Harakwiye gukorwa ikarata nshasha yerekana ubutare bw’Uburundi (CFOR-Arusha)

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 ก.ย. 2024
  • Urunani CFOR-Arusha ruhurikiyemwo abanyepolitike batavuga rumwe na leta, rubona ko igikomeye atari ukwidoga bagiriza aba na bariya, ahubwo igikomeye ngo ni uko hokorwa ikarata y’Uburundi nshasha ijanye n’ubutare, hagashirwaho na politike y’igihugu ijanye no gucukura ubwo butare.

ความคิดเห็น • 3

  • @user-kj6gm8ut9t
    @user-kj6gm8ut9t หลายเดือนก่อน

    Gilbert Midende murazi ivyo yakoze muri Terres rares aho mu gakara. Reka reka 😊😊😊

  • @rosehakizimana8691
    @rosehakizimana8691 หลายเดือนก่อน

    Ego cane iyo Carte irakenewe

  • @SamuelNkurunziza-ql4xv
    @SamuelNkurunziza-ql4xv หลายเดือนก่อน

    Irya ni publicité yakoze nyimba utabibonye