Uko ni ukuri cane kuko muri Diyoseze ya Ngozi paruwase ya Gicumbi shetani zirabikora nkumi no mw isengero zikarara ziririmba.zikica abasaserdoti cane.muje mubasabira 😢
KO hariho abapatiri n ababikira Batanga imiti y ikirundi IVYO bavuguguta canke ibifu...kandi bakaguma Ari abihebeye lmana ni kuki batobibabuza canker babasengere kuko baratewe
Ndarimbura umuzimu w'imbeba ziri munzu yamjye mw'izina rya Kristu Umwami, ububasha bwose bwa bwabazimu buri mumbeba mburimbuje umusaraba wa Kristu Umwami
Yezu Kristu akuzwe.
Uko ni ukuri cane kuko muri Diyoseze ya Ngozi paruwase ya Gicumbi shetani zirabikora nkumi no mw isengero zikarara ziririmba.zikica abasaserdoti cane.muje mubasabira 😢
Imana ibakomereze ingabire...
Inzawawa ni inyoni. Ahandi bayita uruyongoyongo.
Muraho neza papa ?konshaka nomero yawe nayibo Nante ? NDI vestina murakoze .
Ako gatabo umuntu yakabona ate
Ndabaza kurangiza ikiriyo n'ubukristu?
Yezu Nyirimpuhwe yatsinze shitani
KO hariho abapatiri n ababikira Batanga imiti y ikirundi IVYO bavuguguta canke ibifu...kandi bakaguma Ari abihebeye lmana ni kuki batobibabuza canker babasengere kuko baratewe
Mwatubwira uwanditse icyo gitabo urimo gusoma Faustin?
Kritu nimuzima