INDIRIMBO ZA CHORALE Y'URWARUKA - Église de Pentecôte de Nyakabiga

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024
  • Urukurikirane rw'indirimbo 13 zaririmbwe na Chorale y'Urwaruka mw'Ishengero rya Pentecôte ryo mu Nyakabiga muri Concert ya 31.12.2021
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 16

  • @FabriceNiyomukiza-xm3ml
    @FabriceNiyomukiza-xm3ml 3 หลายเดือนก่อน +2

    Mukomere mumwami ❤

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @user-gk3bl9fo5d
    @user-gk3bl9fo5d 3 หลายเดือนก่อน +1

    Amen❤❤❤❤❤❤❤❤

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @kwizerachanella1234
    @kwizerachanella1234 ปีที่แล้ว +2

    Murashoboye kandi imana ikomeze kubambika imbaraga.imana ibahezagire.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen🙏💖

  • @user-ct5bt7mi2w
    @user-ct5bt7mi2w 6 หลายเดือนก่อน +1

    Mwarahezagiwe

    • @meirratv
      @meirratv  6 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @user-fh2gl8rl6s
    @user-fh2gl8rl6s ปีที่แล้ว +1

    muhezagirwe bwoko bana b"imana

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @ariellauwimana3760
    @ariellauwimana3760 ปีที่แล้ว +1

    ❤❤😍😍😍😍Imana ibahezagire caan

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @ndayicosalecos1696
    @ndayicosalecos1696 ปีที่แล้ว +1

    Que Dieu vous guide et que vous regardez

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen🙏💖

  • @negblagla07
    @negblagla07 ปีที่แล้ว +1

    bontravay mesye pasebanm yon abonne