ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Nukuri ataburyarya norasque arambaye neza kandi uraberewe
Caaaane vraiment
Gooose
Maman Lao araremerewebasha wercom baby yihuta abakunziba maman Lao
Ndakunda solution couple vrt❤❤❤
Mwarakoze cane🇧🇮🇧🇮 nanj ndayikunda cane couple ya fleury et janet❤. Mwarakoze kuduserukira cane🤩 solution couple hejuru cane😘💗
Fiko none ,uwo mupfumu yakubwiye kwambara ikigoma kweli arakaze ❤❤❤❤
Uwambere solution couple hejuru cane💐💐💐💐💐
Ntare 6 yari yaberewe na buryohe wiwe nice 🎉🎉
Thank you for coming fanny nakupenda sana solution couple hejuru kumugogo
Mbayuwambere mwaberewe disiii ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Arik Fanny ndagukunda cyane nukur ❤
Ariko abarundi murakabya🤣 ubu mushaka Fanny akenyere ibitenge ahari hhhhhhh Fanny yasaga neza rwose love from Rwanda 🇷🇼
Non sumwambaro wumupfasoni?
@@NdikumanaInnocent none biriya yambaye de bibatwaye iki
Gusiyikanzu nkbakunzibawe uyireke kuberumezuko iciziraduha can uzosubirekuyambar uvyaye mama lao ndagukund cn❤❤❤❤❤
Ndabakunze cane ukuntu mwagiye gushigikira bagenzi banyu🎉🎉 abonako bumwe aribwiza numpe like muce mwigira
Fanny reka kunyica nogutwenga.ndabakunda murabantu banj
Murasa neza cyane, Fanny I liked how confident you are in your dress ❤❤❤❤
Mbaye uwambere❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Solution couple guhura na Fleury and Janette ❤❤❤ couples zanje 🎉🎉🎉🎉 mwubahwe
Hewe Imana ibashitse kure hashoboka❤❤
Izompuzu ya fiko bavyita ikibuga😂😂😂😂
Couple Nkunda cane mwubahwe❤️❤️❤️
Imana imbere beza bacu turabakunda cane gose
Courage et félicitations mubwishi kub mwitavy ubutumire bwabagenz bantu mwerekany umutima wurukundo. Kure cane niho tubipfuriz gushika
Waouh!!!!muraberew caaane vrmt
Mwar mwadyoshe❤❤❤❤❤
😂😂😂😂😂 Fanny bas ndagkund cane❤ norasque urambara neza ukaberwa ❤❤🎉
N'ukuri ndabakunda cyane ❤🎉
Mwese turabishimiye cyane mujye mudusura kenshi nkabavandimwe bacu
Muratesa cyaaan vrm👌👌
Fanny wangu zurambara ibirekur inda sivyz kubanish uzobanish niwibaruk❤❤
Fanny ndagukund ❤ so uyumus kl wambaye nabiiii pe kare wahora uberwaa mais ntibiryoshe gose ikanzu yakwiciye😂😂
Maman Lao urintwarikazi je noruha ndemerewe uko❤
Fanny ndabakunda cne❤️❤️❤️
Asha ubundi nimwe bantu mump umunezero 🎉🎉🎉❤❤❤❤
Norasque araberew cane❤
Waoooooo mwarimuberewe sana❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Waoooh murasa neza cneee👌🥳🥳🥳🥳🥳ndabakunda
Fanny mwari mwamberey mug iyokanzu iyopasura irarenze werekan ibint vyiwanj chr waw
Muraberewe caneee
Mwarimuberewe cane gose vrt🎉🎉🎉❤❤
Mwari muberewe kbs🎉🎉
Kumbe murabubahwa kweri muratwemej Imana ibashikane kure
Mwari muberewe cane abarundi bacu😍😍🥰
Mwebwe muzonatwica kweri ❤❤❤❤
wendaa ashobora kuva nomuri canada yuburundii kwa clarisse❤🎉😅😅
Waaaaaaooohh ❤❤❤
turakunda caaan❤❤❤
Fikoooo kbx uraberew cane ❤❤
GS unomuns Fanny wambay nabi cyan ntamumama windero asenga yambaruko muza mwitwaza ibisagara naho aramakosa cokimw nawamukobwa waw yakanzu yari yambay kubugeni ababiravy mumfash kbx GS ndabakunda ntamutima mubi kbx❤
Oyaaa Fanny aratumaramaj Bury harikint kintangaz umuhung ukakambara nez ukikwiz ukac wemer kujan numunt arigusa Fanny wihanure vraiment
Basha oyha Fanny araberewe nukuri knd cane gose bose baraberewe nafiko 😅 erega nab star basha mwashak agend yambay ibikwemb cnk imvutano oyh ico nikirori hariho imanza zokwambara ibitenge cnk imvutan nizind bisab impuz nkiz 😊
Mwaretse inzigo fanny araberew mumurek yambar ukwoshaka twe twabishimy abatabishimy basi
@@Nusra25743 ahosha naje niko nababwiye barimenya twese turakijijwe gusa harigihe bisaba kwiyorosha
Nuko muvyeyi kazima twe twabishimye abatabishimy barimeny
Wooow mwari mutesa Basha
Impuzuuuu yambayeeee ni diolene😂😂😂😂😂😂😂
Nono yaraberew cane ❤❤❤🎉🎉🎉
Biratesa sha🎉❤
Murasa neza cyanè🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Muratesa❤❤❤🎉🎉🎉
Fico Fico ararahiye neza ko atava impande ya bahavu atamusomye😂😂😂😂😂FICOOOOO
Muraberew bez❤❤❤
Maman lao uraberewe cane
😂😂😂 mana ndabakunda
Gusa wambaye nabi kandufitinda kwel warikwambara ibubu warikuberwacane gusa nagasobanuye wogashobora
Ikigoma
Iyo kanzu waapi
Fiko you looking good
Nukuri jewe Fico arantesa kuriyo costume yiwe yikigoma asha iyo style urumwe muburundi kwl urabatanguriye
Vyari bitesa vrt
Fiko turakwemera yambaye neza cyane
Wapi wibungenze iyo kanzu...
Yooooo norasque araberewe cane gose
Norasque yaraberew sana
Nababonye sha i nyamirambo cosmos ngira isoni zo kubasuhuza
Turabibona kbs jew icishimishinj nikimwe nuko buca twunguka❤😂🎉
Gusa fanny uzurasuzuma umugabowawe imbereyuko avamucumba mugiramuje Ahanu umushitsi niwamusokoje rabanubwanwa niwamusokoje 😂😂😂😂😂 ndakundakuraba nora kenshi uzosanga atasokoje umusatsi nubwanwe
Ntamuntu aringaha yabonyeko Abel atamufasha afise solution couple yubahwe kuk nibo bahamagawe Ari babiri mumajambo make nibo bafashanye (umufasha)
😂😂😂aramufise nuko batajanye
@@kubwimanaflora726 ntabwo bigera bajana mumajambo make ntibemerana😂😂aramunyegeza nkurumogi 🤭🤭
Ninde yabonye ukuntu Abel umengo yarashavuye ntano guseka 😂😂
Nabakund nukur❤❤❤
Fiko Fico yambaye ikigoma kweli😮
Fanny wanj.ndagukunda muga wariwambaye nabicn
Muraberewe, gusa nizere ko mwumvise ico kiza marburg cateye, muzoshikira muri confinement
Urantweza cane ndagukunda
Norasque kweli araberwa birenze abakwise runyuzi bazoze tugire comparaison
Mwaberew bantu banje❤❤❤
Courage
Waaauu gus mwari mutesa vrm
Ndakunda ukuntu ubegwa disi
Nimba harabantuuuuu bakunda Vlogue za mamalaoooooo ndi numero yambere kuko mbanshakaaa kuguma ndamubona😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Uyu wa Buja hit aracakina film ko ndamuheruk
iyompuzu ya fiko yitwa ikigoma nahora ndayibonana nyokuru wanje😂😂
Non urafise inda?
Mama lao turagukunda ariko wahenye kwer ntavyo twari tukumenyereyeko wahor ubegwa tukaryohegw ubuho uraberew mug nugukosora iryokosa twabonye kwer
Abel umenga arikanyonga ikinga batashe😂😂😂
Mb claliss momwamusiz🎉🎉🎉
Jewe tuva hamwe,kandi ndagukunda kandi ndagukurana,hindura inyambaro kuko Ubu muri Abo tutazi bazwi n'imana
Mam lao ibanyi yakuz❤❤🎉🎉
Vyiza cane
Nono urabona ingene bihimbaye ningene babatyoza na Fanny ngo ntimuberany, Ubu Mur hejuru Cane, Mur icitegererezo c'ingo
Mwari muberew ariko Fanny wapi iyonyambaro siyumu mama yibingenz wabasarishij urabihiw cane nivyukuri kandi ntanzingo irimwo
Ndatwenz😂 basha 😂😂😂 eshe amafyeriii 😅😅😅😅
Fic yari yatwitse harabb Fanny uhi dure inyambar ntamuma yibungenze yambar uk
Courage cane
👌👍❤️❤️❤️
Ni ikigoma
Fanny iyo nyambaro siyo umukriso kweri wapi🙆
🔥🔥🔥🔥🔥❤❤❤❤
Biratesa shahuuu gux fiko wnj ntibamuhamagaye nababaye 😢
❤❤❤❤
Nukuri ataburyarya norasque arambaye neza kandi uraberewe
Caaaane vraiment
Gooose
Maman Lao araremerewebasha wercom baby yihuta abakunziba maman Lao
Ndakunda solution couple vrt❤❤❤
Mwarakoze cane🇧🇮🇧🇮 nanj ndayikunda cane couple ya fleury et janet❤. Mwarakoze kuduserukira cane🤩 solution couple hejuru cane😘💗
Fiko none ,uwo mupfumu yakubwiye kwambara ikigoma kweli arakaze ❤❤❤❤
Uwambere solution couple hejuru cane💐💐💐💐💐
Ntare 6 yari yaberewe na buryohe wiwe nice 🎉🎉
Thank you for coming fanny nakupenda sana solution couple hejuru kumugogo
Mbayuwambere mwaberewe disiii ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Arik Fanny ndagukunda cyane nukur ❤
Ariko abarundi murakabya🤣 ubu mushaka Fanny akenyere ibitenge ahari hhhhhhh
Fanny yasaga neza rwose love from Rwanda 🇷🇼