INYUNGU YO KWIHANGANA by Chris NDIKUMANA
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 5 ก.พ. 2025
- Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri "KI" hejuru i buryo.
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +257 71 11 11 32 - แนวปฏิบัติและการใช้ชีวิต
Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
Amen Amen.Imana Ishimwe Cyane ❤❤
Mana ndakwingize umpe imbaraga zo kwihanganira ubushake bwawe mubihe ndigucamo ndakwizeye ko mukwihangana uzankura muriki kibazo ndimo gucamo Amen❤❤
Mana ndizeye kuzankiza ubu rwayi maranye imyaka 5 Mana ndizeye kandi unkomeze ,nkomeze kwihangana Amen
Murakoze caaaaaaaaaneeeee,irijambo rirandemye ubugira kandi,kuko uwihuse yavyaye ibihumye,uwihanganye nawe amira ibinoze.Nanje ndategereje urugo rwiza ruturutse mubiganza vy'IMANA NZIMA. Amen Amen Amen
❤❤ Imana Ikutuzigamire mubiganza Vyayo umurwanizi ntazeyigere akugirako ububasha twaguhawe kwingabire idasanzwe ndakwipfuriza kuzoramiriza mpaka kukurangiza kwawe murugendo rwomuriyisi ❤❤❤ uranyuzu cane jew ayamajambo ya Aburahamu nahora ndayasoma nkinkuru ariko Ubu numvise insiguro yawe niho nkitahura neza iyinkuru ya Aburahamu Imana Nyen'ijuru Ize Ikwihere ijuru
Uri impano idasanzwe Imana yatwihereye, Uwiteka akomeze akongerere inkomezi, aguhe ubwenge no kumenya birushijeho, Uhoraho akuzigame nabawe bose, Hezagirwa cyane Kris Ndikumana, ikiganza kiza cy'Imana nijisho ryayo bihone namwe iteka ryose, Amen🙏🙏🙏
Mana mpa kwihanga nihanganire ikigeragezo ndimo imyaka 16ans, Mana ndikumwe numukunzi wanjye none tumaze kuba aba Fiance, muminsi ibiri aragenda Mana nizeyeko uzamungarurira akongera akanyumva ,kandi akankunda ,Mana mumpe nongere ryoherwe ,utegerezanyije kwihangana kandi akizera Mana araryoherwa Amen.
Imana ishimwe can Kris ikongere amavuta .nanj Imana imp kwihangana gukwiye ndosohok ikigeragez ndimwo ❤❤❤
Ameeeen ndafashijwe ndaduze mykundi kwizera hezagigwa cane mukozi w'lmana Chris
Amen mukozi w'imana .uramfashij.mushikanje yarakijijw kubera kumvira kanguka.imana ininahazwe 🙏
Uwiteka we! Mpakwihangana kuko ndi umunyantege nke🤲🤲
Imana iguhe umugisha,kwihangana koko bitera kunesha,gusa gushima mu bigeragezo n,izindi mbaraga reka ntangire kibyitoza nubwo bitoroshye.Imana n,ihabwe icybahiro❤
Hallelujah Hallelujah Hallelujah Amen Urakoze Data ko wongey kutuganiriza mu Mwana waw ukomez kumuzigama nokumuhezagira🙌🏽
Ndafashijwe kandi ibyavuyeho byose ntacyo bintwaye mwijuru harimana🙏
Allelua Gusohoka no kuva mu bihome,nanje ngiye kuraba hejeru Mana mfasha kwihanganira uwo nashatse kugeza kwiherezo Ndashima. Ko nahawe impano,abana beza 7,batanu barubatse,ndindiye isezeraku mugisha naronse nihanganira kuzagera kw,iherezo ryiza.Nsengeye Kabura Assumpte na Nyandwi Eurade ko wobaha kwubaka urugo rwizaMana hezagira abo wampaye ubiyerekeAmen
Ooh !! Thank you our preacher!! You are our gift from God!!
Imana ikongere imbaraga❤❤❤❤Mana uzukomez kumpa kwihangana
Amina cane
Mana ,Mpa inkomezi zo kwihanganira ibigeragezo ndiko ndacamwo , no kurindira insaha yawe yo kumpindurira izina ,mw Izina rya Yesu
Imana Ikutwongerere umugisha muvyeyi wacu Chris kubw iyi nyigisho , nukuri inyongeye kwizera no kwihangana ,
-Kanguka ikomeza kuja imbere gushitsa Yesu Agarutse ,mw Izina rya Yesu , kuko iraduhezagira cane
Imana ishimwe ku bwa Kanguka🙏🙏🙏🙏🙏
Chris Ndiho akomeze akuturindire, akomeze ukuzuze Mpemu Wera❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Imana iguhe vyinshi vyokutwigisha mwana w'lmana
Amen amen 🙏 Amen 🙏 🙌🙌 ndafashijwe mukozi wimana imaniguhumugisha utagabanijye murakoze cyane🎉🎉🎉🎉🎉🎉 nar natakajye ariko Ubu ndongeye gushikama murakoze cyane
Amen Mana yanj ndakwinginze uhindure ivyase guhinduk kubuzima bwanj Amen🧎🧎🤲🤲
Imana ijye ihora imuha imigisha mukozi w'Imana Chris🙏
AMEN, Christ hezagirwa warahezagiwe Imana yakuduhaye yarakoze
Imana iguhe u Mugisha kuko
Beshi barakijijwe kubwubu
Tumwa mwigisha hallelujah
Kandi nanje ndimwo amen
Amen Amen, God bless paster chriss
Chris,azobuwambere mukujamwijuru,igikoresho clmana kizima,yesu agumaguhinkomezi
❤❤❤ amen yesu akwongere amavuta.naba partenaire Imana ubandanye ibahezagira
Imana yagutoranije Christ ngo Ikugire Igikoresho cayo Ikuduhezagirire kandi Ibandanye kugukoresha ibikomeye Amen
Amen uri mwiza muri vyose ndasohiotse mvuye mubikuta zone de comfort ntibimbereye
Amen watew iteka nakare imana nibadanye iguhezagira wongera udisabira
Mana duhe kwihangana .tugume muri wewe nubwo ibihe vyotugumira.Komeza kuzigamwa ni guhishurigwa Serviteur de Dieu.Amen amen
Amena mena ndanezerewe cyane kubwirijambo ryimana rije hageze imana impe kwihangana kugeza kwiherezo ryanjye pasta imana ikwongere amavuta warahezagiwe🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Nanjye ntegereje nihanganye kurindira urugo rwumugisha amen 💖💖🙏🙌🙌
Imana yacu yomw'ijuru ibishimirwe nukuri ❤
Imana ikwongre imbaraga Amen Amen nanj ndafashijwe cneee
Kwihangana nigiti cyumwimerere ifumbire yacyo nibigeragezo gisoromwa nuwihanganye ariko ijambo rirambwira riti witinya kuko ndikumwe nawe wikwiheba kuko nd'Imana yawe nibyo rwose ndagutabaye.uwo ni uhoraho ubi vuze ngo witinyaaaa
Ndafashijwe ,Imana ishimwe .impe kwihangana kugeza amasezereno.asohoye
Ubushobozi bwawe NDIHO nibwo nshaka Amen
Hallelujah Hallelujah Imana iduhe lwihangana kandi ihabwe icubahiro
Chris murakoze ndafashijwe❤❤❤❤
Mana ndagushima Ko wampaye kwihangana no kwizera 🙏🏻 ndagusabye ubinkomereze Kuko ibyo wasezeranye kuri Njyewe no kubikora uzabikora🥰🙏🏻👏🏻 icyubahiro ni icyawe mu izina rya Yesu Kristo Amen🤍👏🏻🙏🏻
YESU NUMWAMI🙏🙏🙏
Imana iguhezagire mukozi w'Imana!
Murakoze cane bakozi nimana muhezagirwe muriko muradukomeza.
Amen nukuri Imana yamahoro inshoboze kwihangana
Amen ubutumwa mwigisha ndabukunda cane. Imana ibahe UMUGISHA
Imana Iguhezagire caaane Iyinyigisho Iramfashije cane Imana Ihabwe Icubahiro
Amen amen imana induhe kwihangana ham warahezangiwe cane cane!!!!!!!!!!!!
Amen dukorer ibitangaz nakumiza❤❤❤🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Amennnnn. Uhezagirwe cane. Mukozi w Imana
Amen amen,Imana izompe kwihangana gushika kwisezerano.
Ibidashobokera abana babantu imbere y' Imana birashoboka
Iyo ndushe nibibazo mbamwo nkumviriza inyigisho zawe ncanumva nsubiye gukomer .uhezagirwe can🙏🙏
Urakoze mukozi wIMANA IMANIguhezagire
Amen Mana nanjye wonjyere umpagurutse❤❤❤❤❤❤
Nanje muvyo ndigucamwo rekankomeze nihangane ndizeyeko nzobona inyugu yokwihangana.👏
Amen 🙏
Amen 🙏 yesu adukomeze tugendere mubugombe bwayo
Mana mpa kwihangana kugirango ndaguhimbare ndetse ndabeko nobohoka ingwara zisesereje ndetse nokubura urunvaro Ndakwingize Ndiho mpindurira izina nkuko wahinduriy izina Hana
Imana yumve gusenga kwawe
@julienneuwiteka3962 Amen namwe mushishikare mudufashe kudusengera
Amen
😢😢😢NDIHO ashoboe vys
Aman @@julienneuwiteka3962
Ohhh Mana kwihangana kwange ni guke cyane rwose Mana yanjye ndakwinginze umpe kwihangana cyane rwose kuko byose biva kuri wowe
Amen inyigisho nziza Yesu kristo iganzire
Imana yanti ndije mu bukobwa ark menye ko uko bitinda ark biryoha
Mbega inyigisho nziza iremesha ikaduza ukwizera n’ukwihangana
🙏🙏🙏
Amen twihangane twizere ibyiza dutegereze amasezerano
Amen Amen que Dieu Vous bénisse abondamment!!!
Mana mpakwihangana nkuko wahinduriy abram Mana mpindurira amazina .Amen
Mana bandanya ump kwihangan nubw bigoy gusa ndizey k uzonyishura umusi umwe🙌🙏
Imana iguhumugisha nanje nagombamve mwisezerano arikobitumye shikama
Imanikongere mukoziwimana kandikomezi duhimbaraga zokwihangana
Mana mpakwihangana gushika ngeze kwisezerano🤲🤲
Imana ikongere imbaraga
Iman iguh umugish mukoz wiman uratwigish inyigish zikomey.imana inkomez impekugum mumashimw atkwidodmb
Imana iguhezagire cane kuko arahongez kubwinyigisho zawe imana ikwongere amavuta
Imana ishimwe Can Kris ikongere amavuta meshi
Imana irakoze kurizi nyisho yokwihangana kubwanje yankozeko imana ihezagire umukoz'iwayo
,🙏🙏🙏🙏Imana nziza cyane
Amen barikiwe Mutumishi wa Mungu🙏
Imana ishishikare kuguha inguvu nubuzima bwiza
Ndategereje isaha yimana nigera izotabara famille yanje❤je crois
Imana iguhe kuramba kunyigisho uduha zidufasha can kumenya uko twitwara
Imana impe kwihangana guhagije nukwizera nkukwa aburahamu
Mpakwihanga mana gushika ntsinze rugamba Amen
IMANA ijye igukomeza muri byose.
Imana nsenga Imana imwe rukumbi izakumpere ijuru Chris sinkuzi ariko urasenga pe
Imana ikuzigam yonger ibandany ikugirir nez
Nanje nuko imana Impe kwihangana ngo nze nshike kwisezerano
Amen, ndafashijwe❤❤❤❤
Amen muhezagirwe kuriyo nyigisho
Ndiho Ukomeze Ushyirwe hejuru ya byose🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Hezagigwa Chris kuko iri jambo Rirandemy mumutima
Seigneur Jésus Christ je béni votre nom je ne comprends pas la langue Jésus Christ protège l'évangéliste Chris et sa famille et les inteserceur❤❤
Amen amen Imana idufashe kwihangana
MANA mpakwihangana undinde ibincintege ump gukomerera mubwiza bwawe kndi MANA nkusavye umbohorere umuryango wanje Amen
Mana yanje mpinkomezi zokugukurikira nubwo ndumunyantegenke🤲🤲
🎉🎉🎉🎉 Amen Amen Amen Amen ndafashijwe
Amen amen turafashijwe cne
Mn nanj ndagusavy unkiz uburway narway kuv ntanguy kugir ubweng kuger ub bukab bukifat rimw rimw ndagusavy mn umb hf kugir nanj mn nzoshing intah mur kanguka mn uzob ukoz cyn gus ndizey kobizoher mn🤲🤲🤲🤲🤲🤲🤲
Mana urimana jewe ndemeje kurimana kandi ndakwizigiye ndiho umbehafi cane nizeyubuntu bwawe
Iman iguhe umugisha mukozi w'Imana ndafashwa cane Mana nshoboza kwihangana kugeza kwiherezo
Murakoze ndahembutse
Amina warahezangiwe mwana w imana