Ivyabaye muri kahise birakwiye kubera icigwa Abarundi bose kugira ngo ntibizokwongera kuba.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 21 ก.ย. 2024
  • #Burundi: Ku ncuro igira mirongo itatu, haraye hibutswe igandagurwa ry'uwahoze arongoye Uburundi Cyprien #Ntaryamira. Mu nkuka ya Misa yaherejwe muri Cathedrale Regina Mundi na Musenyeri Gerevazi Banshimiyubusa, yibukije Abarundi ko ivyabaye muri kahise vyotubera icigwa kugira ngo ntibizongere kuba.

ความคิดเห็น • 16

  • @Musafiririchard
    @Musafiririchard 5 หลายเดือนก่อน

    Murishakira amafaranga ya Assurance, kuki umukuru w'igihugu atagiye mu ndege ye, ese mwazaaguze indege, njya mbona kugeza ubu ukuntu Uburundi butagira indege bikambabaza. Tuzajya tugwa mu mitego yatezwe abandi.

  • @MsafiriValens
    @MsafiriValens 5 หลายเดือนก่อน

    Disguising sometimes can active
    Elegance can take u higher like feather but 1 day can take u down like coconut

  • @nshimirimanaramsey7844
    @nshimirimanaramsey7844 5 หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @YvesIrakoze-n9e
    @YvesIrakoze-n9e 5 หลายเดือนก่อน

    Nukuru kwuzuy kuvuzwe nuwasizwe ngo akebure abantu

  • @pice-marcntigahera2621
    @pice-marcntigahera2621 5 หลายเดือนก่อน

    Rip.

  • @BelyseAkimana655
    @BelyseAkimana655 5 หลายเดือนก่อน

    Ntimwodushirirako inyigisho yose y umwungere wa diocèse nkuru ya bujumbura

  • @fywellluhanga1739
    @fywellluhanga1739 5 หลายเดือนก่อน

    Murigisha beshi bahava bibaza ko watumwe numuntu buntu kumbe watumwe na mpwemu yera

  • @mathiasciza2244
    @mathiasciza2244 5 หลายเดือนก่อน +2

    Iyakaba vyatwigisha tubatwarakize!!!

  • @charleshitimana
    @charleshitimana 5 หลายเดือนก่อน

    Ni ko twibereyeho

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 5 หลายเดือนก่อน

    Nigute muvugako indege yagize isanganya kandi yarakorowe 😭😭😭😭😭tuzohora tukwibuka

  • @gerayotv3240
    @gerayotv3240 5 หลายเดือนก่อน

    Amateka nidagep

  • @alidaiz9578
    @alidaiz9578 5 หลายเดือนก่อน

    they must convaucat Rwanda to appel to the internationale court

    • @BA-xi2rf
      @BA-xi2rf 5 หลายเดือนก่อน

      Fool

    • @NdayizigaViateur-q7r
      @NdayizigaViateur-q7r 5 หลายเดือนก่อน

      Ibi bintu vyo kuza muvuga ubutumwa muhibongoza sivyo(muduha impanuro muhibongoza,,mukaduhugura muhibongoza???ibi bintu mubikura hehe??ugura ngo Yezu niko yavuga???

    • @NdayizigaViateur-q7r
      @NdayizigaViateur-q7r 5 หลายเดือนก่อน

      Batwiciye umuntu none uravuga uhibongoza.

    • @sergebugingo4727
      @sergebugingo4727 5 หลายเดือนก่อน

      Yari yatse lift😂😂😂