ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Tubararitse gukurikirana, uko wokwivura Imihango ibabaza, iryana...(DYSMENORRHEA)th-cam.com/video/VJAXt8UzCiU/w-d-xo.html
Urakoze mubyiyi
Imana ikwongere gutahura muntu w imana
Urakoze kweli Imana iguhe umugisha hama ayo mababi wodusigurira mukirindu yitwa gute Romale hoho niki ???
Ayo mabababi araboneka cane mu masoko atandukanye
Romari niteyi mucyinyarwanda
Murakoze cyane nonese tungurusumu bayikoresha gute bayishyira mumazi
Ushobora gufata udutete 3, ukadukatira ku mfungurwa ugiye gufata canke ugakatira ku karoti
Murakozecyane umwami nyirijurunisi abahezagire rk uzanapfashe nabushakegira niyombubonye nakabyangato wowe mbonyewapfasha kuko uherekejwe ntumwamipe siwabeshya
Muratwandikira +25776343373
Murakoze cyane mukozi w'ImanaNone ngewe mu gitsina hazamo ibintu byu mweru bimeze nki kimyira mbese gi kururuka.mwanfasha mukangira inama. Murakoze M
Gufata neze birya mvumvise mu cigisho biragufasha. Ariko Kandi kunywa no kwicara muri poivre d'eau canke Capucine.
Uzanjye kwamuganga bagutera urushinge nibinini ugahita ucyira uyo ufite umugabo munjyana kwa muganga bakakuvura
Murakoze,muzovuge noku Muti wimpyiko.
Vuba cane
Imana iguhe umugisha mwinshi cyane mama
Imana ibahe umugisha
murakoze imana ibahe umujyisha ifu yaromare ibonekahe muduaobanurire
Mubagorozi @@UwamariyaChantal-ff3ho
Iman'iguh'umugisha muvyeyi ku cirwa ciza uduhaye
Murakoze cyane nonese mwadusobanurira izo karoti cg tungurusumu wabikoresha utwite
Tungurusumu ntiyemewe kuyikoresha utwite
Ndumva ngukunze wigishaneza nihano murwanda
Ibimeze nkikimyira nurubyaro nintanga zumugore
Urakoze Madame
Murakoze
Nukuri imana iguhezagire muvyeyi ayomababi ntayonatahuye
Capucine ni twiza, turaboneka ahantu hakanye, ariko n'ifu yatwo iraboneka. Twabarangira uburyo mwoyibona vyoroshe bivanye n'aho muhereye
Ja kuri google wandikeyo Romalin baca bayikwereka
@@HealthyFoodnCookingBonsoir. Mwondangira ifu ya Capucine?
Murakozeee cn gusa ayomababi nanj sindayatahuyee
Ni icatsi ciza kuvura infection hamwe n'izindi ndwara z'ubwandu zitandukanye. Urakurikira ifoto mu kiganiro irimwo
Mugihe wahisemo gukoresha ifu ya Romarin wicara mumazi ubikora iminsi ingahe
Turagukunze caane
Murakoz cane!ariko Ayo mamababi sindayatahuy!!!
Romarin
Tuzobatunganiriza ikiganiro kiyavugako
Amahera. Arimake. Ucubikora. Gute
Wadusanga aho tuvuririra, tuvurira ubuntu
Muvurirarehe?
Natubwire Aho akorera
Murakozecyane uwiteka abahezagire
Amen
Turakoze cyane
Amen 🙏
Yewe nanjye ndayirwara terekumunasi ngira impumuro mbi kd ntako mbanagize kd nkaribwacyane umugongo , mukizibacyinda, nkakacyane mugicina umuriro mwinci ark biza rimwe narimwe
Fata karoti 2 na tungurusumu uduheke 3 buri gitondo, imisi 11. Wicare mu mazi ya Romarin buri mugoroba iminota 15, imisi 7 wikirikiranye.
Karoti ebyiri na tugurusumu se urabihecyenya cg ubikora mumazi
Babikoresha gute karoti na tungurusumu
Murakoze cyane mubyeyi sinasobanukiwe nukuvugango izo karote 2 mugatondo urazihekenya ese na tungurusumu urazihekenya? Udusobanurire murakoze.
Ego cane na tungurusumu urazihekenya ariko ivyiza n'uko uzishira mu vyo kurya igiye gufungura
Muraho njyewe nafashwe nishimagura nkagira ibintu byumweru mugitsina bimera nkibyomoka kumubiri mungirinama ndaremerewe pe.
Sha uyu mubyeyi nukurikiza ibi avuze uzacyira nanjye byarankijije nakoresheje buriya buryo bwa 2 bwa teyi
Fata uze wicara mu mazi y'akazuyazi buri mugoroba watogoreshejemwo Romarin na Capucine. Ubikora imisi 11. Uze ukunda kunywa icayi ca Romarin hamwe n'igisura. Ukunde gufata karoti na Tungurusumu, igihe utari mu mihango
Murakoze.ariko ayomababi kuyaronka nikibazo
Birashoboka bivana n'aho muherereye
Twebwe abagabo twowufata
Umugabo ntiyimiriwe
Muhezagirwe muvyeyi!
watwaretse iyo mungaga
Nonese mama ku bantu bubatse twakora gute ku bagabo bacu ngo nabo bakire batonjyera kutwanduza
Niba Umugabo ariwe afite infection asabwa kwivura.
Amen❤❤❤❤❤❤
Ayomababi yanyobeye
Utwo tubabi sinadutahuye
Romarin?
Usengera he mupfasoni ?
Murakoz cane!ariko muzotubwir Ayo mababi ayariyo???
Tuzobatunganiriza ikiganiro kijanye nayo
Murakoze cane lmana ibampere imigisha jewe nisunze ukomazimisi merewe nibazako nanduye iyondwar none ayomababi kontayatahuye mwoyantahuza neza?
Ikaroti 2 nziza zikiri nshasha ukaziry matin.soir 4 tunguru sumu.14jrs. 2litte d"eau ucushiramwo romarin ugateka abize agahora ukicaramw15min.isabuni yamuganga.murakoze.cm.gusa Ayo mababi sinayatahuye
Amababi ni Capucine araboneka cane, ahantu hakanye zikunda kuhaboneka. Ubu hasigaye hari n'amafu yayo. Bivanye n'aho muherereye twobarangira
Umwami aguhezagire mama kucirwa ciza utugejejeho!
Tubwire uwigifu
Ubutaha
UMUTI W'INDWARA Z'AMAFYIGO by NIYOKINDI GENEROSE. th-cam.com/video/64aw0x89aP0/w-d-xo.htmlsi=fJf5D2U3AppTJs0M
Shalom shalom mama nn kumuntu yibungenze nawe yafat izotungurusumu na karote??
Uwibugenze ntiyemerewe gufata tungurusumu
urakozemama
Urakoze cane nanjendayigway cane ninakira nzabishingirintahe
Imana ibahe gukira
Ko utubwiye ngo igitsina dukwiye kucoza mu gitondo no ku mugoroba non iyugize petit besoin ntiwitawaza?
urakurikirana neza mu kiganiro ahavuzwe ku kijanye n'uko bakora isuku ry'igitsina,
Mwakoze kuturangira umuti arikose Ayo mazi arimo rumari uyicaramo igihe kinganiki?
Iminota 15, imisi 7
Murakoze cyane njyewe ni muri Congo Brazzaville ariko inama muduhaye nazikurikiranye gusa niba bishoboka mwadusabanurira romarin niki cg mukayitwereka mwaba mukoze
Rumari ni tei iriya bateka munyama cg mucyayi
Remarin ugiye mubirungo vyinyama mumasoko menshi yo mugisagara ziriyooo
Ni irya nyene. Bakoresha mu kurunga
Irakoreshwa kenshi mu guteka amasosi atandukanye, no ku masoko y'imboga hose iraboneka
Irabonake cane mu masoko, atandukanye, ariko tuzonabategurira ikiganiro kijanye na Romarin, kuko ifise akamaro kenshi
Murakoze , nashaka kubbaza utwo tubabi TWA capsule Jew ntatwo ntahura utwaritwo
Amen🎉❤
mbega gushira amazi yindimu mugitsina gore vyoba harico vyofasha kuriyo infection?
Ntaho twasomye canke twize gushika ubu y'uko bifasha. Ivyiza ni gukoresha ibindi mwakurikiranye mu kiganiro
None harabavugak gushira tigurusumu mugitsina aribibi
Nta tungurusumu mu gitsina ntikoreshwa, ntivyemewe
Dusanzwe turi Abagorozi n'umurimo wo kuvura tuwukorera ubuntu
Cabusine niki mwabitwereka ifoto yabwo merc
Mbese iyimiti wayikoresha utwite?
Tungurusumu ntiyemewe utwite
Uyo muti ntitwawumenye uyo bashira mu mazi
Romarin iraboneka cane mu masoko atandukanye aho bacuruza ibirungo vyo mu masosi
❤❤❤
Fasha nukuri imereye nabi.
Imana irabakiza, mushire mu ngiro ivyo mwumvise
Murakoze cyane none mwaduhaye nimero yawe ya Whatsapp
+25776343373
Nuko abagor twaragow p
Utwo tubabi mukinyarwanda twitwa ngongwiki?
n'ubundi yitwa capucine...tuba mu majardin
Umugabo ayirwaye yokwivura gt?
Ni co kimwe, ivyo bifasha abakenyezi na we biramufasha
Capsine ni iki?
Romarain niki?
Ní akarungo kamota bakunda guteka mumuceri
Capucine ntavyonzi mwamfasha
KURIKIRANA KURI IYI LINK, th-cam.com/video/Q213jvXCTSU/w-d-xo.htmlsi=sd_Ff3HF_kA311wt
Zmen
Muvyey urakoz uraduh numer yaw nzoz uvur uzob ukoz
Muhawe ikaze
Izo numéro za téléphone ntizigikora mwotanga izindi
Amen❤❤😮.amen🥺😱😭
Merci MM
Maman uzotubwire umuti wa helpes vaginal🙏🙏🙏
Ego cane
Amabi nayik??
Capucine na amababi avura infection co kimwe n'izindi ndwara nyinshi
None ivyo vyatsi nibiki
Hari Capucine iraboneka Kandi iravura hamwe na Romarin iraboneka mu masoko atandukanye, ikoresha mu birungo vy'amasoso kenshi
Nime fafone
Imana iguhe umugisha
❤
Nange iranyishepe nkeneye ubufasha
Tubararitse gukurikirana, uko wokwivura Imihango ibabaza, iryana...(DYSMENORRHEA)
th-cam.com/video/VJAXt8UzCiU/w-d-xo.html
Urakoze mubyiyi
Imana ikwongere gutahura muntu w imana
Urakoze kweli Imana iguhe umugisha hama ayo mababi wodusigurira mukirindu yitwa gute Romale hoho niki ???
Ayo mabababi araboneka cane mu masoko atandukanye
Romari niteyi mucyinyarwanda
Murakoze cyane nonese tungurusumu bayikoresha gute bayishyira mumazi
Ushobora gufata udutete 3, ukadukatira ku mfungurwa ugiye gufata canke ugakatira ku karoti
Murakozecyane umwami nyirijurunisi abahezagire rk uzanapfashe nabushakegira niyombubonye nakabyangato wowe mbonyewapfasha kuko uherekejwe ntumwamipe siwabeshya
Muratwandikira
+25776343373
Murakoze cyane mukozi w'Imana
None ngewe mu gitsina hazamo ibintu byu mweru bimeze nki kimyira mbese gi kururuka.mwanfasha mukangira inama. Murakoze
M
Gufata neze birya mvumvise mu cigisho biragufasha. Ariko Kandi kunywa no kwicara muri poivre d'eau canke Capucine.
Uzanjye kwamuganga bagutera urushinge nibinini ugahita ucyira uyo ufite umugabo munjyana kwa muganga bakakuvura
Murakoze,muzovuge noku Muti wimpyiko.
Vuba cane
Imana iguhe umugisha mwinshi cyane mama
Imana ibahe umugisha
murakoze imana ibahe umujyisha ifu yaromare ibonekahe muduaobanurire
Mubagorozi @@UwamariyaChantal-ff3ho
Iman'iguh'umugisha muvyeyi ku cirwa ciza uduhaye
Murakoze cyane nonese mwadusobanurira izo karoti cg tungurusumu wabikoresha utwite
Tungurusumu ntiyemewe kuyikoresha utwite
Ndumva ngukunze wigishaneza nihano murwanda
Ibimeze nkikimyira nurubyaro nintanga zumugore
Urakoze Madame
Murakoze
Nukuri imana iguhezagire muvyeyi ayomababi ntayonatahuye
Capucine ni twiza, turaboneka ahantu hakanye, ariko n'ifu yatwo iraboneka. Twabarangira uburyo mwoyibona vyoroshe bivanye n'aho muhereye
Ja kuri google wandikeyo Romalin baca bayikwereka
@@HealthyFoodnCooking
Bonsoir. Mwondangira ifu ya Capucine?
Murakozeee cn gusa ayomababi nanj sindayatahuyee
Ni icatsi ciza kuvura infection hamwe n'izindi ndwara z'ubwandu zitandukanye. Urakurikira ifoto mu kiganiro irimwo
Mugihe wahisemo gukoresha ifu ya Romarin wicara mumazi ubikora iminsi ingahe
Turagukunze caane
Murakoz cane!ariko Ayo mamababi sindayatahuy!!!
Romarin
Tuzobatunganiriza ikiganiro kiyavugako
Amahera. Arimake. Ucubikora. Gute
Wadusanga aho tuvuririra, tuvurira ubuntu
Muvurirarehe?
Natubwire Aho akorera
Murakozecyane uwiteka abahezagire
Amen
Turakoze cyane
Amen 🙏
Yewe nanjye ndayirwara terekumunasi ngira impumuro mbi kd ntako mbanagize kd nkaribwacyane umugongo , mukizibacyinda, nkakacyane mugicina umuriro mwinci ark biza rimwe narimwe
Fata karoti 2 na tungurusumu uduheke 3 buri gitondo, imisi 11.
Wicare mu mazi ya Romarin buri mugoroba iminota 15, imisi 7 wikirikiranye.
Karoti ebyiri na tugurusumu se urabihecyenya cg ubikora mumazi
Babikoresha gute karoti na tungurusumu
Murakoze cyane mubyeyi sinasobanukiwe nukuvugango izo karote 2 mugatondo urazihekenya ese na tungurusumu urazihekenya? Udusobanurire murakoze.
Ego cane na tungurusumu urazihekenya ariko ivyiza n'uko uzishira mu vyo kurya igiye gufungura
Muraho njyewe nafashwe nishimagura nkagira ibintu byumweru mugitsina bimera nkibyomoka kumubiri mungirinama ndaremerewe pe.
Sha uyu mubyeyi nukurikiza ibi avuze uzacyira nanjye byarankijije nakoresheje buriya buryo bwa 2 bwa teyi
Fata uze wicara mu mazi y'akazuyazi buri mugoroba watogoreshejemwo Romarin na Capucine. Ubikora imisi 11.
Uze ukunda kunywa icayi ca Romarin hamwe n'igisura.
Ukunde gufata karoti na Tungurusumu, igihe utari mu mihango
Murakoze.ariko ayomababi kuyaronka nikibazo
Birashoboka bivana n'aho muherereye
Twebwe abagabo twowufata
Umugabo ntiyimiriwe
Muhezagirwe muvyeyi!
Amen
watwaretse iyo mungaga
Nonese mama ku bantu bubatse twakora gute ku bagabo bacu ngo nabo bakire batonjyera kutwanduza
Niba Umugabo ariwe afite infection asabwa kwivura.
Amen❤❤❤❤❤❤
Ayomababi yanyobeye
Utwo tubabi sinadutahuye
Romarin?
Usengera he mupfasoni ?
Usengera he mupfasoni ?
Usengera he mupfasoni ?
Murakoz cane!ariko muzotubwir Ayo mababi ayariyo???
Tuzobatunganiriza ikiganiro kijanye nayo
Murakoze cane lmana ibampere imigisha jewe nisunze ukomazimisi merewe nibazako nanduye iyondwar none ayomababi kontayatahuye mwoyantahuza neza?
Capucine ni twiza, turaboneka ahantu hakanye, ariko n'ifu yatwo iraboneka. Twabarangira uburyo mwoyibona vyoroshe bivanye n'aho muhereye
Ikaroti 2 nziza zikiri nshasha ukaziry matin.soir 4 tunguru sumu.14jrs. 2litte d"eau ucushiramwo romarin ugateka abize agahora ukicaramw15min.isabuni yamuganga.murakoze.cm.gusa Ayo mababi sinayatahuye
Amababi ni Capucine araboneka cane, ahantu hakanye zikunda kuhaboneka.
Ubu hasigaye hari n'amafu yayo. Bivanye n'aho muherereye twobarangira
Umwami aguhezagire mama kucirwa ciza utugejejeho!
Amen
Tubwire uwigifu
Ubutaha
UMUTI W'INDWARA Z'AMAFYIGO by NIYOKINDI GENEROSE.
th-cam.com/video/64aw0x89aP0/w-d-xo.htmlsi=fJf5D2U3AppTJs0M
Shalom shalom mama nn kumuntu yibungenze nawe yafat izotungurusumu na karote??
Uwibugenze ntiyemerewe gufata tungurusumu
urakozemama
Urakoze cane nanjendayigway cane ninakira nzabishingirintahe
Murakoze
Imana ibahe gukira
Ko utubwiye ngo igitsina dukwiye kucoza mu gitondo no ku mugoroba non iyugize petit besoin ntiwitawaza?
urakurikirana neza mu kiganiro ahavuzwe ku kijanye n'uko bakora isuku ry'igitsina,
Mwakoze kuturangira umuti arikose Ayo mazi arimo rumari uyicaramo igihe kinganiki?
Iminota 15, imisi 7
Murakoze cyane njyewe ni muri Congo Brazzaville ariko inama muduhaye nazikurikiranye gusa niba bishoboka mwadusabanurira romarin niki cg mukayitwereka mwaba mukoze
Rumari ni tei iriya bateka munyama cg mucyayi
Remarin ugiye mubirungo vyinyama mumasoko menshi yo mugisagara ziriyooo
Ni irya nyene. Bakoresha mu kurunga
Irakoreshwa kenshi mu guteka amasosi atandukanye, no ku masoko y'imboga hose iraboneka
Irabonake cane mu masoko, atandukanye, ariko tuzonabategurira ikiganiro kijanye na Romarin, kuko ifise akamaro kenshi
Murakoze , nashaka kubbaza utwo tubabi TWA capsule Jew ntatwo ntahura utwaritwo
Capucine ni twiza, turaboneka ahantu hakanye, ariko n'ifu yatwo iraboneka. Twabarangira uburyo mwoyibona vyoroshe bivanye n'aho muhereye
Amen🎉❤
mbega gushira amazi yindimu mugitsina gore vyoba harico vyofasha kuriyo infection?
Ntaho twasomye canke twize gushika ubu y'uko bifasha. Ivyiza ni gukoresha ibindi mwakurikiranye mu kiganiro
None harabavugak gushira tigurusumu mugitsina aribibi
Nta tungurusumu mu gitsina ntikoreshwa, ntivyemewe
Usengera he mupfasoni ?
Dusanzwe turi Abagorozi n'umurimo wo kuvura tuwukorera ubuntu
Cabusine niki mwabitwereka ifoto yabwo merc
Ni icatsi ciza kuvura infection hamwe n'izindi ndwara z'ubwandu zitandukanye. Urakurikira ifoto mu kiganiro irimwo
Mbese iyimiti wayikoresha utwite?
Tungurusumu ntiyemewe utwite
Uyo muti ntitwawumenye uyo bashira mu mazi
Romarin iraboneka cane mu masoko atandukanye aho bacuruza ibirungo vyo mu masosi
❤❤❤
Fasha nukuri imereye nabi.
Imana irabakiza, mushire mu ngiro ivyo mwumvise
Murakoze cyane none mwaduhaye nimero yawe ya Whatsapp
+25776343373
Nuko abagor twaragow p
Utwo tubabi mukinyarwanda twitwa ngongwiki?
Capucine ni twiza, turaboneka ahantu hakanye, ariko n'ifu yatwo iraboneka. Twabarangira uburyo mwoyibona vyoroshe bivanye n'aho muhereye
n'ubundi yitwa capucine...tuba mu majardin
n'ubundi yitwa capucine...tuba mu majardin
Umugabo ayirwaye yokwivura gt?
Ni co kimwe, ivyo bifasha abakenyezi na we biramufasha
Capsine ni iki?
Ni icatsi ciza kuvura infection hamwe n'izindi ndwara z'ubwandu zitandukanye. Urakurikira ifoto mu kiganiro irimwo
Romarain niki?
Ní akarungo kamota bakunda guteka mumuceri
Capucine ntavyonzi mwamfasha
KURIKIRANA KURI IYI LINK,
th-cam.com/video/Q213jvXCTSU/w-d-xo.htmlsi=sd_Ff3HF_kA311wt