Merci Dacia pour le témoignage sur l'évolution de ta fille. Ndarize😢bimpay kwizera n'ukumva que je dois être patiente pour mon fils. Il n'est pas autiste ariko nyene arafis udu soucis tundi
Just a tip for Hosy, uri umu business woman, you are exposed to a lot of STRESS. If you can, please include a regular check up with a cardiologist just to get your blood pressure checked regularly. This will save you life, money and time. If you already get it checked regularly, Good!
Watching from Turkey💯 episode iri top notch... aga son gusa mugakorereko. Hama ndakunda kubon umuntu ariko ararira bituma mba emotionelle nanj cki m montre ko emotionellement nkimeze neza ntaruma nk'igiti. Kamata iyi mitima❤❤❤
Siren vibes tv yarigeze gukora ikiganiro na directrice wa Talitha khoum ifasha abana bafise autisme mwoja en contact niyo centre mukabaza uko boshobora gufasha umwana. Courage cane 🫂
Bakunzi bacu beza yambiiiii🥹🥹🥹🫂🫂🫂
Nje kubasaba imbabazi ku majwi avuga nabi😭 mutwihanganire dufise ivyuma bishasha biracatunyuzura☹️🙈 kandi😂 ivyuma ntibisezerana ariko Next Time tuzogerageza kubaha Qualité nziza🥹❤️
Murakoze kutwihanganira, turabakunda cane🫂
Turazihuhaye kuko tugukunda❤
@@AllaboutHosy turaziguhaye...sikazima waduhaye ikiganiro ibisigaye ni article 15🤣🤣🤣
Humura turagerageza tubumve ko turabakunda. ❤❤❤❤
@@irakozenasra3924nukuri😂
@@nadgashi7827🥹😍
Hosy naravye ibiganiro vyaw kuva 2018 nari muto 🥰wumveko nezerererwa na step ugezeko ,🥰🥰 kandi ubandaye uhezagirwa.
Temoignage zanyu zirakomeza vmt God bless ya’ll beautiful ladies
Merci Dacia pour le témoignage sur l'évolution de ta fille. Ndarize😢bimpay kwizera n'ukumva que je dois être patiente pour mon fils. Il n'est pas autiste ariko nyene arafis udu soucis tundi
Ntakinanira Imana
Ikiganiro ciza,Niki❤❤ uyu musi intahe ya Dacia iramaze bzous bzous Dacia🎉❤.CEO respect sana pour ton dur labeur!!
Ubutaha background sound muzoyireke or reduce it kuko iba a distraction igatuma tutabumva neza! ❤️❤️
Ego cane
Just a tip for Hosy, uri umu business woman, you are exposed to a lot of STRESS. If you can, please include a regular check up with a cardiologist just to get your blood pressure checked regularly. This will save you life, money and time. If you already get it checked regularly, Good!
Yambiii Hosy❤.namashimwe yararyoshe kumviriza.nukuri murize narize mutwenze natwenga.muraberewe musa neza mumaso muhezagigw cane
Olalala Nikita chr mpol mwiz wanj iyisi turingenz umukama aguhe umutim wokwihangan kuko umwaka wew harabayemw bibi navyiza❤❤❤❤
❤❤❤siren ibintu biratesa Imana igume ibatagatisha❤❤❤
Ameeennnnn🙏🙏
Hosy ndagukunda tu m'inspire vrt urumuntu wama projet kwli
Watching from Turkey💯 episode iri top notch... aga son gusa mugakorereko. Hama ndakunda kubon umuntu ariko ararira bituma mba emotionelle nanj cki m montre ko emotionellement nkimeze neza ntaruma nk'igiti. Kamata iyi mitima❤❤❤
😂😂😂😂😂 Nasra wari warihebuye? Na Dacia bisigay bikunda akarira😂😂
@lindanikitairankunda8181 hamwe nari nsigaye nibaza nti ndigiti?igiti cabaye jewe? Jewe igiti, igiti jewe, ...nyene mucanganyiko mumutwe🤣🤣🤣guys the struggle and depression are real🤣
Basha je ndabagwaye fô🙈🙈
Waou
Mbega ikiganiro ciza cane
Merci beaucoup les dames ❤
Murasa nez bavyeyi nkunda❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Daci unteye kurira courage sha umwana wawe azogukorera ibintu vyigitangaza utari witeze haruwu tubana ameze nkuko ariko bagenda bakora ibintu utaziga
Love this! Just a tip, the audio has been seeming low umenga le son iri mumazi or not of good quality, if it can be fixed please
Yes we have noticed that too 🥹🙏🏽 we are sorry for this
Dacia❤
Son😢 abantu twahejej ikiganiro turabakunzi😂
Ubundi mwe ni mu mahirwe no mu makubaaaa🤩🤩🙏🏽🫂🫂🫂
Sutiprise😂😂😂😂😂
Muri beza kandi murakunzwe❤❤❤
Urakunzwe nawe Euphrasie❤
The sounds is good.The Volume is low ❤❤❤Either than that appreciate kudos 👋🏾👋🏾👋🏾👍👍👍
Merciiiiiiiii❤❤❤
❤❤❤ndabakunda
Ikikiganiro cuyumunsi nuwutahora yizera nibaza ko kimwigishije kwizera mwe mukomere gusa Ibisigaye muzobona bigenda neza bukebuke 🥳🥳🥰🥰
Nikita sha ndamukund afise ijwi ryiza disiiii
Urakoze Canée Sua❤,turakundana🫂
Micro ya Hosy wap kweli
Ndabkunda cne bash❤❤❤ iman ibahzagire
Ammeeen Iduhezagirane
Natwe turabakunda ❤
Never give up kbs🥰🥰
Ndabakunda caneee❤
Natwe turabakunda cane❤
Dacia yambii chrie ❤🫂
Basha urukundo ndabakunda🥹Imana niyo ibizi! témoignages zanyu ça aident beaucoup! Love from Germany♥️♥️♥️Noël nziza kdi umwaka mwiza beza @hosy nzokwicapako you‘re a Fighter🫂Ndagukunda ntigirishije🥰ham Imana ibandanye yikorera beza 🙏
Yooooooo🥹🥹🥹🥹🥹❤️❤️❤️❤️ Nukuri natwe turagukunda
Alajwi ntameze neza uyumunsi Hama mpereye kuvuga ibitameze neza ariko nda❤ ndabifurije hap new year ❤❤
Wa twese Evelyne❤, hama ni ikibazo c'ivyuma ariko tuzobikosora ubutaha urakoze...
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Siren Vibes ndabemera caneeeeee
Wish you 2025 izobabere nziza caneeeeee mubandanye mutera imbere kurusha….
Amen amen amen❤️ twese hamwe mukunzi wacu
Aga son ntigatesa uyu musi twarushe😢n'uko ndabakunda si non sinari kuyumviriza
Ihangane mukunzi wacu🥹 natwe twaravyumvise. Twaragerageje kubikosora la fois prochaine uzoryoherwa🥹❤️
Yambi nyinshi bagore beza🥹🫂🫂❤️
Yambiii Christa🥹❤️
Yambiiiiii mugore mwiza❤
Ndabakunda caaane ariko amajwi uyumusi ameze nabi
Noel nziza bantu banje
Ya twese muntu wacu 😍
nuyumuns. ak volum sinz ukunt kamez mwe komez uko nyn tur🥸🥸🥸
I micro zirimwo bass nyinshii Hosy
Murahanura nukuri mwubahwe❤❤❤❤
Yiga he Maya nzohatware umwana wanje 😢 nihebuye ,
Siren vibes tv yarigeze gukora ikiganiro na directrice wa Talitha khoum ifasha abana bafise autisme mwoja en contact niyo centre mukabaza uko boshobora gufasha umwana. Courage cane 🫂
Woca kuri talithakoum kwanza iri kuri 28novembre, niho ytanguriye, ubu yiga kri compagnie des doudous
compagnie des doudous iri amajahe Dacia ?
Amajwi ntasohoka nezaaa
❤❤❤❤❤
reka azoce aba marraine n'umwana
Ndabakunda bagore nkanje ❤❤❤
Turagukunda natwe❤
Dacia ubushuhe bwamubanye bwishi,yatwambariye mini robe
❤❤❤🎉😢
Biri kuvuga nabi mukosore microphone
Nimukomere murabavyeyi imana igenda ituruhurira imitwaro
@Dacia yambi🥹
Jew abantu bavuga ngo ntihabona sinzi ico bashaka,jew mbona habona neza,ahubwo iyi lumiète niya grave,mwebwe mbega ntimuzi ibigezweho,erega basha tugira dushik 2025,iyo lumière niyi gisirimu…
ntandur zahabay hubw mwahaririye mwes
Lumiere yiyo studio yanyu wapi ntibona neza nibabagirire habone nkakurya kwa France 24 vyokunda
Nkabande??😅😅😂😂😂😂😂😂😂😂
Muzoduterere vrmt vyokunda
Turabemera l'année prochaine bizobe ariko n'ubu vraiment muratesa nimwiterere Imbere beza bacu@@sirenvibestv
@@cynetteIninahazweAmen amen Imana yakoze ivya mbere n’ibindi izobikora ariko aho tugeze mube murabikunda uko❤️
Muraryoheye nukuri umengo emission ntiyohera❤❤❤😂😂😂
❤❤❤❤❤
Jew abantu bavuga ngo ntihabona sinzi ico bashaka,jew mbona habona neza,ahubwo iyi lumiète niya grave,mwebwe mbega ntimuzi ibigezweho,erega basha tugira dushik 2025,iyo lumière niyi gisirimu…