Bella mumarira😭Asavye ikigongwe umugabo wiwe Wakera aricuza cane

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 17 ธ.ค. 2024

ความคิดเห็น • 306

  • @janineniyosaba6950
    @janineniyosaba6950 ปีที่แล้ว +2

    This is my first time nshizeho comment vraiment, but to be honest, ndumu fana wa ASE TV kuva kera . Ariko iki kiganiro naragikurikiranye kuva gitangira gushika nubu
    Nukuri Christian baramukomerekeje bihagije ngo ntabetonye??😢😢😢
    Hama Bella kuziyuko abetonye ugarutse gukora iki??? Ahubwo rubanda ntimugira nisoni kweri.
    Ico mbona jewe kuruhande gwiwanje
    Christian azamuhe imbabazi, mugabo ivyo gusubirana niyo nshizi yisoni abireke Imana izomuha uwundi mukobwa wumutima ❤azi kubaha umugabo. Abo tuvyumva kimwe mumpe likes 👍 kabisa.

  • @خديجهبرندو
    @خديجهبرندو ปีที่แล้ว +18

    Hemwe abashikira muri commentaire mumbe hafi iyo episode niyakangahe

  • @joselynejose2951
    @joselynejose2951 ปีที่แล้ว +8

    Gira muturekurire twirire show 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥mpaka turware imbavu ico mbona coco ababirindiriy bazobibona🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @thierryhakizimana6262
    @thierryhakizimana6262 ปีที่แล้ว +8

    Bella nagende abe igisubira muhira abaha igisubira muhira bacita (igisimbe) nukur naje vyarambabaje mbash mbakwirikirana 🔥🔥🔥🔥🔥

    • @ericakaneza7624
      @ericakaneza7624 ปีที่แล้ว

      Umuvyeyi gito.niwe wishe umwana waw nugende mubane

  • @habibi5688
    @habibi5688 ปีที่แล้ว +9

    Iyi show inabamba💃💃💃💃Bella uronke umuntu agukunda akwipfuriza iterambere umusuzugure ukuraho none ntanamezi angahe aheze watanguye kw'icuza 😂😂😂💃💃

  • @jeannemukeshimana2659
    @jeannemukeshimana2659 ปีที่แล้ว +2

    Sha nsanze uwo mumama ntamutima agira ntanindero nanke mwamufashe nkindya ziboze ubunihukibonako afise agaciri. Genda nawe umwirongorere

  • @kevinbukutu5120
    @kevinbukutu5120 ปีที่แล้ว +1

    Burya niho bavuze ko abagore atabwenge bagira.Bro N'Imana yaguhaye kugira ntakwicire ubuzima.pambana na maisha yako apambane na yake.ubuto buracamuhenda.

  • @johnclaude9552
    @johnclaude9552 ปีที่แล้ว +9

    Ntamakosa ufis ahubwo Mama wawe Niwe Yareze nabi

    • @lameckemma1718
      @lameckemma1718 ปีที่แล้ว

      Ubwo buyobe numugesera yaradusuzuguy nkabasor bumutima ikindi ameze nkidayimon arazikwiyorobeka Kama mayimun shetani muku bwa turamwibuka kwawisirey ivyo yamukoreye amarira yarize asumba Ayo muhe imbabazi ariko nturuh usubira kumwiyegereza hanyuma azokwica rameck from zambia

  • @jeannemukeshimana2659
    @jeannemukeshimana2659 ปีที่แล้ว +2

    Imicoro nimigenzo yuburundi mwarayiciye ukosiko basabimbabazi ivyo Nivyumuryango sivyo kuri kamera jewe nta mbabazi ndaguhaye wiszmburiyeko nkimpene ubitewe namama wawe bibonekeko na nyokowawe amezukonyene

  • @niyofaxofficial2693
    @niyofaxofficial2693 ปีที่แล้ว +1

    Sha wallah uyo muhungu ndamwemeye sana kabisa kuko yarafashwe nabi birengeje kabisa pole sana Bro urintwari sha 💪💪💪💪💪 abakobwa bubu benshi nintumva kabisa baragara kandi atanicobari

  • @omansur4343
    @omansur4343 ปีที่แล้ว +1

    Hariho abavyeyi bankurie ubusa kwr 🤔🤔 cricia ugiz ikint ciz kbx numwemerer kbx nyen na betony nyin wa berra ni nkurie ubusa guhend umwan rek ajurajurik 😥😥😥

  • @stelladaudi9206
    @stelladaudi9206 ปีที่แล้ว +1

    Niliyajuwa haya kuwa yatatokea kuwa namsimamo kaka angu muombe Mungu atakupa mwanamke mwema

  • @habibi5688
    @habibi5688 ปีที่แล้ว +3

    Mwisho wa ubaya ni ayibu 😂😂😂😂😳😳😳😳rek mbanze nze ndindire cuguruke kuk sindimwo ndabona Neza😳😳

    • @mamacheiilla72
      @mamacheiilla72 ปีที่แล้ว +1

      Nyaruk wihere ijisho cuguruts

    • @sosokeza809
      @sosokeza809 ปีที่แล้ว

      ​@@mamacheiilla72 ndiko ndumirwa

  • @حفصهحفصه-م4د
    @حفصهحفصه-م4د ปีที่แล้ว +1

    Mbega wamumama we.ntasoni kweri🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔

  • @aicha9045
    @aicha9045 ปีที่แล้ว +1

    Sanz uyo mukecur ngo nimama Bella ntasoni agira simbabesh ukunt yashibaguza ngo andika aryamajamb yavug koma Bella kugira umu vyeyi nkuyo oya nakome umwana wawe musosi wandagara ntumuhe imbabazi nagende😏😏😏🇧🇮🇴🇲

  • @esperancentaconayigize4517
    @esperancentaconayigize4517 ปีที่แล้ว +1

    Uwo muhungu ndamwemeye kabisa kandi ndamushikiye !! Urazi ingene bamufashe nabi bamuhora ubusa

  • @ibrahimyamni7102
    @ibrahimyamni7102 ปีที่แล้ว

    Ubu ngira baramubetonye Bella🤦🤦🤦🤷🤷🤷🤷🤷🤷🤷😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @yafitaalghtany3812
    @yafitaalghtany3812 ปีที่แล้ว +1

    Uyo muvyeyi ntanisoni anagira christian ntugeze vrt ngurasubize Munzu iyo ndaya mbaya NGO ni bella ndagusetse bella ihane kabisa

  • @habibi5688
    @habibi5688 ปีที่แล้ว +4

    Bazomporera ar'imbere 😂😂😂😂jafeti warakoze ku mukomesha Bella n'uwundi munsi ntazosubire ,umuntu wamubona kwafise akamaro iyatakiri hafi yawe,Sha Christian rekana na Bella kuk n'ubundi nimwasubirana nta cizere azoba afise iwawe azongera agukomeretse kweri,amahigwe aza rimwe mu buzima,aace machozi ya mamba uyo demu😂😂akanyage Kubwa Kubwa🏃🏃

  • @ElyseeKABURA
    @ElyseeKABURA ปีที่แล้ว +1

    Japhet naho yakumaramaje Bella cane mugirire ikigongwe bwari ubuto. Ibagira ivyo bagukoreye naho bibabaje

  • @salimamanirakizaimanaibahe3433
    @salimamanirakizaimanaibahe3433 ปีที่แล้ว

    Icigwa gikomeye kuba Mama bameze nka nyina wa Bella bavuga ngo urera nabi ugatukwa n'abakwe🤓💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃

  • @حفصهحفصه-م4د
    @حفصهحفصه-م4د ปีที่แล้ว +7

    Kandi utabetonye nukuri😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @ggsdfgg6948
    @ggsdfgg6948 ปีที่แล้ว +1

    Jew nibaz kwari flm nukuri Uwonawe ngoninyinawukobwa ntanderagira nkiyosebebe yiwe yumukobwa ahontimumaramara

  • @jamesnjane-uo7ez
    @jamesnjane-uo7ez ปีที่แล้ว +1

    Namubabarire. Ntibazi. Icobakora. Nanje. Vyarambayeko. Muhimabazi

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 ปีที่แล้ว +3

    Bella intabwirwa ibwirwa aruk amaso atukuye twaraguhanuy wanka kumva nyoko nawe yagushigikir mumafuti genda mwicarane muhir ube igisubira muhira🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️

  • @igabanezasablinciel4218
    @igabanezasablinciel4218 ปีที่แล้ว +1

    Yeeeeeee belll bwabund ntiwibuk wallah kand pl kwl wirukir uwugusiga ugat uwogusanz kbx kand nsanz mw na nyoko waw mumutw hany hadakor nez arik mumbabarir nivy mbon ukunt mwaj kumusab ikigongw mwiyambits ubwiz Indian hany muramabingir ipuuu nukome

  • @frorenceetoile3016
    @frorenceetoile3016 ปีที่แล้ว

    Bella Bella Bella ndaguhamagaye 3 ushaka gusubira kubetona 😅😅😅😅😅😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣

  • @ndayishimiyeclaver6440
    @ndayishimiyeclaver6440 ปีที่แล้ว

    Congratulations bro,burya nuyo mugore ngo ninyokobukwe ntanindero nisoniii agiraaa,uravy uko yashigikira umukobwa wiwe,unomus araherekj ngo ....??nagendeeee Kwa Jphet nyneee
    Christian yew ronderera ahandii kndi niwongera gusubirana nuyo uzoba urimbwa-ngaboo!!!

  • @tescomo8353
    @tescomo8353 ปีที่แล้ว +1

    Chria
    Aritond
    Arinkuwund
    Yacaabataka
    Iyoninday
    Kwer
    Vyas
    Kumw
    Amukosor
    Azi
    Akazik

  • @joselynempawenimana6019
    @joselynempawenimana6019 ปีที่แล้ว +1

    Bella iyongeso yaw yogukund abahungu utayihevy ntuzigera wubak uribuka ivyo wagiriy wisely kuri anniversaire🥱🥱🥱 yaw vyose twarabibony woshak wokwikebuk ukba umukobw yiyubah gus🤔🤔🤔 polesana

  • @sandrinedusabe4417
    @sandrinedusabe4417 ปีที่แล้ว +1

    Nukuri muhebe vrement uwo sumugore nanje ndabishigikiye abakobwa ni beshi bella ihangane usubire kwa jafeti

  • @danieljames8878
    @danieljames8878 ปีที่แล้ว +2

    Mmmmmmm Bella imana ikwakire vrmt 🤣yoooo maman wawe yaraguhenze vrmt kandi uyumugabo nakwankire cane vrmt😭😭😭😭😭😭😭😭

    • @amasa901
      @amasa901 ปีที่แล้ว

      😂😂😂😂

    • @christabeb7503
      @christabeb7503 ปีที่แล้ว

      😂😂😂😂😂😂ngo Iman imwakir😂😂😂 Yarabiii

  • @hakizimanaivyonne327
    @hakizimanaivyonne327 ปีที่แล้ว +1

    Eweberasha nukuri ntamuvyeyi ufise uragaragara nfisumuvyeyi nkuyo ngonimamawanje umumama at agira impanuko nukuri abavyeyi namwe mukwiye gutabwa mubugararwa

  • @fainesiriho6013
    @fainesiriho6013 ปีที่แล้ว

    Bella nawote kuko niwe yavyikwegeye agirako yambika ibara umugabo wiwe ngo ntakomey🤔gusa uyo mugabo arahagaz nkumugabo💪💪

  • @vincentbigirimana6763
    @vincentbigirimana6763 ปีที่แล้ว +1

    Duhe show twirire kbx Ewan Bella naw kl arize adaciye kwishure man isi irigisha kl gusa Christian nabanze atuze ko Bella yemeye guhinduk kumbere yisubiyeko bamugirire ikigongwe arik inkwano ntiyongere kubah narumwe ikind nobwir Christian abakobw bub ni hatal nubw woresha uwundi naw haraho yokora ibisumb Ivy Bella akoze gutyo Christian akam mugahinda nagir imbabazi bongere basubir kW muganga barabe réellement ko atanda Bella afise

  • @mmbb9770
    @mmbb9770 ปีที่แล้ว +1

    Ubwobubeshi wapi ahubwo mwashatse kwigisha abamezuko nahubundi ivyosivyo

  • @mmkkgfh5454
    @mmkkgfh5454 ปีที่แล้ว +1

    Ico kijuju bavuga ngo iyihuse yavyaye ibihume hamw twobona musubiranye twogutwenga

  • @reemaalwad3ani616
    @reemaalwad3ani616 ปีที่แล้ว +1

    Christian ndakwemeye birukane uyo sumugore wagushira munzu

  • @gagagrace6789
    @gagagrace6789 ปีที่แล้ว +1

    Nimbatari film ntumuharir KK yarakugayishij birenze pe

  • @ppm6897
    @ppm6897 ปีที่แล้ว +2

    Mbaye nihera iryinyo nubwo bitaruguruk emwe karanyanyaye Bella egosh koma

  • @erickpeter90
    @erickpeter90 ปีที่แล้ว +1

    Man uyomuhungubndamweye kbx abakobwa bibu

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 ปีที่แล้ว +4

    🤣🤣🤣🤣🤣 nukur akabi karatwengwa nkakeza uwoni Bella na nyina baje gusaba ikigongwe uwomugabo ningen bahatswe kumukubit oyanimurek kumbarir shaaaa ntacoyobon iyonintango komesh 👍👍👍kuk uwuvyitey ntibimuter ubute 🤣🤣🤣🤣

    • @yofonealsu6358
      @yofonealsu6358 ปีที่แล้ว +1

      Aaaaah

    • @yofonealsu6358
      @yofonealsu6358 ปีที่แล้ว

      😂😂😂😂😂

    • @ttyy7642
      @ttyy7642 ปีที่แล้ว

      Nihatal rwamahor mwana nukuntu yatwenga uwomugor mama bella 😆😀😆😀🤔 ubuho azokuzanirako batatu atigeze ashira lmbere kazoza wariko mutegurira clitsia witonde kbs ukamusubiza munzu umanze wiruke kbs bazogukorerako bella nindayambayaaaa

    • @Niyokwizigirwamenedora
      @Niyokwizigirwamenedora ปีที่แล้ว

      @@ttyy7642 🤣🤣🤣🤣

  • @fessallymuhamudu3226
    @fessallymuhamudu3226 ปีที่แล้ว

    Mercii christia akagere baguteye nawe basubirize munkoko hubwo uyo mugore ntasoni afise

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 ปีที่แล้ว

    Nanj ndi cristien naho vyoshika nkaguharira ntankwano nobasubiza nogutwara kubuntu

  • @Sara-ix8iy
    @Sara-ix8iy ปีที่แล้ว

    Ahubwo maman was Bella ntanisoni afise ingene yashigikira umwana wiwe ukamenga nirigi Mama Bella wew ntabuvyey bwawe kwer

  • @sosokeza809
    @sosokeza809 ปีที่แล้ว +1

    Vugango wabaye umuvyeyi mubi kuk uravye ukuntu Mwasebej Uyumuhung Christian nukr Nanjye arijew kubabarir vyongora kuk mwaramukomerekej

  • @zazanesh1987
    @zazanesh1987 ปีที่แล้ว

    Chris good thanks

  • @cvzx-2968
    @cvzx-2968 ปีที่แล้ว +2

    Mbendaseka🤗🤗🤗🤗🤗

  • @hiqhsh7091
    @hiqhsh7091 ปีที่แล้ว +1

    Ewe mabukw nawe 🤣🤣bell reka umwanya ukwemeze✌️

  • @remykilomiekilomie1376
    @remykilomiekilomie1376 ปีที่แล้ว +1

    Kwituguruka?

  • @alinehs3733
    @alinehs3733 ปีที่แล้ว

    BELLA uracarumwan urabon ingen wiyonony sha urambabaj uyomuhung yaragikund waramuhemukiy

  • @محمد-ط5ك6خ
    @محمد-ط5ك6خ ปีที่แล้ว +1

    Iyaba murabo bose yaba bella yarigeze umugabo vyari sawa none ntazi nicumugabo avuze hama iyaba christian nawe yarigeze numugore yaba azi vyishi none murabo bose ninkumi numusore canke mutegure iyo mariyage ibe mubikure mumajambo mubishire mubikorwa

  • @fabulaburndi1150
    @fabulaburndi1150 ปีที่แล้ว +1

    Twarakubwiy ww kuzicuza impene yamaze kurenga imirambi niyo nyina wiwe ataba amushigikiy nyina niwe yari gusabimbabazi

  • @omanhima3290
    @omanhima3290 ปีที่แล้ว

    Oya Bella Maman wiw yaramushigikiye abavyeyi nkabo muriyis sibeza. Yoheje nanyina.ntiyemer icokigogwe

  • @irashoboyechristine7998
    @irashoboyechristine7998 ปีที่แล้ว

    Imana yishurira kugihe
    Bella koma siwe wobona

  • @samiyairakoze5958
    @samiyairakoze5958 ปีที่แล้ว +1

    Ntanisoni mufise wamugorewe numukobwa wawe murindaya mbaya

  • @pppprty150
    @pppprty150 ปีที่แล้ว

    None, nkokwirigwimbere ya camera, urumu maman, ntamiryango, ihari

  • @KsaKsa-du6uy
    @KsaKsa-du6uy ปีที่แล้ว +4

    Baraguhanuye wanka kumva maman waw agushigikira Non ntimuriko mumaramara uravye ukuntu mwamutuka ukamenga shumukwe manaw harakumiro🤔🤔🤔🤔🤔

  • @jeannemukeshimana2659
    @jeannemukeshimana2659 ปีที่แล้ว +2

    Uyumumama arikwategeka canke arikwarasabantanderafise nimumenyeko ahomunzu hariyubufu nawe yobubamenako niyo mwagaruka ntimuzozuko abashingantahe nabapfasoni barihe igihe bazaninkwano zanyende

  • @thards4573
    @thards4573 ปีที่แล้ว +1

    Kumbe uwo ni mama wa bela emwe ndumiwe nibara nuyomugore ntandero afise

  • @mmkkgfh5454
    @mmkkgfh5454 ปีที่แล้ว +1

    Wewe muhungu warahawe indero komeza kwihangana umuntu umuhaye amahirwe ubugir Kabir nibombe ntiwemere niryafu yakumenyeko nagende iwabo

  • @ooo7490
    @ooo7490 ปีที่แล้ว

    Bro uwusavy imbabaz arazigirirw knd uraz ko na divorce utarayimuh rr kwabay ukutameny kury wavuz ko arumwan fat ko yabikoreshejw nubwanw hamw nukutameny plz plz plz kimw Bella yosab imbabaz umuryang waw bamubabariy nae umumbabarire kk bibah mubuzim gus ndarengany imbabaz uwuzisavy arazigirirw plz bro 🙏🙏🙏🙏🙏

  • @juzil7785
    @juzil7785 ปีที่แล้ว

    Umuvyeyi wimukobwa nigito ntamanuro yigeze ahumukobwa wiwe bimez nkaho ariwe yamushigikiye ngo asambure

  • @حفصهحفصه-م4د
    @حفصهحفصه-م4د ปีที่แล้ว +1

    Iha/ure wewe namamawawe nabandi ubihoze wishe ubuzima bwamwe ahobaga wifasha🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔

  • @yuui1878
    @yuui1878 ปีที่แล้ว +1

    🙆🙆🙆🙆🙆🙆🙆🙆🙆🙆🙆🙆🏃🏃🏃🏃🏃🏃🏃🏃🏃🏃🏃🏃🏃🏃🏃🏃👅👅👅👅👅👅👅👅👅👅🙅🙅🙅🙅🙅🙅🙅🙅🙅🙅🙅🏋️🏋️🏋️🏋️🏋️🏋️🏋️🏋️🏋️🏋️🏋️🏌️🏌️🏌️🏌️🏌️🏌️🏌️🏌️🏌️

  • @ninzizaqueendanielle9606
    @ninzizaqueendanielle9606 ปีที่แล้ว +2

    We Bella chrie wawe mwahoze mubana nabaze aze hano ndamuhe akantu yisomere. Baca umungani mukirundi ati wirukira uwungusinga ungasinga uwungusanga erenga simbetonye

    • @mamacheiilla72
      @mamacheiilla72 ปีที่แล้ว +1

      Ahubw mumbaririr uburer kwagaruts bamubetonye🤣🤣🤣🤣

    • @sosokeza809
      @sosokeza809 ปีที่แล้ว

      ​​@@mamacheiilla72 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
      Ningorane nukur ah nikibazo nukur Bella nabanze akizwe ave muburaya

  • @nizigamajustine4794
    @nizigamajustine4794 ปีที่แล้ว +1

    Nasubire muhira kuko ntaragera kubaka ntanindero agira naje kwishure nanyina ntakigenda kl ninshira soni gusa

  • @ابوكلنك
    @ابوكلنك ปีที่แล้ว

    Ntiwemere wamugabo ntamanze akome

  • @arbinuwamahoro7370
    @arbinuwamahoro7370 ปีที่แล้ว

    Bella narakubwiye ko uzokwichuza kandi
    Kubinu wakorey uyo muhungu sanze yitonda chane ariko baravuze inamenya bwari kindi kandi nyina wabera sumuvyey jewe nara mugaye p naho ataru muvyeyi wanj kuko uyo mumama nahanura arasambura bella warishituye ngo ushak divos ubu uje witonda 😂😂😂😂dani ndumufana wawe

  • @amasa901
    @amasa901 ปีที่แล้ว +3

    Nda coment kiremeeee😂😂😂🔥🔥🔥

  • @faustinkwizera159
    @faustinkwizera159 ปีที่แล้ว

    Uyomugab ndamwemer Arik uyomuvyey ntabw arumurenz

  • @alouisejohn7752
    @alouisejohn7752 ปีที่แล้ว

    Kutavuga mama wawe yagushigikiye mubujuju ahubwo ntamuvyeyi ameze nkawe

  • @حفصهحفصه-م4د
    @حفصهحفصه-م4د ปีที่แล้ว +3

    Ndumiwe pe ahubwo ndatwenze pe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @mmkkgfh5454
    @mmkkgfh5454 ปีที่แล้ว

    Jw numv ntohez guter comentaire nawe muhungu zubavuza naw igiti nagende ntacomugipfana wew uzoronka uwundi

  • @samiyairakoze5958
    @samiyairakoze5958 ปีที่แล้ว

    Shaaa nibaze kwari film

  • @oleemigembe3728
    @oleemigembe3728 ปีที่แล้ว +1

    Bella nta ni'isoni ugira kabisa,none ya béton wavuga Japhet yarayisenyaguye Ubu rero uzaniye Christian imikoshi ngo uje gusaba ikigongwe n'amarira y'ingona?genda kwa nyoko akuronderere abagabo siwe yagufashije gusambura ahubwo umaramara buhoro

  • @حفصهحفصه-م4د
    @حفصهحفصه-م4د ปีที่แล้ว

    Iyi shoo ndiyo. Pe🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔

  • @hakizimanaivyonne327
    @hakizimanaivyonne327 ปีที่แล้ว

    Mamawawe niweyakuberey Ibamba muvyeyi atazi guhanura umwan

  • @MomoMomo-ry2uk
    @MomoMomo-ry2uk ปีที่แล้ว

    Mamawabella murabanyakibi numwana wawe nyene ahubwo iyubakubita nawe bagataha aribimuga erega uryantasa numugore wokwubaka biyamiriz kweli bakuv inyuma muzokwama mumaramara

  • @igabanezasablinciel4218
    @igabanezasablinciel4218 ปีที่แล้ว +1

    Ndagir ic mvuz ndayihejej iyi chow

  • @omanoman818
    @omanoman818 ปีที่แล้ว

    Ahubwo nduwomuhungu nari kumuha divorcé nyarutsa none ubu yemeye kugaruka kumuhungu atamurongora ? Jewe ndazi bella bazosubiranamwo na nyina

  • @kendrickwizz
    @kendrickwizz ปีที่แล้ว

    Inda nayafise kuko twarabiboye muri episode iheruka

  • @randaal1695
    @randaal1695 ปีที่แล้ว +1

    Simbetonyeee huuuuuuuuu

  • @chellairakoze197
    @chellairakoze197 ปีที่แล้ว

    Bell naj kwibanira n nyina kuk kwubaka vyaramunaniy

  • @nduwayobosco7858
    @nduwayobosco7858 ปีที่แล้ว +1

    Asha naje NGO NDI nimpuhw ntakigongw cohab namajambo bahavugiy

  • @johnnininahazweclaude
    @johnnininahazweclaude ปีที่แล้ว

    Uyo mukobwa niryanrya ikomeye ivyo yakoreye Wisley

  • @hakizimanaivyonne327
    @hakizimanaivyonne327 ปีที่แล้ว +1

    Nukuri bera ntabwarumugore wogushira munzu muhebe bera nagende arongorwe ahandi

  • @christabeb7503
    @christabeb7503 ปีที่แล้ว

    Ebaga nihatar nukur Bella ico ndogusaba senga Iman gusa😢

  • @meryorndi630
    @meryorndi630 ปีที่แล้ว

    Clista niwihagarareko nkumugab ubakomeshe ahubwo ntasoni bafise

  • @anith-m7n
    @anith-m7n ปีที่แล้ว +1

    Oyay.ntacufis.uhanur.kuk.ww
    Naman.waw.ntakigend

  • @sendrinempawenimana4643
    @sendrinempawenimana4643 ปีที่แล้ว

    Oya.koma.narakubwiye.😂😂😂.wamuhungu'weeee.ntiwemere.wakirofa.weeee.irigira.kabiri.azokwica

  • @liboirebarenzako8434
    @liboirebarenzako8434 ปีที่แล้ว

    Dan biggup wewe.
    Mpaka ubikurikirane gushika kukanyuma

  • @oleemigembe3728
    @oleemigembe3728 ปีที่แล้ว +1

    Uracari muto uzoronka uwundi mugabo azi kumena béton,none Christian ya beton yawe ubu yarize kuyisenyura,ufise isoni nke kabisa

  • @moisenahindabiye736
    @moisenahindabiye736 ปีที่แล้ว

    Mukina neza tuyite flm uvyara nabi ugatukwa n'abakwe

  • @danieljames8878
    @danieljames8878 ปีที่แล้ว

    Bella nimumureke aracarumwana kwl ntaratahura ivyarimwo kandi nasanze na maman wiwe umenga nirofa ukuntu vrmt gusa jew nciye numva fise nishavu reka nihorere vrmt😳😏😒🤨

  • @samiyairakoze5958
    @samiyairakoze5958 ปีที่แล้ว +1

    Uyo sumugore nibirara umumobwa nanyina nukuri ntindero bagira vrmt

  • @MomoMomo-ry2uk
    @MomoMomo-ry2uk ปีที่แล้ว

    Nagende iyondaya mbaya ahubwo ntumaramara kweli erega nuyumugor nikirofa numwana wiwe unve ahubw ushaka womenya kurera shaaaa nahubundi uzokwama umaramara genda udange kuk nivyo warukwiriy

  • @oleemigembe3728
    @oleemigembe3728 ปีที่แล้ว +1

    Christian,ukihenda ngo umushize mu nzu,uzoba uhaye amahirwe agira kabiri uwashatse kukwica akaguhusha

  • @tuyisengejenasta5308
    @tuyisengejenasta5308 ปีที่แล้ว

    Umvanawera utajyiye kuduhanura noneho ndumiwe🤣🤣🤣

  • @amasa901
    @amasa901 ปีที่แล้ว

    Yooooo nejwee narinabonyeko watembagajeee irori kubera uwomugabo narabonako ariwivubahiro yitonda uwomugoree nawekwr yubahutseee KO arajimberee yumukweee nivyobamukoreyeee gusa namubabarireee nyacaha kitababarigwaaaa niyaba yaramukunda vykur ndibazaaa yatoyicigwaàaa