashoboye vrt courage jewe ndakenye nzobashigikiza views gusi😂😂.arik ntimuzodutebereze saison2 ndabakund❤❤
Courage
Sa m basi ndagukunda can m nnee, my I amssi you congratulations na AIiice wawe iguuhoA kumutima my love
Love from Josiane 💓 respect,Hama muhezagirwe cane kunyigisho mwaduhaye mubicishij mwiyi film knd mukaba mutwijej ko mugiy kuyibandanya uburyo bubonets ,tugiye kubasengera kand m ukwizera bizogenda neza naho bigoye ,so turabakunda 💕
❤❤❤❤ndabakundajenashakamuyiduheburimusi
Intore ntindi hejuru hachoboka kbx abari bayikumbiye nkanj gonga like 100/ngah❤❤❤❤❤❤
Courage kuri équipe yose.songa mbele hashoboka.suite turayikeneye🔥🔥🔥🔥🔥
Abari murukundo nintore ntindi mugonge hano😊😊😊😊
Oooh mwigisha neza cne ndashaka liké yany tumenyane nukur munyigishije vyish rôle yany ❤❤lov so much
Courge cane tm yonse ❤❤❤ intore ntindi 🔥🔥🔥🔥🥰umwanditsi Amédée 🙏♥️
Abakunzi nontore ntindi mundemere utuntu❤
Mbega film yubwenge We 🎉 courage vrt gs murabe ntimutunyoteze
courage bantu banje ❤mundabire lik ngaho dutwiki twimanukira
Courage mes amies!!!!!! Muburundi hariho impano nyishi
Nkaba mbaye uwambere intore ntindi munyaruke abaza nyuma musige twatuntu utu like hano 👇
Kantore nukuri utumye nongera kwigirira icyizere
@@tumusabejosiane2629 cane gose aratuma abataye icyizere bongera kukigira🥰🥰
Vraiment,je tiens à remercier les acteurs d'intore ntindi plus spécialement kantore
Elle a manifesté l'incroyable courtoisie
Merci du fond du coeur l'équipe ❤🎉
Ceux qui sont aussi intéressés ou éduqués par ce film qu'on se connaisse 💪💪
Please lik my comment 😂😂
😂😂 vyabintu Nyama yavuga birabaye . Amede Final Kwl 😢😢😢 ntakund reke tuvyakire . Ham Ntahoyagiye Nayo turayikeneye cane . Ham Mukomere cane ❤❤❤❤
Ni final ya season ya mbere
Nukuri ndavyemeza neza ko kantore akijijwe. Hamwe na sabasi❤❤❤Bagitize neza
Alvella,sabasi and ketty❤❤❤❤❤❤❤❤
Bagabo, Imana ibahe migisha. Murabizi Kandi ya nshimisihije chane gose. Jewe indi mcongomani indi hano muituri ku mupaka na Uganda
Akaryoshe ntigahora mwitama intore ntindi twaritukiyi nyotewe ... karibu kandip❤❤❤❤❤❤❤❤
😢😢😢nacerew bakunzi ba films Intore ntindi,❤❤❤❤
Intore ntindi ❤️intambwe kuyindi mwubahwe 🙏🙏Kantore❤️❤️❤️❤️❤️
❤❤❤❤❤❤Burundi nukuri murikubikora neza🎉❤
Nukuri mwakinye mur bake mutazimpanuro ikomeye caaan Imana ibahezagire Caan muzohoruko mukina film zirimwinyigisho mrc🇧🇮❤️🩹👌🏻👌🏻👌🏻💪🏻💪🏻💪🏻 courage
Inyigisho zikomeye cane ❤❤ watching you from Gitega ❤
Murambabaje
Shiramwo
Nguvu
Imana
Ibahe
Amafranga
Murangize
Neza❤❤ndabakunda
Cane