ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ikiganiro kiryoshe cane, big up Pablo Tiken
#Brother wallah Impanuro yae irafashije Respectiiiiiiiiiiii sanaaaaaaaaaaaaaa🤝🤝🤝🤝🤝
Qqqqqqq
Ufise inzu nziza kabisa 🙏🙏🙏
Pablo ndamwibuka Ecosate yakunda kugenda gitari ku mugongo yakunda kwitambukira n maguru 😀🙏 imana ni zinza kabisa 🙏🙏🙏🙏
Ikiganiro kiraryohew.. Kuko kirigisha kiranyigishij nanj nkumuririvyi.. Big up Gael
Waooo vyiza cane
Courage Pablo
respect pablo ticken !!
respect that guy kugira intego kuyishikako nikintu gikomeye
Neza cane👏🏾👏🏾👏🏾
Ico mbona coco na Gaël wacu yahavanye ama visions menshi,nukuri ndongeye gushima
Pablo ndakurahiye....twiganye kuri ESTA...congrat bro
Muta namwe vyifashe gut uhagaze gut bi bayabaye cank ni neza ntiwidoga mut🙏dufashe utubwire experience
@@rihannafansofficial363 hhh😂😂😂😂
Pablo ndamwibuka asengera muri ecosat kumashule kwa paster emmanuel muri betaniya
Iki kiganiro cari intéressant nukuri,turashimye,kubwanje natewe intege n'ukuri
Pablo congratulations
Ivyiyumviro vyiza kandi bifise bake mu baririmvyi b'ubu . Pablo Tiken yari akwiye kwigisha abandi bagaheba copy paste y'imiziki y'ahandi.
Mbooo nagutony
Le Burundi c'est 100% inconnue tu dois dire que c'est le voisin de Tanzanie et Rwanda pour la localisation. Ni pi
Pablo ico ndamukundira aririmba indirimbo zifise ico zivuze,zifise message zisigira umuntu,zifise n'ico zimaze kugihugu cacu
A A A A mboo nukumwibuka na Pelouz mwinjiranye muri game nawe ave kuri street. A A A A
Baduhe inumero yu mu enginieur yamwubakiye tumisoko
Okay
Komra musaza
ikiganiro c'ingirakamaro cane
Pabulous komera
👍
Impwemu
Kuraje mutama mukazi ukora
❤
Uri incabwenge itize ecofo.
Ikiganiro ciza………!
Sth-cam.com/video/0nh6zL1fSwg/w-d-xo.html
135 followers on insta👁😲 abarundi bakora music pr s'amuser not kuba aba professionnels
Insta yanje ntana 2 mois iramara bro.
Insta bakubwiye ko yinjiza iki?? Bamushira ubwenge kugihe niho mupha, mugipanze
@@arleneakimana9681ubahwa ndakwemey 😂😂🙆♂️😂😂😂😂🤣🤣🙌🙌
@@arleneakimana9681 bambwirire