Aba nya migambwe bamenyesha ko intwaro zihari ataho zitaniye n'iza cami ,inzitizi y'amatora yizewe

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ต.ค. 2024
  • #indundinews : Ngo ntavyishi aba nyamigambwe batari Ku butegetsi bo kwitega mu matora yimirije mugihe abo bahiganwa bakoresha igitugu n'uburyo bw'igihugu, kandi intwaro ngo zihari ntaho zitaniye n' intwaro za cami

ความคิดเห็น • 1

  • @jeanclaudenshimirimana6719
    @jeanclaudenshimirimana6719 3 วันที่ผ่านมา

    Turashimako radio indundi culture mubandanya kudushikiriza amakuru aba agezweho kandi y,ukuri