Amakuru Azindutse Muburundi hara..Général Bunyoni ahaye Ndayishimiye icigwa! ITANGAZO riturutse kwa.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 9 ก.ค. 2024
  • #Neva #Burundi #Gitega #M23 #Intambara #Rwanda #PaulKagame #Kigali #Gineral #Major #Amakuru Yihuta Bujumbura breaking news

ความคิดเห็น • 29

  • @AlickNdayishimiye
    @AlickNdayishimiye 23 วันที่ผ่านมา +10

    Komeza kuduha amakuru

  • @ManishimweTheodore-r1m
    @ManishimweTheodore-r1m 23 วันที่ผ่านมา +1

    Ubwoba ni bushire urwaruka turahari mbabazwa nigihugu change cu Burundi mvukira mu Gitega ubu mba mubuseruko bwu Rwanda twabuze uko dutahuka imipaka irugaye mudufashe yugururwevpeeeeeeeeee murakoze

  • @kipabreez7118
    @kipabreez7118 23 วันที่ผ่านมา +3

    Genda buk buk basha 7:21

  • @user-vu9vs2zz7i
    @user-vu9vs2zz7i 20 วันที่ผ่านมา

    Nimushireho.rwasa.rwAsa

  • @WilliamNimubona
    @WilliamNimubona 23 วันที่ผ่านมา +1

    Sha ntagihugu nakimwe Abantu badapfa ariko ntibisigura ko icogihugu kiba kiri muntambara

  • @JosephNIMPAGARITSE
    @JosephNIMPAGARITSE 22 วันที่ผ่านมา

    Gendabuk jenerar major evarys ntiyov kubutegets kuber ntavy muz

  • @marienzokirishaka641
    @marienzokirishaka641 22 วันที่ผ่านมา

    Ni Alain apana Arain munyamakuru.

  • @YugoBoss-lc4qg
    @YugoBoss-lc4qg 22 วันที่ผ่านมา

    Nagumemuburoko😢

  • @YugoBoss-lc4qg
    @YugoBoss-lc4qg 22 วันที่ผ่านมา

    Ivyabunyoni. Mubihagazekogut😅koyakombowe😢

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 23 วันที่ผ่านมา +1

    😃😃😃😃😃😃

  • @user-vu9vs2zz7i
    @user-vu9vs2zz7i 20 วันที่ผ่านมา

    C.n.d.d.f.d.d.nabasuma.bariba.amatora

  • @NdohoAud
    @NdohoAud 23 วันที่ผ่านมา +1

    Abakoze ibikorwa bikomeye nibabuyoya??? Nimutekane turiko tubikurikiranira hafi ntaco mwamaze reka turindire kuri nkurunziza ntimwashimye Ivyo yariko akora nuyu ntimwobishima turabazi

  • @user-hc9qu9tq9q
    @user-hc9qu9tq9q 22 วันที่ผ่านมา

    Nimushireko amwana wanyakwigenderankurunziza niwe azoshobokutumara agahinda

    • @user-ej9bm8ob5v
      @user-ej9bm8ob5v 22 วันที่ผ่านมา

      😂😂😂urabizi neza wotanga icemezo😢

  • @YugoBoss-lc4qg
    @YugoBoss-lc4qg 22 วันที่ผ่านมา

    😅Kubeshabirehankukukose
    Nawekwafisujunjanavemugasho😂. Ivyomubamuduhendebenegihugunibiki?

  • @user-hc9qu9tq9q
    @user-hc9qu9tq9q 22 วันที่ผ่านมา

    Kuko isaserivakucima hagihe yoba afise umutima nkuwumuvyeyiwe

    • @user-ej9bm8ob5v
      @user-ej9bm8ob5v 22 วันที่ผ่านมา

      Rivakucuma kwr se niweyatumye abarundi bagira umutima bibitimbayi iyava kubutegetsi mukiringo cagatatu abahunze ntibaba barahunze ngwigihugu gisigare kiratabagugwa ninkona😢

  • @MrNuurofficial
    @MrNuurofficial 22 วันที่ผ่านมา

    Abo batembagaza ubutegetsi nibaswere banyina na ba nyinakuru wumva bakunda igihugu atar ukudusubiz inyuma

  • @Laurent-th6lv
    @Laurent-th6lv 22 วันที่ผ่านมา

    None nkubu muriko mwiyumvira ko agathon yotwara igihugu c'Uburundi mwumva ubwenge buri kugihe?

  • @BernardNdayisenga-k7z
    @BernardNdayisenga-k7z 23 วันที่ผ่านมา

    Gutwara bantu sicokimwe nugutwara ibitungwa cank ingendeshwa,abantu ubatwara ukobabishaka ariko ingendeshwa uyitwara uko ubishatse,gusa ntacoroshe

  • @LeonidasAhishakiye-cd3of
    @LeonidasAhishakiye-cd3of 23 วันที่ผ่านมา +1

    Murage ndagake arashoboy

  • @SaidoBigirimana-m5r
    @SaidoBigirimana-m5r 22 วันที่ผ่านมา

    😂

  • @ManishimweTheodore-r1m
    @ManishimweTheodore-r1m 23 วันที่ผ่านมา +1

    Ubwoba ni bushire urwaruka turahari mbabazwa nigihugu change cu Burundi mvukira mu Gitega ubu mba mubuseruko bwu Rwanda twabuze uko dutahuka imipaka irugaye mudufashe yugururwevpeeeeeeeeee murakoze

  • @ManishimweTheodore-r1m
    @ManishimweTheodore-r1m 23 วันที่ผ่านมา

    Ubwoba ni bushire urwaruka turahari mbabazwa nigihugu change cu Burundi mvukira mu Gitega ubu mba mubuseruko bwu Rwanda twabuze uko dutahuka imipaka irugaye mudufashe yugururwevpeeeeeeeeee murakoze