ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Inyigisho za Chris Ndikumana ubu murashobora kuzikurikirana mu rurimi rw’icongereza. Muzisangize abagenzi banyu bavuga icongereza. Mu kwumviriza inyigisho ´Mountains have ears’ muca hano: th-cam.com/video/4EMYo9Syixs/w-d-xo.htmlsi=rhotWQrFQYLihLX4
NDIHO akumpezagirir cneeeeeeeeee
Ukomeze guhezagirwa Chris!!Amen 🙏
Mbega inyigisho wee. I wish i could put a like on this teaching a million Times. Yesu akumpezagirire mukozi W'Imana.
Amen hezagirwa mukoziwiman 👏🏾👏🏾👏🏾ww uri saromo wakabiri kubwengebwawe wahawe nimana burarenze jewe ndakwise iryozina kuko urariberey duhoradufashwa❤❤❤🎉🎉🎉gezagirwa canegose
Yooooh Amen 👏 Amen Yesu Kristo umwami nahabwe icubahiro ijambo ry'Imana riranyigishije cane Imana igume ibahezagira
Icyampa ukazaza murwanda nañge nabimenye nkakwirebera amaso kumaso 😁😁😔😔
Tubisengere tubisabe Imana izamuzane
Imana yakuremye .ikwitondeye rwose.urashimishije cyane ufite.ubunararibonye ubumenyi bwawe burahanitse cyane
IMANA ihezagire équipe yose ya kanguka .ihezagire chis Ndikumana hamwe numuryango wiwe.
Inyigisho zawe zinsubizamwo inkomezi nukur mbanumv atamusi woreng ntazumvirij iyo maze2 ntazumvirij umutima wanj urashwanyuk
Imani bahumugisha mwicyi ibarinde muribyose inyigisho zanyu ziradufasha Cyane ❤
Imana Idufashe vyukuri tube mu kibanza Yoyo Ishaka ko tubamwo Kuko niho hari ubuzima bwuzuye. Tugusabira kuzogira iherezo ryiiiiiiza muvyeyi, no kuzoronka impera itagabanije mw ijuru y ibikorwa vyiza udukorera , mw Izina rya Yesu Kristo turagusengeye , Amina
Amen Amen 🙏
Ihembe ryamavuta yawe rijyerihora risenderewe n'Uhoraho,kugirango utazabivanga vanga nkabikigihe Amen
Imana ikomeze kukurindira mu buntu bwayo
Habwa icubahiro Mana kubw'umukozi wawe shishikara kumweza no kumukuza cane muburyo bwose kugirango natwe tubandanye gukura Ameeeeena shimwa Mana warakoze Kumusiga amavuta .
Ndiho akuronse iherezo ryiza mukozi W'Imana urabikwiye❤❤❤
Imana ibandanye ikuzigama mukozi wImana warahezagiwe
Hallelujah Hallelujah Hallelujah ndafashijwe ❤❤❤ hezagigwa mukozi W'IMANA 🙏🏻🙏🏻🙏🏻 inyigisho zawe zose ziradukomeza ndazikunda caane gose muhezagigwe ❤❤❤
Iman iguh umugish chris iyab narinz imis wigishirizak vyomber vyiz kugir nze ndaz kuber inyigish zaw umeng zibwir jew
Yesu aguh umugisha!iryo jambo ry'lmana riramfashije can!muhezagirwe can abo muri kanguka!
Yesu aguhezagire mukozi wimana ndagukunda cn
Amen, amen Ndiho abandanye yihesha icubahiro mubuzima bwacu twese turiko turumva ino nyigisho
Yesu aguhe umugisha mukozi w,Imana ndafashijwe caaaane
Hallelujah hallelujah 🙌🙌🙌 ndashaka ntumbire
Ndafashijwe kandi cane. Hezagirwa Mukozi w Imana kndi warahezagiwe.
Amen uhezagirwe cane mukozi wi Mana wewe n'abawe ni vyawe
Amen Amen Amen . Ndafashijwe cane nirijambo nukr🙏🙏🙏🙏💃
Yesu ashimwe? Mumbabarire mbasabe ikintu nibabishoboka ndabahendahenze NGO muzamfashe kwakira Yesu ambere umwami numukiza wubugingo bwange ndamukeneye, kugirango ankize ibyaha birandembeje ngerageza kubyibuza bikananira, nkeneyeko ampa namahoro aturuka kuri Yesu, mumfashe ndabikeneye. Imana ibahe umugisha kubwo kumfasha. Mu izina rya Yesu Amina.
Rondera bubiriya, utangure kuyisoma, hanyuma uce usenga, uvuga ko umwizeye, ubushobozi bwa Mpwemu yera buzokuzako.
Umwami Yesu akubohore nukuri. Amen
Imana iguhe umugisha mukozi w'Imana
Imana ishishikare kugucurira amajambo mashasha agire aho adukura naho adushikana
Mana nshoboza kuba mukibanza unshakamo. Amen🙏🙏
Hezagirwa mukozi wimana ndiho azaguhe ijuru inyigisho zawe ziradukomeza cane
Mbega ijambo rindemesha Imana ibahe umugisha
Iman a ikwongere amavuta Kandi iguhe umugisha
Amena amena uwitteka akomeze kukongera umwuka wabazima ubandanye kutubarira ijambo ryayo
Amen.Ijambo ryawe mukama ,rirampumuriza
😢Amen Yesu ni umwami ibehe vyose
Baho ,Yesu abahumugisha
Amen , Yesu n'Umwami ibih vyos
😢😢😢😢😢😢😢lman impe kuba ah lmannishaka komba
Amen amen amen 🙏🙏 ndagusabira amagara meza Ndiho akuturindire satani ntakugireko ububasha ikiganza c'Imana ukorera kikwome inyuma nkuko Cabaye kuri Eliya Imana Izikwihere ingororano yivyo ukora . Amajambo y'Imana udusangiza atugeza ahantu heza cane aratwubaka akadukomeza uhezagirwe cane gose Mukozi w'Imana nzima❤❤❤❤❤
Imana ikongrerez amavut numugish
Ameen Ameen ❤❤❤❤❤
Kuvyukuri turagushimiye cane gose .NDIHO Akutuzigamire .
Amena
Umwami IMANA ibashigikire murampezagira❤
Amena turagukunda cane uratugaburira muburyobwimpemu amena💯🙏🙏🙏❣️💯🧎🧎🧎🧜
Amen and amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen 🙏🙏🙏🙏🙏
Urakaramba mukozi w,Imana 🎉
Amen Amen Amen, mukozi w’Imana hezagirwa cane.
❤❤❤❤❤😊😊😊😊😊 imana ikwongererez amafuta ikongerrez ububashe
Amen Mana mpakuba ahushakakomba 🙏🙏🙏
Amenaaaaa hezagigwa caaaanee
amen
Imana yacu ihabwicubahuro ,uri uwagaciro, nuzigamwe , ubandanye umurimo wa Ndiho. Amen.
Imana izobahe iherezo ryiza❤❤❤
Ijambo ryawe Mana ridusubizamwo intege
Amen Amen AmenMwarahezagiwe Kandi mwongerezwe
Binge warumaze kubaka ubufasha ndi mu Rwanda nkeneye kubohoka muburyo bwumwuka numubori nange ngatura mukibanza Imana inshakamo mu izina rya Yesu amen.
Izere Umwami Yesu urakira kandi urabohoka
Ameeen ameeen Imana iguhe umugisha Mukozi w Imana
Hezagigwa mukozi wimanee🙏
Amen amen IMANA ibakomez.
Mana nkuru rugiravyose !Eliya ageze hé ntarashika mu ntéléphonere MANA ndaca rindiriye ko ahaca.
Muhezagirwe mukozi w Imana
Mwami ndahari nkoresha in your kingdom
Amajambo meza akomeye!
amen amen,ndagushiye w'amana we,🎉🎉🎉🎉🎉 Mungu akubariki sana mtumishi❤❤❤❤
Amen amen ndakunda inyigisho lmana iguha kugira idushikire❤❤amen lmana yugara umuryango AikugururaB ❤❤Halleluyaaaaaaaaaa
Imana ishimwe ibintu ikoreye🙌👐👏
Murakoze,,ndafashinjwe
Amen🙏🏻 Muhezagirwe mukozi w’Imana!
Amen habwa icubahiroMANA👏👏👏👏👏
Amen,Imana iguhe umugisha n,iherezoryiza mukozi w,Imana
Amen nguwang usfie san
Amen ndafashijwe
Halleluyaaaaa halleluyaaaaa Amen Amen
Uhoraho nshoboza mbe mumwanya unshakamo
Amen Amen Mana yacu
Imana ibampere umugisha 🤲🙏🙏🙏👏👏👏🙌🙌🙌❤❤❤❤❤❤turafaswa cane ikuruta vyose Ndiho azobampere iherozo ryiza cane🤲🙏🙏🙏👏👏🙌 ilove you YESUS ❤ 😘 ♥❤❤❤❤❤
😅tkank you Jesus ndagusavy uzomp iherezo ryiza? Ameen❤❤❤
Il faut que nous obéir à Dieu tant qu'il y a la vieMerci pasteur pour la parole que Dieu vous bénisse
Amen uwiteka akurinde ❤
Ndahezagiwe cane.
Amina❤
Komeze guhezagirwa🙏🙏🙏
Amen amen Murakoze
Amen Amen hallelujah 🙌
Amen,Amen,Hallelujah🙏🙏🙌🙌
Amen and Amen, 🙌🙌🙏🙏❤️
Amen ❤❤❤❤ Imana iguhe umugisha mwinshi Mukozi w'Imana ndagukunda cyaneee!!!!!
Ame Amen halleluyah
Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen
Ndafashijwe
Amen Imana ibagirire neza mubikorwa vyanyu 👏👏
Amen Amen🙌🙌
Amen Amwn
Le uhav jutc😂 pipi tu as des❤😂😢😢🎉🎉
Hallelujah hallelujah
Amen Amen hallelluaaaa
Amen amen hezagigwa mukozi w'Imana 🙏
Amiiiiiiiiiinaaaaaaa❤halleluiaaaaaa❤🎉
AMEEEN AMEEENA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Amen. Umuntu ashaka kuvugana nuyu mu Pasteur yamubona gte?
Amena 🙏🙏🙏🙌🙌🙌🙌👏👏👏
Inyigisho za Chris Ndikumana ubu murashobora kuzikurikirana mu rurimi rw’icongereza. Muzisangize abagenzi banyu bavuga icongereza. Mu kwumviriza inyigisho ´Mountains have ears’ muca hano: th-cam.com/video/4EMYo9Syixs/w-d-xo.htmlsi=rhotWQrFQYLihLX4
NDIHO akumpezagirir cneeeeeeeeee
Ukomeze guhezagirwa Chris!!Amen 🙏
Mbega inyigisho wee. I wish i could put a like on this teaching a million Times. Yesu akumpezagirire mukozi W'Imana.
Amen hezagirwa mukoziwiman 👏🏾👏🏾👏🏾ww uri saromo wakabiri kubwengebwawe wahawe nimana burarenze jewe ndakwise iryozina kuko urariberey duhoradufashwa❤❤❤🎉🎉🎉gezagirwa canegose
Yooooh Amen 👏 Amen Yesu Kristo umwami nahabwe icubahiro ijambo ry'Imana riranyigishije cane Imana igume ibahezagira
Icyampa ukazaza murwanda nañge nabimenye nkakwirebera amaso kumaso 😁😁😔😔
Tubisengere tubisabe Imana izamuzane
Imana yakuremye .ikwitondeye rwose.urashimishije cyane ufite.ubunararibonye ubumenyi bwawe burahanitse cyane
IMANA ihezagire équipe yose ya kanguka .ihezagire chis Ndikumana hamwe numuryango wiwe.
Inyigisho zawe zinsubizamwo inkomezi nukur mbanumv atamusi woreng ntazumvirij iyo maze2 ntazumvirij umutima wanj urashwanyuk
Imani bahumugisha mwicyi ibarinde muribyose inyigisho zanyu ziradufasha Cyane ❤
Imana Idufashe vyukuri tube mu kibanza Yoyo Ishaka ko tubamwo Kuko niho hari ubuzima bwuzuye.
Tugusabira kuzogira iherezo ryiiiiiiza muvyeyi, no kuzoronka impera itagabanije mw ijuru y ibikorwa vyiza udukorera , mw Izina rya Yesu Kristo turagusengeye , Amina
Amen Amen 🙏
Ihembe ryamavuta yawe rijyerihora risenderewe n'Uhoraho,kugirango utazabivanga vanga nkabikigihe Amen
Imana ikomeze kukurindira mu buntu bwayo
Habwa icubahiro Mana kubw'umukozi wawe shishikara kumweza no kumukuza cane muburyo bwose kugirango natwe tubandanye gukura Ameeeeena shimwa Mana warakoze Kumusiga amavuta .
Ndiho akuronse iherezo ryiza mukozi W'Imana urabikwiye❤❤❤
Imana ibandanye ikuzigama mukozi wImana warahezagiwe
Hallelujah Hallelujah Hallelujah ndafashijwe ❤❤❤ hezagigwa mukozi W'IMANA 🙏🏻🙏🏻🙏🏻 inyigisho zawe zose ziradukomeza ndazikunda caane gose muhezagigwe ❤❤❤
Iman iguh umugish chris iyab narinz imis wigishirizak vyomber vyiz kugir nze ndaz kuber inyigish zaw umeng zibwir jew
Yesu aguh umugisha!iryo jambo ry'lmana riramfashije can!muhezagirwe can abo muri kanguka!
Yesu aguhezagire mukozi wimana ndagukunda cn
Amen, amen Ndiho abandanye yihesha icubahiro mubuzima bwacu twese turiko turumva ino nyigisho
Yesu aguhe umugisha mukozi w,Imana ndafashijwe caaaane
Hallelujah hallelujah 🙌🙌🙌 ndashaka ntumbire
Ndafashijwe kandi cane. Hezagirwa Mukozi w Imana kndi warahezagiwe.
Amen uhezagirwe cane mukozi wi Mana wewe n'abawe ni vyawe
Amen Amen Amen . Ndafashijwe cane nirijambo nukr🙏🙏🙏🙏💃
Yesu ashimwe? Mumbabarire mbasabe ikintu nibabishoboka ndabahendahenze NGO muzamfashe kwakira Yesu ambere umwami numukiza wubugingo bwange ndamukeneye, kugirango ankize ibyaha birandembeje ngerageza kubyibuza bikananira, nkeneyeko ampa namahoro aturuka kuri Yesu, mumfashe ndabikeneye. Imana ibahe umugisha kubwo kumfasha. Mu izina rya Yesu Amina.
Rondera bubiriya, utangure kuyisoma, hanyuma uce usenga, uvuga ko umwizeye, ubushobozi bwa Mpwemu yera buzokuzako.
Umwami Yesu akubohore nukuri. Amen
Imana iguhe umugisha mukozi w'Imana
Imana ishishikare kugucurira amajambo mashasha agire aho adukura naho adushikana
Mana nshoboza kuba mukibanza unshakamo. Amen🙏🙏
Hezagirwa mukozi wimana ndiho azaguhe ijuru inyigisho zawe ziradukomeza cane
Mbega ijambo rindemesha Imana ibahe umugisha
Iman a ikwongere amavuta Kandi iguhe umugisha
Amena amena uwitteka akomeze kukongera umwuka wabazima ubandanye kutubarira ijambo ryayo
Amen.Ijambo ryawe mukama ,rirampumuriza
😢Amen Yesu ni umwami ibehe vyose
Baho ,Yesu abahumugisha
Amen , Yesu n'Umwami ibih vyos
😢😢😢😢😢😢😢lman impe kuba ah lmannishaka komba
Amen amen amen 🙏🙏 ndagusabira amagara meza Ndiho akuturindire satani ntakugireko ububasha ikiganza c'Imana ukorera kikwome inyuma nkuko Cabaye kuri Eliya Imana Izikwihere ingororano yivyo ukora . Amajambo y'Imana udusangiza atugeza ahantu heza cane aratwubaka akadukomeza uhezagirwe cane gose Mukozi w'Imana nzima❤❤❤❤❤
Imana ikongrerez amavut numugish
Ameen Ameen ❤❤❤❤❤
Kuvyukuri turagushimiye cane gose .NDIHO Akutuzigamire .
Amena
Umwami IMANA ibashigikire murampezagira❤
Amena turagukunda cane uratugaburira muburyobwimpemu amena💯🙏🙏🙏❣️💯🧎🧎🧎🧜
Amen and amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen 🙏🙏🙏🙏🙏
Urakaramba mukozi w,Imana 🎉
Amen Amen Amen, mukozi w’Imana hezagirwa cane.
❤❤❤❤❤😊😊😊😊😊 imana ikwongererez amafuta ikongerrez ububashe
Amen Mana mpakuba ahushakakomba 🙏🙏🙏
Amenaaaaa hezagigwa caaaanee
amen
Imana yacu ihabwicubahuro ,uri uwagaciro, nuzigamwe , ubandanye umurimo wa Ndiho. Amen.
Imana izobahe iherezo ryiza❤❤❤
Ijambo ryawe Mana ridusubizamwo intege
Amen Amen Amen
Mwarahezagiwe Kandi mwongerezwe
Binge warumaze kubaka ubufasha ndi mu Rwanda nkeneye kubohoka muburyo bwumwuka numubori nange ngatura mukibanza Imana inshakamo mu izina rya Yesu amen.
Izere Umwami Yesu urakira kandi urabohoka
Ameeen ameeen Imana iguhe umugisha Mukozi w Imana
Hezagigwa mukozi wimanee🙏
Amen amen IMANA ibakomez.
Mana nkuru rugiravyose !
Eliya ageze hé ntarashika mu ntéléphonere MANA ndaca rindiriye ko ahaca.
Muhezagirwe mukozi w Imana
Mwami ndahari nkoresha in your kingdom
Amajambo meza akomeye!
amen amen,ndagushiye w'amana we,🎉🎉🎉🎉🎉 Mungu akubariki sana mtumishi❤❤❤❤
Amen amen ndakunda inyigisho lmana iguha kugira idushikire❤❤amen lmana yugara umuryango AikugururaB ❤❤Halleluyaaaaaaaaaa
Imana ishimwe ibintu ikoreye🙌👐👏
Murakoze,,ndafashinjwe
Amen🙏🏻 Muhezagirwe mukozi w’Imana!
Amen habwa icubahiro
MANA👏👏👏👏👏
Amen,Imana iguhe umugisha n,iherezoryiza mukozi w,Imana
Amen nguwang usfie san
Amen ndafashijwe
Halleluyaaaaa halleluyaaaaa Amen Amen
Uhoraho nshoboza mbe mumwanya unshakamo
Amen Amen Mana yacu
Imana ibampere umugisha 🤲🙏🙏🙏👏👏👏🙌🙌🙌❤❤❤❤❤❤turafaswa cane ikuruta vyose Ndiho azobampere iherozo ryiza cane🤲🙏🙏🙏👏👏🙌 ilove you YESUS ❤ 😘 ♥❤❤❤❤❤
😅tkank you Jesus ndagusavy uzomp iherezo ryiza? Ameen❤❤❤
Il faut que nous obéir à Dieu tant qu'il y a la vie
Merci pasteur pour la parole que Dieu vous bénisse