ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Shimwa ,ganza iteka ryose Yezu Kristu wazutse.Amen
Kristu Umwami ganza nyakuganza . Tsinda waratsinze. Uzahora uri Umwami imitaga n'imitaga.
Yezu kristu akuzwe nibyizagose kubwogukurikizaneza ayamasengesho bituma buriwese yibonamo muririsengesho ryadukure isimurwobo
Tugirire Impuhwe Kandi uzigirire n isi yose.Mana Data Uhoraho.
Urugo rwabuze uruvyaro. Amazina yabo umugabo yitwa Nduwarugira Gerard umugore yitwa Niyokindi Eveline Turabasavye musabire uwo muryango kugira imyaku yamashetani areke kubagabaho ibitero. Murakoze
Ndaramukije jewe ndi lburundi inyigisho zanyu ziramfasha cane ariko ndafise urugo rwabuze ikibondo kubera inyatsi n'amashetani atumwa nimiryango umugabo yavutsemwo none ndipfuza kogusaba isengesho kugira mutwirukanire Ayo mashetani kugira ugwo rugo ruronke ikibondo niyo myaku ibaveko ubuzima bukomeze
Shimwa ,ganza iteka ryose Yezu Kristu wazutse.Amen
Kristu Umwami ganza nyakuganza . Tsinda waratsinze. Uzahora uri Umwami imitaga n'imitaga.
Yezu kristu akuzwe nibyizagose kubwogukurikizaneza ayamasengesho bituma buriwese yibonamo muririsengesho ryadukure isimurwobo
Tugirire Impuhwe Kandi uzigirire n isi yose.Mana Data Uhoraho.
Urugo rwabuze uruvyaro. Amazina yabo umugabo yitwa Nduwarugira Gerard umugore yitwa Niyokindi Eveline
Turabasavye musabire uwo muryango kugira imyaku yamashetani areke kubagabaho ibitero. Murakoze