🍻 HangOut na DJ paulin ep15: ''Fizzo na Edith Stein bahuriye mu giteramo canje Belgique''

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 ส.ค. 2024

ความคิดเห็น • 48

  • @parfaitirakoze8268
    @parfaitirakoze8268 2 ปีที่แล้ว +22

    Ka Boss plz wogerageza gu structura neza les questions (peut-être ugatangura kuri questions personnelles hanyuma ukaza bukebuke kuri questions professionnelles hanyuma ugahereza kuri questions diverses) kuko birafasha gu suiva utagenda urasubira inyuma. Ikindi Ka Boss plz ugume wambara uko nyene wari wambaye (pas pour DJ Paulin gusa mais pour le respect de chaque invité mais aussi le respect y'akazi kawe) Ikindi Paulin c'est vraiment un plaisir yo kumwumviriza.

  • @irakozenasra3924
    @irakozenasra3924 2 ปีที่แล้ว +4

    thanks JIMBERE pour l'emission , hama pour la diaspora benshi bama bafise esprit iri negative k UBURUNDI mais faut toujours essaye. ikibabaje nabo baku decouragea ntaco baba bagerageje c juste amajambo. let's build our country together. EJO NI HEZA 💪💪💪💪

  • @wakawakatvrw
    @wakawakatvrw 2 ปีที่แล้ว +7

    Mzee wangu uyo....

  • @hsb9539
    @hsb9539 2 ปีที่แล้ว +5

    Ndakunda ukungene Kaboss 4 real atangura kugira biography y’umu invité bisigura atangura kugira recherche. Bro keep it up. I believe ko imbere ari heza. I’m your big fan

  • @oscarfashionbuja1267
    @oscarfashionbuja1267 2 ปีที่แล้ว +8

    Jimbere ntitwigera tunanigwa ka boss courage vraiment urabizi k ndumuntu wawe🔥🔥✌

  • @umufabTV-1
    @umufabTV-1 2 ปีที่แล้ว +3

    Chapeau au présentateur de l'émission...

  • @akabahingaquesnaydejesus9742
    @akabahingaquesnaydejesus9742 2 ปีที่แล้ว +3

    Kaboss uriko urerekana isūúra ya bien mubijanye n'ama interview ukora, biraboneka neza ko ukora ikiganiro wateguye kandi witeguriye.
    Ninde mu journaliste akw inspira man?
    Bibineka ko ufise ukuntu wi documenta👌👌

  • @MMSTVBurundi
    @MMSTVBurundi 2 ปีที่แล้ว +2

    Niza cane merci kaboss hama Dj p courage uvuze neza dukunde ivyacu

  • @chabertmutabazi5466
    @chabertmutabazi5466 2 ปีที่แล้ว +1

    Kaboss 4real journaliste wambere kuma platform online. Keep go ahead bro

  • @xrxr7430
    @xrxr7430 2 ปีที่แล้ว +3

    number one mump akantu🤣🤣🤣🤣🤣Paulin like so much and kaboss big up sana

  • @cocochanelle258
    @cocochanelle258 2 ปีที่แล้ว

    Kaboss courage uzogera kure ww ufi talent ndakunda ama kstions yawe biraboneka k wagiz ama recherche kandi ntubaza yama kstions bama bariko barabaza bose hope k iyo tv ariyiwawe sinon ugurura iyiwawe ntugume ukorera abandi

  • @jovioncuti3275
    @jovioncuti3275 2 ปีที่แล้ว +4

    nkunda ingen umutumire yama atangara iyo Kaboss for real atanz ama informations umutumire atigez amuha😂😂😂😂😂😂 vyerekana um journaliste professionel

  • @Ashfaqit
    @Ashfaqit 2 ปีที่แล้ว +4

    Aaaahhh #Kaboss nakubali introduction papa💯🔥🔥🙌🏽

  • @stessyajeneza6444
    @stessyajeneza6444 2 ปีที่แล้ว +3

    Kaboss introduction yae vrt🍻much respect😍

  • @sigsbertmunyempundu8143
    @sigsbertmunyempundu8143 2 ปีที่แล้ว +6

    Belle émission cher journaliste ainsi que l'invité d'honneur. Il est humble cet homme et a des idées qui inspirent n'importe qui! Aussi je l'aime!. Je vous souhaite beaucoup de succès pour cette année!

  • @danielnderagakura8174
    @danielnderagakura8174 2 ปีที่แล้ว

    Respect, émission professionnelle, vrma ivyo avuze vyose nukuri kudasha

  • @iammasterland
    @iammasterland 2 ปีที่แล้ว +5

    Fire 🔥 🔥 🔥

  • @MJCOfficial89
    @MJCOfficial89 2 ปีที่แล้ว

    Crg Broo urashoboyeee

  • @diellamicheleharerimana9048
    @diellamicheleharerimana9048 2 ปีที่แล้ว +3

    Kaboss you have done a good job✔keep going✔✔🇧🇮🇧🇮

  • @awillerartworkofficial8454
    @awillerartworkofficial8454 2 ปีที่แล้ว +3

    Belle Emmision kbx👌👌

  • @Bahoamagaramazima
    @Bahoamagaramazima 2 ปีที่แล้ว +2

    Woooo 🔥🔥DJ respect

  • @jaypablo
    @jaypablo 2 ปีที่แล้ว

    vrma Dj Paulin wubahwe cane 👏👏
    ndakunda idées zawe🤝

  • @fabricenduwayo7059
    @fabricenduwayo7059 2 ปีที่แล้ว

    D j Paulin kabisa wubahwe ,urumushingantahe abushitse

  • @MusicOfBurundi
    @MusicOfBurundi 2 ปีที่แล้ว

    Courage Petit yangu.. You are about to change the game.. Never stop..

  • @fleurettehabonimana5255
    @fleurettehabonimana5255 2 ปีที่แล้ว +2

    belle Emission

  • @nyembokatumbwe5476
    @nyembokatumbwe5476 2 ปีที่แล้ว

    Big up My Bro ka Boss

  • @pamellairakoze9647
    @pamellairakoze9647 2 ปีที่แล้ว

    Nice job kaboss

  • @Mr_KORI
    @Mr_KORI 2 ปีที่แล้ว

    Ngiyi émission nariindindiriy👌👌👌👌

  • @User12358__
    @User12358__ 2 ปีที่แล้ว +2

    Kaboss tu progresses continues comme ca !
    Dj paulin merci pour ton partage

  • @niyonizeyemarienefertity8185
    @niyonizeyemarienefertity8185 2 ปีที่แล้ว

    Nice Kaboss

  • @chadiadushime8131
    @chadiadushime8131 2 ปีที่แล้ว

    Belle émission 👌

  • @nostressfreedom7431
    @nostressfreedom7431 2 ปีที่แล้ว

    Dj Paulin shaa mwemera kubi

  • @donjusteniyo7736
    @donjusteniyo7736 2 ปีที่แล้ว

    Nice emission

  • @mcblizzo2577
    @mcblizzo2577 2 ปีที่แล้ว

    Kaboss Urakaze kbxx

  • @epitasnkurunziza6713
    @epitasnkurunziza6713 2 ปีที่แล้ว

    Ndakubaha ka boss

  • @fleuryniyimfasha2351
    @fleuryniyimfasha2351 2 ปีที่แล้ว

    Intro iratesa😂😂💕💕💕

  • @johnnysiame3472
    @johnnysiame3472 2 ปีที่แล้ว

    Visits nzoyikorera iwi we kbs kwa pole

  • @christnkurunziza688
    @christnkurunziza688 2 ปีที่แล้ว

    It's was a nice show!!

  • @benjyfranklin
    @benjyfranklin 2 ปีที่แล้ว

    Aka Émission ka bien vrt.. Kaboss wubahwe kbs..

  • @bsc4177
    @bsc4177 2 ปีที่แล้ว

    ivyavuze kubaririmvyi nivyo kbs baragara sana kdi ataco bafise bagarana

  • @mugishaaston6354
    @mugishaaston6354 2 ปีที่แล้ว +2

    Ok twagiye commentaire yambere ibaye gwanje mumperez izo like nirenganire🥱

  • @anaisenahayo8458
    @anaisenahayo8458 2 ปีที่แล้ว

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @faustinharumukiza
    @faustinharumukiza 2 ปีที่แล้ว

    🔥🔥

  • @nourambarak6297
    @nourambarak6297 2 ปีที่แล้ว

    ka boss ubikor bien

  • @aysherkarim75
    @aysherkarim75 2 ปีที่แล้ว +2

    🔥🔥🔥🔥

  • @bercafricain
    @bercafricain 2 ปีที่แล้ว

    Russie 🇷🇺- Ukraine 🇺🇦 : Ingaruka z’Intambara
    th-cam.com/video/iGSHUVpxzPA/w-d-xo.html