Abakobwa Bihakanye iwabo🤔/Kumanura Champagne iwanyu inzara ibishe/Ibikomere navyo gute

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 ธ.ค. 2024

ความคิดเห็น •

  • @NISHIMWEDestine
    @NISHIMWEDestine 3 วันที่ผ่านมา +2

    Emission nziza cne 🎉❤

  • @KC-wj7yh
    @KC-wj7yh 6 วันที่ผ่านมา +18

    Greata ndabaramukije
    Jewe ndi kwizera nkawe
    Ndi Canada 🇨🇦, nakundananye numukobwa ngaho I bujumbura , mouse ikintu nakimwe kijanye numuryango wanje ,yaca ashavura, namubwira ngo nzokuringikira iticket uje kubaramutsa ubone aho mvuka. Nawe ngo jewe? Ngo nsizohonyorayo ngo kiretse niwaza tukajana
    Narakoze dote ndi ngaha canada 🇨🇦, ngiheza gukora dote aca abwira ngo ubu nabaye uwawe ngo utegerezwa nkumpangira aho ntamariage iraba 😂😂.narabikoze , Mana rapport nyene urupangu yampaye zuko yogenza zarashituye. Ibaze umusi umwe yaratashe agonga compteur yamazi , directement landlord aca aranyerefona abwira ko ntegerezwa kwimuka ngo kuko ntiyokwihanganira izo ngeso. Nabibwiye aho avuka barahoshahosha .Ndarondera iyindi nzu ariko ntacahindutse. Nja muri projet yokumuza na bigeze kure. Ndamubwira ko ibintu twari dufise munzu yobimpera petite soeur aba mukamenge kuko yarakenye.ngo jewe ngo ntakintu nakimwe ngo shobora kumuha ngo nzobigurisha. Basha the same day naciye nkasoringo vyose😂, ndamubloka till now.

    • @kelvinsauveur6264
      @kelvinsauveur6264 6 วันที่ผ่านมา

      Well done . Uyo yarikukura isimbo ryinuma. Warikuwunya kuvuga . Divorce yari kuyisinyira kuri aéroport.

    • @leilaprinciaishimwe191
      @leilaprinciaishimwe191 5 วันที่ผ่านมา

      Wakoze neza
      Uwo yari kuzokurira munzu
      Nigikoko

    • @giselen3118
      @giselen3118 5 วันที่ผ่านมา

      Wagize neza cane, rondera uwutekereje ameze neza w'ingeso nziza.

    • @giselen3118
      @giselen3118 5 วันที่ผ่านมา

      Wagize neza cane, rondera uwutekereje ameze neza w'ingeso nziza.

    • @terimberejaliajalia8284
      @terimberejaliajalia8284 5 วันที่ผ่านมา

      ndajorewe wallah.erega hariho abakobwa Imana ihezagira bakikura imihezagiro😢

  • @Stacee_
    @Stacee_ 4 วันที่ผ่านมา +3

    For people batinya ko bababona or ko baba judgea, why not create a Spotify section just for their testimony and protect their privacy? Izo story we want to hear too

  • @girukwishakadivine9836
    @girukwishakadivine9836 6 วันที่ผ่านมา +9

    Greta ihorer mwebwe mwar 4 abavyeyi baw barakora twe turi 9 abavyeyi banje n'abarimyi ariko bara parvenye kutwigisha no kuduha ivyo dukeney twese hama ngo nobibagir ahubwo Imana impe gushika kubuzima bakiriho mbanze ndabatemwo😂

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 4 วันที่ผ่านมา

    Ikiganiro ciza cane Hosy na Gretta🌹murayakwiriye.Emwe jewe ndamuzi umu Dada ataba iwabo kubera ubukene yarahataye agenda araba mumihan Bja yose yarayimaze.emwe mutanze impanuro nziza cane Siren Vibes oyeee kubiganiro bitandukanye muduha🙏

  • @OdetteNITUNGA-qy3vk
    @OdetteNITUNGA-qy3vk 6 วันที่ผ่านมา +2

    Muvug ibintu bizima cane mubisanzwe abakobwa twibagira cane iyotwavuye niyompamvu usanga dushaka ibisayangana Kandi dukenye

  • @لويز-ت2ق
    @لويز-ت2ق 5 วันที่ผ่านมา

    😢😢😢😢birababaje nukuri kwibagira iyo wavuye Imana ihezagire abakobwa cnke abagore bibuka iyo bavuye ❤❤❤

  • @لويز-ت2ق
    @لويز-ت2ق 5 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤whaou ndabakunda sujet nziza caaane

  • @hildenyandwi1142
    @hildenyandwi1142 6 วันที่ผ่านมา +1

    Ntiyikuraa😂😂😂
    Gusa ubafasha utabafasha,iyo ugize ikibazo ,barondera umuryango wawe
    Twama twabonye amatangazo ngo umuryango wiwee😂😂😂

  • @ClaudineNshimirimana-m9e
    @ClaudineNshimirimana-m9e 6 วันที่ผ่านมา

    Ikiganiro kiryoshe.ndabakunda murabizi❤

  • @tijorico7906
    @tijorico7906 2 วันที่ผ่านมา

    sawa cane mukomere cane

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 5 วันที่ผ่านมา

    Shaaaaa muratanze impanuro nziza kbsa mwubahwe

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 4 วันที่ผ่านมา

    Munsubije kure pe umuntu aterimbere akibagira umuryango nigipfu ,jewe mbabazwa nukubona umuvyeyi yitavyimana ntararonka icomuha ndababara kubamfise ubuzima bwiza atarikuburyamwo.

  • @smart_250
    @smart_250 6 วันที่ผ่านมา +1

    Ndabakunda abachoues❤

  • @irleneakimana3718
    @irleneakimana3718 6 วันที่ผ่านมา +2

    sha ivyo bintu muvuze nivyo pe.
    jewe ndafise uwo twinganye kuri Stella matutina yarameze uko nyene yahora avuga ngo mama wiwe numuyaya ariko abantu nkabo baheza ubuzima nabi cane gose pe

  • @gatekagretta386
    @gatekagretta386 5 วันที่ผ่านมา

    sujet nziz cane👌hanyum muzogire na sujet yabo ba tante naba oncle baba barabay mu miryang ahant kubapfakazi cnk kumiryang umu papa nu maman bose bahari ham igih kikager iyo miryang yatunz ba tante nab oncle bakitab Imana bagasig aban donc bagasig aban babo ari mpfuvyi bakabur ababafash kdi harih ba oncle ba tante bafashijw nabavyeyi babo ariko bobo bakabur ikibaraba nibafash

  • @dianebiha3318
    @dianebiha3318 4 วันที่ผ่านมา

    Nukugira pardon ugafasha abavyeyi, umuryango Kugira ugire amahoro mumutima wawe, kuko kurino si uzohura nibokubabaza

  • @kalyka4107
    @kalyka4107 6 วันที่ผ่านมา +2

    Ico co kwibaza ingene abavyeyi babigenza nanje mpora ndavyibaza.
    Twebwe tuvuka turi 4 ariko munzu harigihe twaba turi abana 12 udashizemwo abo batungiye ahandi.
    Ico gufasha ndagitegera ariko ico nama nibaza ningene bobo bavyaye abana 4 ariko abo bavukana bavyara entre 8 et 10 hama akaba ari abavyeyi banje babatunga.
    Iyo partie yuko hari umuntu wo mumuryango aheka abo bavukana nabana babo niyindi débat mwozana.

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  6 วันที่ผ่านมา +1

      Abantu ba kera bari bafise inguvu zidatahuritse peee

  • @annemarie971
    @annemarie971 6 วันที่ผ่านมา +1

    Ibintu muvuze birannyuze
    Mfise mwenewacu akize nawe aravyivugira
    Abiwacu bose ntanumwe ashaka iwe umugabo wiwe ntashaka numwe e iwabo abagendera
    Iyo avuka ntacibuka n uko hasa
    Abana biwe ntibazi iyo nyina avuka
    Abasigaye twarihanganye ubu twitwara nk abatamufise

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  5 วันที่ผ่านมา

      Birababaje cane Nukuri ariko muzomwegere mumwibutse ko isi izunguruka😞

    • @carinemanirambona2708
      @carinemanirambona2708 4 วันที่ผ่านมา

      Abana ntibazi nyinakuru?mbega ubujiji we ,mumureke harigihe azabakenera nukuri birababaje

  • @phionahnkwihoreze5511
    @phionahnkwihoreze5511 5 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @Muza-villeHasabintore
    @Muza-villeHasabintore 5 วันที่ผ่านมา +1

    Émission nziz

  • @dieumercibizimana-zw7tx
    @dieumercibizimana-zw7tx 6 วันที่ผ่านมา +3

    Muvyomuriko mushikiriza ,birabaroka Kuberayuko nta expérience mufise

    • @MireneIrakoze-sm7vl
      @MireneIrakoze-sm7vl 4 วันที่ผ่านมา

      Urababeshe expérience barinayo Soma Commentaire sabantu urabe ahubwo wewe urarab neza ngira wakozweko 😂😂😂cnk uvuge bagutumire ukore Correction yakaga😂😂😂😂😂😂

    • @AngedorianeIteriteka-zw9go
      @AngedorianeIteriteka-zw9go 3 วันที่ผ่านมา

      Uraza uvug rwawe twumv ngr urayifis ww mxiiuu 😒🙄

  • @ninamushonyanga7405
    @ninamushonyanga7405 6 วันที่ผ่านมา

    Ahubwo abagabo nibo benshi bibagira iwabo murabaza neza

  • @cariniemasumbuko2463
    @cariniemasumbuko2463 6 วันที่ผ่านมา

    Oyaaa sivyoo ahubwo umugabo niw aca akunda yinabukwe kuruta mama wiw

  • @Berchiche14
    @Berchiche14 5 วันที่ผ่านมา

    Ushaka ko umugabo wawe afasha umuryango wawe,uzobuze abavyeyi bawe kumusaba inkwano umunsi azoza kugusaba kuko zirya nkwano mudusaba,twebwe abagabo tuzifata nk'ubusuma...muri make,tuba tubaguze.

    • @MireneIrakoze-sm7vl
      @MireneIrakoze-sm7vl 4 วันที่ผ่านมา

      😂😂😂😂Hosy hari Commentaire ziriko zirantwenza oya Nawe none mushaka mudutware Vagabo 😂😂😂ivyo ntibisa mbega Ubu mukwa angahe😂😂😂😂

    • @Berchiche14
      @Berchiche14 4 วันที่ผ่านมา

      @MireneIrakoze-sm7vl n'ubwo bonsaba igihumbi c'amafaranga y'amarundi,mba ndamuguze....ariko nje kumusaba bakamumpa n'urukundo ntarinze kumugura,aho ho nzobafasha mu vyo nzoba nshoboye vyose kugeza ku munsi wa nyuma w'ubuzima bwanje.

    • @MireneIrakoze-sm7vl
      @MireneIrakoze-sm7vl 4 วันที่ผ่านมา

      @Berchiche14 🤣🤣🤣reka reka ivyo ntivyokunda frère wase nkabafash jewe mwibanga🤣🤣nibindi

    • @Berchiche14
      @Berchiche14 4 วันที่ผ่านมา

      @@MireneIrakoze-sm7vl nta kintu wokora ngo ntikimenyekane....ndabimenye,noca ngusubiza iwanyu bakansubiza amafaranga yose nakuguze.

    • @MireneIrakoze-sm7vl
      @MireneIrakoze-sm7vl 4 วันที่ผ่านมา

      @Berchiche14 🤣🤣🤣🤣oyaha ntavyo wopfumenye nagato nobikoran ubwenge

  • @njejimanajean3728
    @njejimanajean3728 4 วันที่ผ่านมา

    😂😂vyuko umuhungu agutwaye yumva kwagutwaye wese,cane cane abakobwa barifiza ko ubatwaye utosiga inyuma ubukene beabo,( akitwaza ngo arampa ivyo nkeneye? Azokunda abiwacu?) ivyo rro ntibitangura muri murugo,bitangura avant knd umuhungu numukobwa bavyiyumvira dans 2 coins différents,umukobwa yiyumvira kugirigwa neza nokugirira neza abiwabo muvyumugabo,umugabo nawe akibaza ingene umugore azomufatire sa famille muvyiwe, faiblesse ahiri naho,inzira isigaye nugukora,

  • @jimmymanirakiza8001
    @jimmymanirakiza8001 5 วันที่ผ่านมา +2

    Numva novuga ariko numvise novuga vyinshii😂😂😂burya mu buzima ntakabura imvoooo...

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  5 วันที่ผ่านมา

      Vuga bike murivyo basi

  • @JanetAhmad-v3h
    @JanetAhmad-v3h 6 วันที่ผ่านมา

    creta wapi bivana numutima wumuntu jewe ntafamille yumugabo nokwitaho gusumba abiwacu wee sinogeza

  • @dianebiha3318
    @dianebiha3318 4 วันที่ผ่านมา

    Biravana, ku anti ababyeyi babo batigeze babarera, hari nabandi abavyeyi birukana abana babo,babangaza canke ababihakana, nta mutima baronka wokubafasha

  • @diagfinamix1861
    @diagfinamix1861 5 วันที่ผ่านมา

    Mwaba dame mwe muraraba mutume mwihigira abagabo muba draguer mwubake izanyu hama rero mube the real model muri societé ndundi if not you promote the non senses, zana topic za business kubera namwe muri guca akanoti ivyo muri kutubwira namaranga mutima bimeze nkisaku ba muhamagara aba councelers abaribo batanga ama details of such topics , je ndahaciye nirenganira tu.

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  5 วันที่ผ่านมา

      Raba ama commentaire ya bagenzawe… ugasanga harimwo 10 bavuze nkawe duca tuja kurongorwa nkuko wabivuze… ataruko ucumenya ko ariwe wavuze ibi Nonsense

    • @carinemanirambona2708
      @carinemanirambona2708 4 วันที่ผ่านมา

      Kurongorwa nitegeko ?nivyiza kurongorwa ariko notarongorwa bikabavyiza kurusha.

    • @giramahorocynthia1358
      @giramahorocynthia1358 3 วันที่ผ่านมา

      😂😂ivyubona batavuze, créa rwawe ubivuge,bla bla..

  • @dieumercibizimana-zw7tx
    @dieumercibizimana-zw7tx 6 วันที่ผ่านมา +2

    😃😃😃😃😃😃
    Gretta n’a Hosy Ibiganiro bivuga ivyingo nimiryango birabaroka
    Gretta urugo yararimo yararusohotsemo
    Hosy nawe nyene ntaho yubatse
    Ivyombona vyokorwa mukeneye kurerwa ubushasha,mukagira indero yokuziko

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  6 วันที่ผ่านมา

      Mbe basha we experience yoba ikwiye ngo uzoze utuyagire?

    • @christella5092
      @christella5092 6 วันที่ผ่านมา +1

      None nkubu ivyuvuze birahuye nibi bavuze???ivyo bavuze vyose biriho nanje vyambayeko mbega wibazako abantu bafise ingo ko aribo bakwiye kugira ijambo bonyene bovuga????umwese muruhande arimwo afise icokuvuga Ababa Damu bafise ubwenge kandi ubwenge ntibuva mumugabo ngonuko umuntu yubatse urugo ngo niwe afise icokuvuga????none ivyobavuze ubiteshe agaciro ngo nuko batubatse???twe ivyodufasha twabikuyemwo nawe warukwiye gukuramwo ivyogufasha ivyowohindura nivyo wokwongerako apana kuraba ngo nuko badafise ingo ngo ntaco bovuga???kuko nawe sivyose ushoboye

    • @christella5092
      @christella5092 6 วันที่ผ่านมา +1

      ​@sirenvibestv ndimuri Saoudia ndi umu single Mother iwacu twavutse bwambere turi amahasa abavyeyi batuvyaye batabana bakiri bato nukuvuga kuvyarira iwanyu igihe kiragera tuba kwa papa kuko atatwaye Maman ahubwo umwewese yaciye yibera mubuzima bwiwe kumyaka 5 niho Maman yadutwaye kwa Papa kuva icogihe inzira yumusaraba yaritanguye kuri twebwe kubera ubuzima butarimwo Maman .Papa yaradukubita cane niwumva cane uvyumve twahuye nikibazo gikomeye muwaka waga3 wamashure yintango nigurira ikaramu 😢twarakubitwa Papa yaratwanka birengeje urugero kandi ntivyasaba gukora ikosha kugira ukubitwe oya washobora gukubitwa kubera umuciye haruhande,warakubitwa kubera ukororeye impande yiwe warakubwitwa kubera yaguhamagaye rimwe ntiwumve Rosie vyari bikomeye mumwaka wa 18 natwaye inda ntaratwara inda ntakintu Papa yampa ntanakimwe kuva ntwaye inda narahunze ndahava nja ibujumbura namaze imyaka 9ibuja Papa atazi ahomba atazi Umwana wanje kandi adasiba kuja ibuja ariko jewe naraduga simpabwe agaciro ntihagire nuwungirira igishika ngo andabire numwana navyaye

    • @christella5092
      @christella5092 6 วันที่ผ่านมา

      ​@@sirenvibestvtwarahura na Papa umwe akarengana uwundi akarengaba ariko Maman wewe muricagihe yaraza kundaba akanzanira utwoduharage mbega akamba hafi muvyo ashoboye inyima yimyaka 9 mvyaye naraje saoudia nagerageje gukora ngafasha sokuru na nyokuru bavyara papa kuko babana hafi ndetse muvyo narungika abana ba papa barasangira na nyogokuru ubu rero barapfuye ariko Papa asigaye anterefona ngo sinibuka ngo yaramvyaye ngo arankuza ngo none sinibuka kandi muricagihe sogokuru nanyogokuru bagihari yarabibona ko ngira iconkoze kandi bigashikira nabana biwe none iyomyaka yose atanandaba ndi ibuja ubu ndino urumva ariwe noherako????nafashije Maman ariko we nkomumezi 4 cnk 3 nshobora kwiyumvira nkagura ivyokurya bakamushira apana ifaranga?non.ivyokurya ariko nahonyene arabigaya urumva ashaka amafaranga

    • @christella5092
      @christella5092 6 วันที่ผ่านมา

      Vyukuri ivyimiryango biragoye cane

  • @DarlèneIgiraneza-g4v
    @DarlèneIgiraneza-g4v 6 วันที่ผ่านมา +1

    Shn Hosy uko vyoba kwose uko abavyeyi bogufata cnk uko abavukanyi bokubanira sinibaza ko wokwirengagiza ko naho bataguh cnk bakwiteho uko ubishaka ntihabuze ico baba barakumariye par exemple ntiwarara hanze ntiwarara ubusa.
    Abo nabo babigira kubera ubugaba ni complexe d'infériorité baba bashak kunyegeza iyo faiblesse bafise m miryango iwabo.
    Ico kibazo naco ngo umugabo ari obligé gufash umuryango w'umugore. Est-ce que yoba agukunda gute atagukundira abiwanyu???

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  6 วันที่ผ่านมา

      Biravana n’uburemere bw’ibikomere mwiza. Hari ibikomere biza biremereye kurusha kurara ubusa canke kurara hanze. Ariko igikuru n’ukubabarira

    • @leilaprinciaishimwe191
      @leilaprinciaishimwe191 5 วันที่ผ่านมา

      ​@@sirenvibestv nimuba mufise topic muze muratanga time Imbere nko kuri IG kugira dutange testimony muzihereko imbere yo kuganira, kuko ndavy ikiganiro nibuka vyinshi mbura aho ndabivugira ,Burya har ukuntu umuvyeyi agufata nabi kugera naho wibagira ko ari numuvyeyi ibaze kwipangira uba mumuji niwanyu ariho baba kandi bifise ariko batazi ngo ubahe, Wiga he, ukora he, hanyuma ngo abo wobita abavyeyi? Rek reka

    • @christella5092
      @christella5092 5 วันที่ผ่านมา

      @@DarlèneIgiraneza-g4v kurara hanze gufungura ivyo nuburenganzira bwawe kuko uwakuvyaye abagomba kubikora ntanubwo abisabwa ninshingano ziwe kuko niwe aba yarakuzanye kwisi eeeeeeeeee niwe uba waramubwiye akuvyare???,kuburyo wumvako yakugiriye impuhwe?????