Igice ca kabiri c'icigwa ca Willy Nyamitwe ku bijanye n'amakuru y'ibinyoma (Gestion des Fake News)

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 23 ส.ค. 2024
  • Igice ca kabiri c'icigwa Willy Nyamitwe Umuhanuzi Mukuru mu biro vy'Umukuru w'Igihugu ajejwe kumenyesha amakuru yatanze ku bijanye n'ugukoresha imbuga z'ukumenyesha amakuru hamwe n'ibijanye n'amakuru y'ibinyoma (L’exploitation des supports de Communication et la gestion des Fake News : Cas des Réseaux sociaux et la presse en ligne). Umviriza izo nyigisho, hari mu nama yahuje abarongoye ibimenyeshamakuru

ความคิดเห็น • 5