Abanyepolitike bahunguka babita "Ibihemu"? Reta ibafata gute ? Umviriza Willy Nyamitwe.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 23 ส.ค. 2024
  • Mu kiganiro caremeshejwe ku bamenyeshamakuru ku wa 16 Myandagaro, Willy Nyamitwe, Umuhanuzi Mukuru Ajejewe Kumenyesha Amakuru mu Biro vy'Umukuru w'Igihugu yavuze ko reta yagumye itera akamo abarundi bahunze ngo batahuke.

ความคิดเห็น • 4

  • @Thelegend-zd8bn
    @Thelegend-zd8bn 4 ปีที่แล้ว

    Bose kiretse umugore wawe

  • @Thelegend-zd8bn
    @Thelegend-zd8bn 4 ปีที่แล้ว

    Burya umugore wawe ntacamaze

  • @kellyskakunze9780
    @kellyskakunze9780 5 ปีที่แล้ว

    Mbe umugore n’abana bawe ko batarataha nabo n’ibihemu, aiet la civilisation d’ordre linguistique, celà vous a toujours échappé, kandi minasubira kubona umwana wawe ngaha yiyengereza, nawe azotaha mubane yongere avugwe nkabandi, ko abandi basigaye batega amashi mu buhungiro umuryango wawe ariyuri, hari igihe uzoshikirwa baciye kubandi kubera akanwa kawe gacira ubumara. Abantu babagabu basigaye bacira inkonda ngo nabavugizi bumukuru w’igihugu!

  • @johnymikelebg9792
    @johnymikelebg9792 4 ปีที่แล้ว

    Mbe wewe umugore ntarimumpuzi muri américain uravuga make nawe ahuri sihuzama