AWALA_VIDEO:IMANA IHEZAGIRE ABAVYEYI NKABA 🥳Kumbe Fanny Lavine ntari muri 3FA gusa Iyi ngo ni AWALA🥳

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024
  • Ncuti urafise ico wofasha aho ubaye ukarokora ubuzima bwumuntu umwe naho atabirenze woba umuhaye.
    ntiwemere ko Indwi ihera atawukubwiye ngo URAKOZE.
    AWAKEN LADIES DUSHOBOZWA VYOSE NUWUDUHA INKOMEZI🙏

ความคิดเห็น • 34

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial1360  11 หลายเดือนก่อน +5

    AWALA icirori curukundo niterambere🎉

    • @lydi791
      @lydi791 11 หลายเดือนก่อน

      Imana ibahezagire kbs gufasha kuzana umugisha

    • @amouliniyokwizera3027
      @amouliniyokwizera3027 11 หลายเดือนก่อน +1

      Shalom Shalom none umuntu yo kwifatanya namwe gute mur'iyo association ko nakunze ibikorwa mukora

    • @ChachaChany
      @ChachaChany 11 หลายเดือนก่อน

      Muhezagirwe mwiza

  • @ChachaChany
    @ChachaChany 11 หลายเดือนก่อน

    Ntawuvuma uwo Imana itavumye kd ntawuvuma uwo Imana yahay umugisha nibarab abirirwa baravug ivyo bishakiye umugisha wowubura gt kd naw ufash ababayeho nabi terimber mwiza

  • @Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj
    @Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj 11 หลายเดือนก่อน +1

    Imana Ikomeze Kubaraba Ryiza Ndetse Nibikirwa Vyintoke Zanyu🎉🎉🎉❤❤❤❤

  • @AlthrayhGold-qh1ii
    @AlthrayhGold-qh1ii 11 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ibahumugisha

  • @ndikumanadiane3684
    @ndikumanadiane3684 11 หลายเดือนก่อน

    Imana ihezagir ibikorw vyamaboko vyanyu❤❤❤❤

  • @JacquelineKwizera-sw7sd
    @JacquelineKwizera-sw7sd 11 หลายเดือนก่อน

    Imana ihezagire ibikorwa vyamaboko yanyu

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 11 หลายเดือนก่อน

    Imana ihezagire ibikorwa vyawe

  • @dushimelauraine9426
    @dushimelauraine9426 11 หลายเดือนก่อน

    Waooh igikorwa ciza 🥰bizobagarukeko bigwiriye 👏

  • @AngeAkimana-hr8oy
    @AngeAkimana-hr8oy 11 หลายเดือนก่อน

    Iman iguhezagir urakorer Iman bikwiy knd uzobihembegw cn

  • @aimenijimbere1144
    @aimenijimbere1144 11 หลายเดือนก่อน

    imana ibongereze inkomezi nurukundo mwatanguye ibaje imbere kuko umwansi ntavyishimiye

  • @belysensabimana8139
    @belysensabimana8139 11 หลายเดือนก่อน

    Murabandanya uko,Imana ibaje imbere

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 11 หลายเดือนก่อน

    Imana ibakomeze sha

  • @user-ou4ht9sg5h
    @user-ou4ht9sg5h 11 หลายเดือนก่อน

    Imana ampere umugisha cane❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @NdizeyeYbette-mi9hi
    @NdizeyeYbette-mi9hi 11 หลายเดือนก่อน

    Imana nyenijuru ni si ibahezagire ndakunda fanny kurugero rudasanzwe kumutima mwiza wiwe fanny imana ikugeze kure cane😄🙏

  • @fridolinhabonimana4854
    @fridolinhabonimana4854 10 หลายเดือนก่อน

    God bless you AWALA 💓💓🙏 one love 🇧🇮👌

  • @user-jf7et7ch5i
    @user-jf7et7ch5i 11 หลายเดือนก่อน +1

    Nukuri Imana ibakomereze amaboko😢

  • @nyandwicharlotte-fo5zd
    @nyandwicharlotte-fo5zd 11 หลายเดือนก่อน

    Muhezagigwe cane

  • @charlottehavyarimana9308
    @charlottehavyarimana9308 11 หลายเดือนก่อน

    IMAna ibanenamwe

  • @YvoneSibo-xg9gq
    @YvoneSibo-xg9gq 5 หลายเดือนก่อน

    Nivyiza kugirumuntu yinjir hasabwik

  • @user-fr1uh8tk8x
    @user-fr1uh8tk8x 9 หลายเดือนก่อน +1

    🙏🙏🙏🙏🙏💪💪💪🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🙏

  • @JanneIrakoze-vc2fr
    @JanneIrakoze-vc2fr 6 หลายเดือนก่อน

    Maman Laosasa

  • @jacquesmus
    @jacquesmus 11 หลายเดือนก่อน

    Duhe film umupfakazi nimba itaheze

  • @JoselyneBigi-ok1bn
    @JoselyneBigi-ok1bn 11 หลายเดือนก่อน

    Mwarahezagiwe 💞💞

  • @ITERITEKAPhaxella-gx1ow
    @ITERITEKAPhaxella-gx1ow 11 หลายเดือนก่อน

    ugume uhezagirw mumpand zose maze

  • @user-dr3hb4xt9g
    @user-dr3hb4xt9g 11 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-kz9si6wt6p
    @user-kz9si6wt6p 11 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤

  • @ChachaChany
    @ChachaChany 11 หลายเดือนก่อน

    Awala ndabakunze vrt muhezagirwe kd muzigamwe na Rugira

  • @belysensabimana8139
    @belysensabimana8139 11 หลายเดือนก่อน

    Mutanga angah par mois,nanje narabay ifyumvyi ariko shak gufasha batoyi banje

  • @yesuarajechoir8781
    @yesuarajechoir8781 11 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤