Abashingamateka, Air BURUNDI n'izindi ndege Ubushinwa bwahaye Burundi || Gelase Ndabirabe 12/09/2024

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 16 ก.ย. 2024
  • #amakuru_atarikwivumbi
    #urugendo_news_amakuru
    #Updats_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

ความคิดเห็น • 20

  • @chales08
    @chales08 5 วันที่ผ่านมา +4

    None ko babaza ibibazo ntitwumve inyishu?!? Bagiye gutera inkuru tout court!!!

  • @dundaentertainment6753
    @dundaentertainment6753 2 วันที่ผ่านมา

    🎉🎉❤❤

  • @AlexisNdayishimiye-ni6nw
    @AlexisNdayishimiye-ni6nw 2 วันที่ผ่านมา

    Barqtwiba cane mukibuga c'indege😢

  • @Vision2300
    @Vision2300 5 วันที่ผ่านมา +2

    Air présidentielle or air Burundi 😂😂?

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 5 วันที่ผ่านมา +1

    Abarundi turateye isoni kweri, nkumuntu abaza ngo mundege hoba hariho abaganga bamagara yabantu!!! Kandi ata company yindege mugira? Nonese mugiye no gutegeka abe izocompanyi mudafiti6emo imitahe.??

  • @72ceoTV1
    @72ceoTV1 วันที่ผ่านมา

    2025

  • @niyonkururobert5667
    @niyonkururobert5667 2 วันที่ผ่านมา

    Nukuri ntandongozi dufise.raba ukuntu ibibazo vyose babikwepa

  • @JacquelineNtakarutimana-gk5mf
    @JacquelineNtakarutimana-gk5mf 5 วันที่ผ่านมา +1

    Mbe ko babaza nk'umunyagihugu wohasi asanzwe ntibagishwa inama bakabanza bakavyiga imber Yuko bija mungiro!!!?

  • @victorntakirutimana3535
    @victorntakirutimana3535 5 วันที่ผ่านมา +1

    Hariho abatukisha inama nshingamateka mukubaza ibibazo nk'ivy'abana
    ngo ikibuga c'indege kirakingiwe?ngo mperuka yo kera,none ahantu uheruka kera wobaza
    ko umutekano udakwiye kandi ata nkuru zaho ufise?

  • @davidbizimana-sp4ms
    @davidbizimana-sp4ms 3 วันที่ผ่านมา

    Nimwubake ikibuga kimwe .

  • @user-zz8kd3ci4z
    @user-zz8kd3ci4z 3 วันที่ผ่านมา

    Uwumutama abajije indege dufise nincabwenge burimusi

  • @OlivierKayitarecpl
    @OlivierKayitarecpl 4 วันที่ผ่านมา

    Inzigo yuwo muginga

  • @rusakazatv7930
    @rusakazatv7930 5 วันที่ผ่านมา

    Nihatari

  • @AghHh-v3f
    @AghHh-v3f 5 วันที่ผ่านมา

    None ubonabajijiki???? Uyu mushigamateka

  • @Emmanuelnkaza
    @Emmanuelnkaza 5 วันที่ผ่านมา

    Merci a votre avis énoncés public des idées servies dans la réunion d'obtenir d'achat une autre avion burundaise . petit a petit l'oiseau fait son nid.

  • @karangwarichard3205
    @karangwarichard3205 วันที่ผ่านมา

    Sha ugogwego rubaza ibibazo nkivyo ubwo rurakenew??sha president aracaft akazi

  • @HabaAugustin-fs2sd
    @HabaAugustin-fs2sd 5 วันที่ผ่านมา

    Uyu kweli numushingamateka?😂ntanubwo akwiy kuyobora abamotari

  • @TheopisteIradukunda-hz1bo
    @TheopisteIradukunda-hz1bo 2 วันที่ผ่านมา

    Jewembona uburundi atandongoz zibikwiye dufise. Nkababose ntacabweng mbonamw kk umunaciyubweng umumenyera mubibazo abaza. Nibakukuruk batubise twitwariretwebw kk barateyisoni. Ugasang umushikirangaj ntarager nongah dubai oe ngwarimundongoz😂😂😂😂

  • @karangwarichard3205
    @karangwarichard3205 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂😂

  • @EricNiyongere-jz8sc
    @EricNiyongere-jz8sc 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    ngo twihore urwanda??😂😂 muga ga mana abaduserukira ntabo kweri. iyo niyo objectif mufise imbere mwicariy ngo muri kubaza.... ntabaduserukira dufise turagaragara