Hussein Radjabu Avuye mu gacerere kurupfu rwa Reverien Ndikuriyo🇧🇮Uburozi yahawe n'umugore wa..

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 ก.พ. 2025

ความคิดเห็น •

  • @GerardBizimana-s3l
    @GerardBizimana-s3l 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Kumuhatarishije nani? Imana izobahana!

  • @EmileNiyibigira-v9f
    @EmileNiyibigira-v9f 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    ❤❤❤❤

  • @MichelManirambona
    @MichelManirambona 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Uvugura mukwaha ntamakuru ufite namazimwe gusa uvuga banze uje kwiga

  • @niyonkuetienne8496
    @niyonkuetienne8496 5 ชั่วโมงที่ผ่านมา +5

    uongo

  • @ProsperNkurunziza-d6h
    @ProsperNkurunziza-d6h 14 นาทีที่ผ่านมา

    Murarushe None muraza

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Ariko kera ko Uburundi bwagiraga abagabo ubu bagiye he kuburyo bayoborwa n'umuntu utagira ubwenge.
    Frodebu yagiraga abahutu bazi ubwenge none umenga barapfuye
    Radjabu yabishobora

    • @Victor-x6w2f
      @Victor-x6w2f 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      Iyo bugir umwe bwar ikindi.Mwabahima mwe,ko abo bahutu b ubwenge ba Frodebu muvuga,ko mutababalira Cagihe mugandagura nyenicubahiro Presida Ndadaye? Abarundi ubu barabazi

  • @AppolonieNihazi-c4w
    @AppolonieNihazi-c4w 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Mbega aho uguma urondera ko abarundi bagumuka ubesha ngo ni abanyepolite babivuga bo ntiboja imbere tukaraba kandi niwanyu irwanda siko ari vyiza uravuga amakuru yiwanyu

  • @nahindoreraemmanuel5214
    @nahindoreraemmanuel5214 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Burya ntabasoda bu rwanda twiste Kandi benshi. M23 ni milice yu Rwanda Kandi ntuzi uwotsinda uwundi hagati yu Rwandana nu Burundi. Imana iruta ingabo

  • @ndayikengurutseemmanuel50
    @ndayikengurutseemmanuel50 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Urunubesh niw wamwishe? Buseni Radjabu umuvugira nkande ?

  • @MacaireNjanywenayo
    @MacaireNjanywenayo 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Nn ivyo uvuze birahuy nivyo wandits vya radjabu?? IPU ibinyamakuru vyugwanda vyarapfuy bigenda,nimurekere rocky abariwe azaraduha amakuru niwe avuga ukuri

  • @ndikuriyopfocas
    @ndikuriyopfocas 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Munzanira abarundi ibinzinga taco mubesha bobase baramfuye !!!!!

  • @gastonmodestkaziri2566
    @gastonmodestkaziri2566 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Truely speaking, even a crazy person cannot speak the way this hopelenss and media mediocre is spesking! Very bad indeed!

  • @JeanineNahimana-l6q
    @JeanineNahimana-l6q 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    😅😅

  • @ndacyayisengadonath4511
    @ndacyayisengadonath4511 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ibyo uvuga bibaye ari ukuri byaba aribyiza

  • @FrancoisHabonimana
    @FrancoisHabonimana 17 นาทีที่ผ่านมา

    Ngira wahawe mission yokivuga îbinyoma gusa uko ni ugukwegera umuhora wawe.None ntiwovuga ukuri canke ukinumira?

  • @Amida-r6p
    @Amida-r6p 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Oyaaa reka kubwirir koyapfuye????iyomana turarushe

  • @JimmyNiyonkuru-l8l
    @JimmyNiyonkuru-l8l ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Abanyarwanda komubesha

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Igisirikare kigiye kumubogoza

  • @Didace-ee8mm
    @Didace-ee8mm 5 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Komera mukuduha amakuru yizewe

  • @ReverienNDUWIMANA-mn9vk
    @ReverienNDUWIMANA-mn9vk 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ubwo bubeshi bwanyu mubukurahe

  • @CocoBuhungiro
    @CocoBuhungiro ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Urumubeshi

  • @FrederickThadeo
    @FrederickThadeo 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    wewe ni mupumbavu husen lajabu hayupo dunian