ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ariko uwo mugabo avugukuri yifashe nabi namubabarire ariko yaramubabaje
Uko kumenyekana kwanyu basha twarabamenye gusa agahungu kagufi nogupfuha mukwikaza ni number one IMANA indinde umuhungu mugufi
Mureke sha bazomugutwara narirya uri kagufi mengo nagatwa😂❤
Gupfuhira umugore nuburofa aba jewe ndatangazwa nabakobwa bakunda aba star ngira nimiti babaha.kandi sukuvuga ngo baba basa neza cane
Yooooo nukuri mumbabarire😢😢😢😢😢😢uzoba ukoze cane🙏🙏🙏😭😭
Couraga papa ese tv uri mukazi
Uwo mugabo nareke kuboha mu mutwe . We ntamuntu arakura agacafu canke ngo atosore umuntu w'igitsina gore kndi atari umugore wiwe.
Urwo rukundo Imana irundinde😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Yesu we Andy uzawakora ibihaniro ver uzawabona mbega iguhe?
Uwo mu demu yarabuze ico akunda ako kagabo naka saya kararushe
Kubadida cameramani yazuminze❤❤❤ uyoMugabo ntiyibona
Kiramugabowese. Arafuha. Pore. Ndakemera. Wubahumugabo❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Manaweeee nukuri 😂😂😂😂😂😂 nimista mvura kbx ngarakunyagira frechi ntamugabo afuhira ulugore abari ikijuju😂😂😂😂😂
Cameraman 😂😂😂😂arazuminga wallah wubahwe😂😂😂😂😂
Abantu.bagufibagumabikanga.akagaye.arahabutse.ady.baramunguhaye
Niko bamez aha harimwo tubana
Ubuntu bugufi burazikwiparatur uyomukobwasuk akemera agahindira nkako nikamuheb bamwitorer kabekaratembagar ahomwibarabar
jew ntac mfise novuga umugabo apfuha sumugabo kanatsinda abastar ntibubaka
Mapenzi shkamo kiukwer duuu Andy waciye umucinege 😂😂 abagabo bubahwe andy nawe uyavyoshibintu uyo mugabo mugugi ntuko izonimero twozitwarahe😂😂
Ewe nterura sha wubahw 😂😂😂😊😊😊gus hit iravun bisab kurinda nimama 😊😊😊
Mbaye uwakabiri Andy zana twirabire uko bakomesha abantu non yaramwirukanye ashaka iki erega iyo utaye inoti go irashanje Hari bayihoma igasubura kuba shasha😂😂😂😂
Andy numwana mwiza ureke kumunekerako
Ngo yitwa mvura Imana izondinde urukundo nkurwo😂😂😂😂
Ewe mapenzi sha n'ikizunguzungu😂😂😂😂ati Andy aramuciye umutima ko bohava bamumutwara,Mana urahambaye
😂😂😂😂😂😂😂😂urukundo nihatari
@@lydi791 ego kweri 😂😂😂
Mugabo kariyemera 😂😂😂😂😂 uratuzanira épisode ya gatatu
Ehe nkicogipantaro kimusumvy uburebure tekerez warofawe kubawagiriwe amahigwe ugakundw numukobwa arehuko asuko uzokurah uwund aba star nikomwapfuy
Haha😂😂😂😂icogikuri mukama sibintu😂😂
Mvura y'umugore wiwe😂😂😂😂😂😂😂
Ehingen kareha non wew ntamukobw wokurikint kakats kari kugisus cank ahand rekuz urupantar nam deredi umeng namahenehen
Andy bwabundi urimuremure😂😂😂😂nahora mbona umengo urimugifi kumbe urigasongo😂😂😂😂😂😂😅😅❤
Very ❤❤
izo nifirme mureke kutubesha
Oya nukuri andy aravuga kimwe umutype akazana ibindi wallai
Jewe ndizwa nokwironderera inoti namwe ngo ninkundo🤣🤣🤣😛😛😛icogikomb kindengan wamuhungu we nuko wahye nuwo yaraguhabye yoba jewe ndumva wokwiyahura kirazira gupfuhira umugore nkuko uramuha uburenganzira akidegemvy nahandiho uzokwam wamupfuhye ndakurahiy umukobw niw yicung jewe ibinginz noca nitahira 🤠🤠🤠🧐🧐🧐
Ibintu biraza nabi😊😊😊
Uyo mujama Sha afise akandi kademu, nubwo atashatse kubivuga
Ngurikuragotwa. Mugwemunda😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Uyo muhungu ahubwo arafuha kuko icatsi sico comuteranya n'umugore
Andy waberew cane 🤝🙏🏾💯
Ubugabo bugufi nihatari buragara mbegurukundo ahwiiiii
Ikawaje Andy amemusameh au la ?
Pore sana mama Nakubabarire ntacaha wakoze birya nibisanzwe
Iyo mvura kweri irasara kabisa😂😂😂😂😂😂😂😂😂 yebabaweee
Benga ikinobe cumugabo !!ndumiwe abantu bagufinuko usangabwiyemer 😂😂😂
Uyo sumwe mwakorana ikigaro ryari akavuga ko arose umugabo amuha ivyo amuha yobirya non Andy ncanke ni film
Nuyo nyen aguma atapa umugab wiw ico gikuri ngo ntanumw basa arisa ego kweri ntaw basa
Amakuru yibigugu ntayodukeneye imihimbiri nabambuzi no more
Jewembon bapfubusa uravye ukwovyaribimezed ntakidasanzwe😂😂😂
Bagabo bagufi nuko bama babona ko umugore amusuzugura pol madame wihangane kadi unsege ncane😂😂😂😂
abagab bagufi nuko kenshi agumagibaz kobamuguya 😁😁😁
Iyo munyu abakobwa barihevye p ugwo rukundo imana ibindinde p
Ndabira ako kagabo ingene kareha kakaba gafise ubunyama nkubwo😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂 andy koreshumwanya😂😂😂
Ngo mvura 😆😆😆😆
Harabantu bugayemumutwekweli Andy ngobarikobaguhakeya😂😂
nihatari nukuri.akazigusa umukabonta.mugunda
Urukundo rwubahwe kwer
Comédie zirarwira😅😅😅😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Andy.uranyish.
Abasami ntibubaka 😢😢
unomugabo yugize wivu Andy 😂😂😂😂kuba utabwana afise🙆♂️🙆♂️😂😂😂
😂😂😂😂mapenzi ndiiii ngwasa nimvura ndamanyutse vrt😂😂😂😂
Mbega akagabo gahagatiza
Rek ntweng ng donc 🤣🤣🤣🤣
Dada,urimwiza,ihangane,umukundakubera,ua
Hiti iravuna kweli ndabakunda cane mwirambire😂😂😂😂
Uy mugabo ni mugufi mana weee
Yoooo mana ndamanyutse
Nimvura nyen
abavugako mvura ari.mugufi. mwebwemwaremye abareha gute?
Bamubirekura ningoga
ubugabo bugufi kweri nihatari pee ingene karechaa
Andy nakureke iyo sekuru yigira vyinshi harumugore wayo ukeneye gukura umuntu agacafu harico bitwaye yashaka .kumuheba navugene neza nya mvura nyene 😆😆😆🤣😂🤣
Nihatari 😢😢 kabisa😢😢pole Sana Dada
AND Ubwobwanu w buzoguhumir kl
Uyu mugore ko mbona umenga n'inkumi
Mubamuhaze😂😂😂ugorukindo.nzendarubure😂😂😂manawe😂😂😂
Mana yanje ibintu biraza nabi😂😂igikuri kweri
Abantu bangufi barirata wamukobwawe urimwiza karekekagende ntamugabo uzobura knd amusumba
Eeeeeh Andy 😅😅😅eka arisa pe mapenzi nikizunguzungu usanga gatunze sha
Espe uranyishe ngira amukorera akazi neza
Yoooooo oy nukur mubabarire mademe😂😂😂
Kubadidi mista mvura😂😂😂😂
Ejo tuzobona uyomuhungu ariko afukamira uyomukobwa muzoba mubwira nuyo mukobwa niyihagarareko vrl 😂😂😂😂😂😂😂
Basha ndumiwe ibintu biraza nabi kweri🤔🤔🤔
Andy ngoyitwa ngwiki mvura kurubwo arakunyagiza🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 none uyo niwe mugabo wiwe😂😂😂
👌🤭🔥🔥😍😘🥰❤
Hahhh urahanzepeee ngo nimwiza hhhh😂😂😂😂😂😂
Ninkundo zubu nifeki nimpaka rero abakundanye boss kuma camera
ako kagabo kariyemera kweri nubugufi bukananira
Watu wafupi Wana gara wallah Ntibanakwirany
Andy pl san kwer 😂😂😂😂
Uyo mugabo koyiyemera nukuntu areha namureke bazomwitorera
Ninzovu na maman bongo😅😅
Nawe urarengeje😂😂😂😂😂😂
Amaso akunda ntabona neza kdi urukundo rujaho rushatse kwer ndemey peee 🙈🙈🙈
Icobitaguhagatiza mumafuti abantu muragoye tanga imbabazi
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ndabuze Nico mvuga
Igikuriiii peeeeee😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Buzire ndabwirir Kizi mbonari gisupusu pu
Izonkundo.manawe.mwarasaze😂😂😂nukuri😂😂😂nonuwimugoreyokwihamahoro.uwomugabowawenindaya.ahafisagakobwa.kamwirukinyuma😂😂😂iyumugabo.afisagakobwakamwirukinyumabafisagakobwa😢😢😢😢😢
Poresana
Umugabo tugufi dufuha nabi kabisa..
Bwirakokagabo karen ubujinga none ivyosibint bisanzw??
😂😂😂😂😂😂ewe mukama akabi karatwengwa nkakeza uyo niwe warikuvuga😂😂😂😂😂ndamanyutse Amaso akunda ntabona neza kubadida😂😂😂
Nimungezaho😂😂😂😂
@@mamacheiilla72 gusa biratwengeje whallah 😂😂😂😂😂😂😂
None sumuntu kumugay uramurisha uramubona iwanyu pumbavu jako maraya mwanaharam
@@mwananyamalaz4427 hehhhhhhhhhhhhhh mbe wewe urakomeye non nko gutukanira kumbuga nibintu kl 🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄 zamuhichingeso
Yabaye ikanzu😂😂😂😂😂
Ubugambo bugufi burihagararako❤❤
Mahaba ndindindiiiiii ❤❤❤urukundo rwubahwe ❤❤❤
Ntakwizeye nagato🤨none abonye urwanye munda numusore ukamusoma hoho worara utashe🤭

Watu wafupi Wana gara wallah
Ntibanakwirany