😅😅😅😅😅😅😅uragoweeeee😅😅😅😅😅noe k ugow kare ntarakuzanir y V8 nayooooo. Fany humur shaaaa ntah uraj uw Imana ikunz agirirw nkukooooo iy nintang uw muvugishw wibinyom azomaramar kuk biracaz ivy wasavy Imana sivyoooooo Iman ikor ibivyibusheeeeee. We love you😘😘😘😘😘😘 3FA Boundaries and Real boys films😘😘😘😘
Eweeee!arira yabony inkoko?uw numunezero mwinsh gus brates sn👌👌👌ab bant bakoz ivy bubahw🙏🙏🙏
Nukuri Ribert biraboneka ko ya gize
Ubwoba yatangay
Cane Ribert vugati
Nubuntu bw, Imana 💯💯💯💯🙏🙏🙏🙏
😭😭😭😭😭😭🙏🙏❤❤❤❤❤ turagukunda fann uzoserebura nibitarivyo nintango haribindi bizoza biruta ivyo
Fanni ayo namasengesho ukora Abigira nimana irikumwe nawe 😍🌹❤️🌄💐💫🙏
Fanny humura turagukunda ❤❤❤❤❤nabataragutungura turinyuma umunsi utazi nitwaba tukiri bazima imana igukomez
Fanny ihangane ubikora neza urabikwiye gutungugwa
Numutesi
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Yoooo cucucuu weee tekana fanni turagukunda cane❤️🌹😭😭😭erega nanje nsanze ndarize kubera ivyishimo fani yagize fanni wubahwe imana irikumwe namwe🙏❤️🌹😍💐
Uwo imana yahaye ijombo ararigira❤️🤸🤸🤸
Imana ibahe umugisha abakoze kinokintu uyu numutima wurukundo
😭😭😭😭yooh Fanny nanj ndariz nukuri 😥😥😥baragukorey umutim kweli.Mpore mwiza ntac uzoba Baho wongere ubeho ivyo n'ibikorwa vyawe biriko biravuga✊🤛👍👍felicitations ahubwo wubahwe caane❣💕💞
Yooooo fafa mpore mwiza ntacuzaba turgukunda cane nimaniragukunda
Komera mwiza turagukunda cane.uwubona kwo libert yarize namp👍
Turagukundacane. Fann
Fanny aca kuliya Mungu atazidi kukubariki🙏🙏🙏
Libert mashallah nukur ivyuvuze nivyo harurukundo ruheb rugater ubwoba umuntu mais mukomere cne beza uwimana ihagurukije imwemez n abatamwemera knd iyigutwengej isiyose itwengana nawe kimw cingenzi musenger igikogw canyu
Nukuri harigih Imana igutwenz bikakureng
Yoooo kirarize igi chr canje.fafa turagukunda tuzokomeza tugushiikira tugukunda nkaba fans😂😂😂😂.
Humura fani ntahuzoja isi iracagukeneye natw turacagukeney kndi💓💙💚
Erega benishu narinziko arijewe jenyene atishura kumbe nabandi nuko ntakundi ndakubabariye fanny wacu👌👌👏👏🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮❤❤
Waoooo baba lao na mama lao ibinu vyar bitomoye can❤❤❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥😍😍😍👑👑
Fanny najew ndarize nukuri ivyo bintu birarenze nukuri
Libert ko utavuga nibiki wew nturira ndabakunda pe Imana ibaje imbere mumigambi yanyu
Ariko fanny nukuri uranyica😂😂😂gusa ndakwikundira p🥰🥰ndakund umunt agaragaz ibishobisho vyiwe
Komera munyempano wacu.ndagukunda.nagukunze kuri film wigize amahasa.kuva ico gihe wangiye mumaraso bitewe ninyigish ndahakuye
Yooooooo Pol San mwiz 😭😭😭 nanj Nukur ndariz manaw Iman ibahezagir ibasubirize ah bakuy non Fanny nanj umus Naj Kukurab uzorir😂😂😂😂😳😳🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮❤️❤️🙏🙏
Yoooo bakoze vyiza nukuri nanje ndamukunda fanny ataburyarya
Libert na Fanny murafis abakunzi nukur j ndabakund cane arik abantu mukora akazi kamw ntibabakund bagend barabavug uko mutar Jew ntibinc intege nama nahaririye nabo mw courage
Uraguma witeguye nyene kuko Uruphu Ruriho kandi Tubaho kugira dupfe Nikwiyeza gusa Ariko turagukunda ntahuzoj utararangiza umurimo❤️❤️
Fanny urandijije kweri.humura ntahurikuraja.libert Imana ishishikare kubarinda.Ndabakunda cane
Yoooo bashaaa Fanny arandijije kweli,iyo mental kwaruko uza kugira faaa twari gutuma tubikubwira ntibe surprise
Inana ihorere 🤣🤣🤣🤣🤣❤️🌹uzi ukuntu ndakwikundira kubi wirambire
Ark uribuk😂😂😂🤣
Inan igongo🤣🤣🤣
@@rachelndayikengurukiye231 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣👍💪Fanni aranryohera sana
Ubu nibwo bucuti kabisa komere p🥰🥰🥰🥰😘🤩😍❤💣🙏💯💋
Basha nanje ndarize kubwumunezero
Aisha Aisha yooo fani ararengewe sha ndabakunda basha hamwe na libet na beni murihamwe💯💓💓💓💚
😅😅😅😅😅😅😅uragoweeeee😅😅😅😅😅noe k ugow kare ntarakuzanir y V8 nayooooo.
Fany humur shaaaa ntah uraj uw Imana ikunz agirirw nkukooooo iy nintang uw muvugishw wibinyom azomaramar kuk biracaz ivy wasavy Imana sivyoooooo Iman ikor ibivyibusheeeeee.
We love you😘😘😘😘😘😘 3FA Boundaries and Real boys films😘😘😘😘
Hahaa ati V8 💃💃gira vuba vuba
Urakunzwe cane.terimbere nk'umuzinga
🤣🤣🤣🇧🇮🇸🇦
Na jewe Fany nisang muri group👌👌👌👌👌👌👌.
Nanj mbony amosozi yafany ndarize nukur Iman ikur Kure pe urarira urijijwe numubabaro igih Iman yakwibutse ukarira urijijwe numunezero
Vraiment baju uri très émotionnel vrt!!!twese turagufana❤❤imana iracakora wew tenyenya
Imana igiraneza ntawayisenze aziger amaramara courage sisi ivyiza birimbere
Yooo pore sana Fanny oya ntuzopfa uzobaho Ncuti yacu dukunda cane uwuhagarikiwe ningwe aravuma nawe uhagarikiwe imana ikomeye👏👏
Abakinyi b'umuphakazi bubahwe ,cane cane Libert na Fanny muri abambere turabakundaa
Lavine hejuru cane🙌
Lavin nukur urandijij nanj kwer
Yoooo fanny mpore chr Imana irakubona ntaho uzoja sha ndaravy surprise bagukorey ndakoroye amasozi nukur nanj hanyuma nzoba ndimwo kbx
Aga surprise karakoz fanny Imana irakubona ntaco uzoba
Fanny uranteye kurira nanje😭😭😭😭😭 nigihe cawe cokunezerwa bivanye nibihe waciyemwo ncuti yacu. Ahubwo Imana ikomeze kukurinda ivyogupfa navyo uvyibagire Mama. Turagukunda cane❤️❤️❤️❤️💞💞🇦🇺🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Yooo fanni ihangane ivyo nivyishimo turagukunda🙏❤️🌹😍💐🌄🎂🎂💫
Akwiriy award yokurira p🤣🤣🤣🤣
Murarenze kabisa, liberty ndagukunda ukuntu ujinyika vyuzuye, Mubikora neza cane na fanny, Ndabakunda 🥰🥰👌 bitagira ukwo bivugwa
Fany courage imbere harivyiiza guusa 👏👏guusa libert nobabara hamwe ibibintu vyoherera ahaaa😭😭😭
Waooo kimwegusa urandijije ariko biraryoshe
Yooooh ndarize bsh nukur kubwamajambo yiwe🙈🙈🙈
Rek kurir sh Fanny wnj lov u so much ❤️❤️🤣🤣🤣🤣 ngo nshk gutah benichou
Ikintu gituma mukundwa Libert natwe ubwacu ntavyo twosigura nibinyegezwa vy'Imana gusa kimwe mumenye yuko ibintu mutwereka arivyo bidutera kuba lova ❤️❤️
Yooo nukuri nisanz 😢😢😢nariz mpor machr iyo nimigisha ntabwo uzopfa udashits kwisezerano🥰🥰
🤣🤣😂😂🤓♥️ mwakoze cne kuhatubera nkabafana ,mbegibintu weee😍😘murakunzwe team yose
So nice kazi yenu mnafanya
Ma chérie Lavine ntahuriko uraja wirira,kimwe gusa ube maso cane kndi Yesu akongere inkomezi n'ubwenge mwena Libert mubandanye kudushikiriza ivyiza bisumba ivyo mwahora muduha.ndabakunda cane mubimenye 💞💞
yoo biraryoshe nukuri
Yooo Mana ndarize 😢😢😢 émotions ziranyishe je ❤
Fanny nukuri nanjye ndagukunda cyane wowe na libert! Ben courage
Ihangande fani turagukunda benuchou komera
Aisha Aisha nubwo biruko jeho nezerewe kubarusha nabuze ukonifata umunezerowanyishe nabuzivyarivyo basha🌹🍓🍉🍍🍌🍇🏖️🇧🇮
Iy video vrm irandijije kuber fanny nikundir ar kurira mpol maze turagukunda❤❤
Ndabakunda cane kndi Imana ibandanye ibaja imbere 🥰🥰🥰
Ub sérieux bwa libert reroooo🙏🙏
Bénichou vrt respect i m your fan
Yoôoo courage mazina wanj turagukunda cane mwiza wacu ndiho akuzigame
Murandijij pe Fanny turagukunda cne🥰🙏
Fanny ndagufana gusa iyo groupe ntayondimw.please mpa link
Urandijije Fanny nukuri 😭 ngo wibaza kuri mugupfa oya ntiharagera turacagukeneye
Fani ufise amarir nkaje dis utumwe ndira😭😭😭😭
Fanny reka kurira surprise ziracaza nukuri,urakunzwe sanz
Sha nukur beni wotwenz umupfu 😂😂😂😂
Yoo Fanny ntaho uzoja shaho urakaramba ubeho wongere ubeho MWe na NSORO.ico wavuze Nico umuntu agukunze aragukunda ukwuri 💋♥️♥️♥️♥️♥️
Ndashimiye abantu mwamuryohereje umusi vrt ,Fanny and Libert ndabakunda
❤❤❤ mbega mbega 😆 volume
Fanny wacu,gupfa kubitinya?twese niyonzira,kimwegusa nigusaba Imana niyowobupfuye agapfira muMana
Mwe muravuga abarundi,uwakwereka ukuntu abanyarwanda tugukunda turi benshi?
😂😂ewe Fanny umengo wabay 'umwana uziko naje uhatsw kundiza
Nagiye numva ngo nshaka gutaha benichu🤭🤭🔥🔥🔥❤❤
@@sylvieirambona6834 😂😂😂reka kuntwenza jewe aranyumije ahubwo ngagirapfe apfajahe
Umukama abahezagire kugikorwa ciza mwakoze ,Fanny naw ubandany utera imbere Imana ni vyose
Fani nanj munshir mwiyo groupe
Yooo mpore mpore ntuzopfa uzobaho.ndashobor kuba nkunda Fanny vrm ico mpa nkakubona live
🤣🤣🤣🤣🤣umunyabukeye amarira yaweee ngurimugupfa ntugapfe dix turacagukeneye mupfakazi wacu🤣
Ukonzi abarundi twimereye vyonmbandanya uko bazobatuma inkuba raba muze murabinyegeza hm turabakunda❤fanny gabanya kundiza wana
Ikibaju cacu kirarize turagukunda wanj
Yooo!!!fan uraryoher nukr ndagukund shak gutah benichou Iman ikuzigam🙏🙏🙏
Fanny ndagkund kabisa niwe watumye nkunda film Ndundi
Libert nturir ndamukundasan🥰🥰🥰❤️🙏
Fanny nurubajou ruriko rurarira wee 😘😘 ndamukund ngr afis umutim mwiza
Fanny ivyiza birimbere nabado turagikunda cane gode natwr turikure turagikunda utumye bidra joyeux annif ntiha ra
Imana imber Fanny seng ibisigay wihangan
Ndarize ,but Imana ninziza
Yoooo erega nisanze narize najewe ❤❤❤🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮😥😥😥😥
Yooo Fanny urandijij ngo wibaz kur mugupfa turacagukeney humura 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
😃😃😃😃nn Fanny atinya gupfa?arik twese niyonzira mwiza
Yooo Mpore naj ndamukunda
Murakoze
Benichou yambaye imbutura, 😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁
Wew nawe kweri wabonye imbutura koko😂😂😂
@@angedarlene1770 ego pe 😁😁😁😁
Ntiharagera kupfa niryambere nanditse kweri 🤣🤣🤣🤣🤣🙉🙉🙉🙉🙉
don't be afraid, fanny, we love you very much, may God accept our love
Imana ikube hafi
Robert naw aguma ashiramwibirungo 🤣🤣🤣🤣
Muduhe part 3 nabony irabandanya please👏
Mungu mzuri sana KBS hongera sana
Yoooooo🥱🥱🥱libert ndakwinginze umbabarire nanditsenabi wihangane
Wubahwe ahuri hose Fani ndagukunda