Very nice bro 👌🏿 we need this in Burundi 🇧🇮 and all Africa. I like this👍🏿 let do it this in Burundi 🇧🇮 and all Africa. Burundi 🇧🇮 need more food 😋 many people's get jobs. Let make more food in Burundi 🇧🇮 and all Africa. Very good bro👍🏿 we need more people's like u in Burundi 🇧🇮 and all Africa🇧🇮🇨🇩🇹🇿🇺🇦🇺🇬🇿🇼🇿🇦🇳🇬🇸🇳🇸🇴🇬🇭🫵🏿👊🏿
Samuel reka kuba Ubesha izo mashine niza leta yaguze , wewe ntazo wagura urakenye mwene wan , imashine imwe $75k 100k ntazo wogonda ntukaje ubesha abarundi
Ibintu vyiza cane kandi uyo n'umutima wo gukunda igihugu.Imana ikomeze kubamurikira umuco wayo.✌️💖🤗🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤝🕊️
Komera mtama samuel imana iguhezagire
Uburundii bukwiyee abarundii mwenaboo bitangaa
komera Bashaauri uwakarorero ❤❤❤ salut
courage vrt iyo nintambwe nziza kweli
Courage Samuel ni vyiza cane
Uyomunyakabonga wiwacu nakomere kumuheto imanaa imuhezagire
Amen bitere biji mbere
Nukuri nivyiza cane vrt
Komera cane rwose, komeza utere imbere!
❤👍🏾
Vumera vumera 🎉
Mon President komera you are going wonderful stuff. Back home
Kweli kabisa
Inyanza lc nime ha miss
Nibanduhe ama visa natwe time kuyarondera urabe ko tutakoramateka mugihugu cacu ibi ariko abikora kubera arihanze
Abarundi benshi bariko baratera imbere mu bwenge bwiza. Nivyo gushima cane.
ndakunze cane gose uyomugambi
Komera mutama Samuel uBurundi busubire bube nkubwakera dusubire twimbure gose uzitware murumonge
Attention OBR murakwiye gutandukanya plaque mutanga ku miduga, na tracteur zo kurima. Kuko si bimwe.
Muta wubahw igihugu gikeney abantu bindyamunyu icokint Nico kk isuka irababaz gos kk ihegitar kuyirimisha amabok sikintu corosh
Ndakuzi
𝙱𝚊𝚜𝚑𝚊 🙌🙌🙌🙌🙌
Iciyumviro ciza
Very nice bro 👌🏿 we need this in Burundi 🇧🇮 and all Africa. I like this👍🏿 let do it this in Burundi 🇧🇮 and all Africa. Burundi 🇧🇮 need more food 😋 many people's get jobs. Let make more food in Burundi 🇧🇮 and all Africa. Very good bro👍🏿 we need more people's like u in Burundi 🇧🇮 and all Africa🇧🇮🇨🇩🇹🇿🇺🇦🇺🇬🇿🇼🇿🇦🇳🇬🇸🇳🇸🇴🇬🇭🫵🏿👊🏿
Samuel reka kuba Ubesha izo mashine niza leta yaguze , wewe ntazo wagura urakenye mwene wan , imashine imwe $75k 100k ntazo wogonda ntukaje ubesha abarundi
Uwo aba America nyaku😅😅😅 l'ETA kwitaziguze kare😅😅😅
Mwebwe murapinga nyamba umuzi kera akenye ntibivuzeko azokwama akenye , ikindi uyo ntabwo arumwe ariko nibazako arikumwe nabandi beshi gusa akaba buseruke
Hhhhh Samuel is a millionaire broh !!!
Uzopfuko nishari , none nawe uragenda usabe leta bagufashe
Duhe numéro de contact tuvugane aho mundimira mbahe ifaranga