nihaninahazwe mana data nihaninahazwe mana mwana nihaninahazwe mutima mweranda kwisi nomwijuru iyomana nisengwe niwewe mana ukwiye gusengwa ndahezagiwe cane
Ils n'ont pas été chantés dans une seule messe! Je voulais dire que pendant la célébration de la messe, ces chants sont exécutés dans plusieurs coins du Burundi, c'est-à-dire dans les différents diocèses.
❤❤❤❤❤❤❤❤❤ basha uwumupatiri iman izimumpere ijuru natwebwe tuba turikure turarema mumitima
Murakoze cane! Umukama akomeze kubashungururirako imihezagiro yiwe aho muherereye, atibagiye n'imiryango mwasize mu gihugu cacu c'amavukiro!✋😍
Imanikomeze kubazigama 100%
Murakoze cane,nkunda umuryango wanje pe. Icubahiro n'ic'Umukama we vyose kubemera.
B face big up Sana kbsa komeza udutemo fresh ndakwemera
🤣🤩🤣🤣🤣B Face
Iyindirimbo iranyuzuza ❤
Murakoze imana ibahunde imigisha .muranezera Can.
Amen! Hezagirwa muvukanyi🤩😍
Muzoze muduteramisha turabakunda cn❤❤❤
Yesu abahe lumen nogutahura mukizwe mwese
Imana izoduhe kunabana nawe mugihugu comwijuru
Merci bcp vrt izindirimbo ziradufash kuninahaza umukama ,je suis fière D,être catholique
Nkumbuye iwacu ku gasozi❤❤❤❤
Ndabakunda chane
Murakoze cane. Umukama abahezagire
Merci ndafashijwe pe❤❤❤❤❤❤❤ ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Good song
Imana ibamper umugish
Fier d'être catholique
Cédric
Mukomereza❤
Ziraryoshe cane!Muhezagirwe Choral Saint Kizito de Gisanze
Murakoze
Courage mes amies
Emwe nari narahomvye Mukama
Nciye mba abonné
🤩😍Karibu, murakoze
Murakoze cane ❤
Uhezagirwe n'Imana
Murakoze canee🙏🙏
Icubahiro n'icawe Manaaa
Imana ihabwe icu❤
Murakoze cyane
Twakire mukama mu ngoro yawe❤
Murakoze cane Iman'ibahezagire.
Mwaraheezagiw
Amen
Muhezagigwa numukama.
Mwubahwe
Ibikorwa vyiza
Kristu yezu akuzwe bavandimwe muririmba neza
iteka ryose muvandimwe
Turahimbarwa nikumviriza indirimbo zanyu umukama abongere inkomezi
My rusengero n'abakristo bahahurira kugirango bahigire ijambo ry'Imana => Zaburi
Imana yo vyiringiro vyacu ihezagire abaririvyi
Nivyiza sana
Muhezagirwe cane
Komeza biraryosh
Ziraduhimbara canne
Iyo ndirimbo ni yo kwli.
❤❤❤
Louange au Père Créateur, gloire au Fils Sauveur des hommes et à l'Esprit Saint qui habite en nous.
Dieu bon,Dieu grand,Dieu fort,Dieu immortel bénis soit ton nom❤❤❤❤❤❤à toi la gloire seigneur Dieu tout puissant ❤
Amen
Shimwa mana
@@anithanadineAkimanacase😊🎉🎉
Muhezagirwe
Amen! Hezagirwa namwe!
Iraryosh can
Hezagigwa terintambwe
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉💃💃💃
🎉
Ntayindi,dini,ataricatholika
BIRAHIMBAYIJISHO. MWIJURU. BIZOBA. BIMEZE. NEZA. CANE
Man uzump iherez ryiz nzenam ngukund
Nimwubahw diiii mwaririmvy nez
nihaninahazwe mana data nihaninahazwe mana mwana nihaninahazwe mutima mweranda kwisi nomwijuru iyomana nisengwe niwewe mana ukwiye gusengwa ndahezagiwe cane
Ngirira ikigongwe untyrore nshobore kurenguka munyonga zawe
Umukama abandanye kubahezagira murashoboye guhezagirwa
Soyez encourage!!!!
❤ 9:34 9:37 9:38
Biraryoshe gume mushirako
Umukama aninahazwe imyaka yose
Amen
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Ingoro n'ibamo baali, ibigirwamana bifite amazon ariko ntibirora, bifite amatwi ariko ntibhumve, bifite intoki ariko ntibikabamabe, bifite amaguru ariko ntibyava aho babishingishine imisumari, ntiwahura n'ingorane utewe ngo bigitabare => Zaburi 115 : 3-8 => Zaburi 135 : 14-18
LLAKSADIG😭
mukam tugilil ikingogw
Coral kigwena
Ntawutokenguruka ibi vyiza umukama aninahazwe
Ariko my ngoro baha ibyo bigirwamana icyubahiro, bakabipfukamira kandi bagasometamo ijambo ry'Imana => baravanga ibya Satani n'iby'Imana.
Ivy ntibikuraba umw Wes afise ukwemera kwiwe
Keza cne
Yezu abandanye kuninahazwa aciye kuri mwebw
Helle
Mana niwowe ndondera
❤❤❤ bien
Ingoro ibamo za baali, n'ibindi bigirwamana => itandukanye n'urusengero kuko Ingoro => Yeremiya 19 : 4
Tekana ivya Ekeleziya ntuvyinjizemwo umutwe cane
Catholique yanje lmana ihezagire umuryango wacu ugiz catholique nyeranda yagenewe bose kandi yabatumwa
cette la messe de quoi
Ils n'ont pas été chantés dans une seule messe! Je voulais dire que pendant la célébration de la messe, ces chants sont exécutés dans plusieurs coins du Burundi, c'est-à-dire dans les différents diocèses.
Mukampe Kari kwi copie
0:26
Maho urusengero izuba ry'Imana ribamo, ijisho ry'Imana n'umutima wayo byabagamo here y'uko Yesu Kristo avuze aya magambo => Matayo 23 : 37-39 => nta Baali, nta bigirwamana byabagamo => bahasometaga ijambo ry'Imana
Sorange
Twakiresemwami ntacoturicyo arikutubabarirutwakire mungoroyawe yezu
Amen
❤❤❤❤
Biraryoshe gume mushirako
Amen
❤❤
Biraryoshe gume mushirako
Biraryoshe gume mushirako
❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤
Biraryoshe gume mushirako
❤❤❤
Biraryoshe gume mushirako
❤❤❤❤❤
Biraryoshe gume mushirako
❤❤