Conf-Debat 2024:Uruhara rw'abavyeyi n'abana kugira umuryango umererwe neza/Pasteur Darius NKONGORO
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 25 มิ.ย. 2024
- Iki ni icigwa ca gatatu cashikirijwe mu nyigisho z'ingo n'imiryango i Bururi ku wa 15 Ruheshi 2024.
Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo YESU - บันเทิง
Imaniguhumugisha❤❤
Uku kuri kurakenewe caaane mu muryango yacu.
❤😅😅😅
Nukuja mw'ijuru dukomey