ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Step media turabashimira vy,imvamutila kubwitange mugira🙏🙏 mukuguma muduha amakuru agezweho kumwanya kumwanya IMANA ikomeze kwagura ibikorwa vyanyu
komera
IMANA ikomeze ubumwe bw,Ibihugu vya Africa vyose bikomeze gusenyera kumugozi umweNa canecane BURUNDI &Rwanda
Imana ishimwe cane ❤️💞🇧🇮&🇷🇼
Kbisa 🇧🇮❤️🇷🇼
Beni nakubali kbsaa
Wubahwe nd ♥️♥️♥️♥️♥️
Karibu iwacu iburundi
Shimwa mana ukora ibibereye ❤️🥰🇧🇮
Benichou nkunda ukuntu Ur romantique kwel wamaze kuduh ivyabaye🤭🤭🤭🤭
Vyaribirori mwakoze can
Dore imodoka sha
BURUNDI BWACU 🇧🇮BURUNDI BUHIRE 🇧🇮🥰
Komutamubajijee ibibazooo🤳🙄
Nivyiza cane
Ariko Mana urigitangaza ayamashimwe nayawe Mana uri Mana urinda ijambo wavuze ikaririnda ibihenibihe ukarishitsa
Ndishimye kubona ugwanda nuburundi vyongeye guhuza🤲🤲👏👏
Mana habwa icubahiro ibihe vyose
TO much
Ok
Ntewe ishema no kuba nkundana nu murundi KAZI ndumva nishimye pe imana ikomeze iturindire ABA bakuru bibihugu byibivandimwe bombi
❤❤🎉🎉
Umunsi tuzosubira kuba bamwe
Ico bisigura n'uko yesu aboyahobeye aribo bamugize
Uwuzi ico bisigura aransigurira impamvu mbona Bose bagiye babaha amashurwe ariko président wa tanzania ntibamuhe?
Ngira nuko arumugor nubundi nigihangange
Mushimirwe cane
Haricyera
❤❤❤
bave bgaho buguruye imbiba abazugayeee
Shimwa Mana yacu.
Nimusubize hamwe iterambere risasagare erega turyanishwa nabazungu kugira tuzokwame dukenye gutyotubeho tubasaba
Twese turi bamwe
Hhhhhhhhhhh
Mu Burundi nta nzigo dufise basha
Ivyo ni ivya kera
🎉🎉🎉❤️❤️❤️
Step media turabashimira vy,imvamutila kubwitange mugira🙏🙏 mukuguma muduha amakuru agezweho kumwanya kumwanya IMANA ikomeze kwagura ibikorwa vyanyu
komera
IMANA ikomeze ubumwe bw,Ibihugu vya Africa vyose bikomeze gusenyera kumugozi umwe
Na canecane BURUNDI &Rwanda
Imana ishimwe cane ❤️💞🇧🇮&🇷🇼
Kbisa 🇧🇮❤️🇷🇼
Beni nakubali kbsaa
Wubahwe nd ♥️♥️♥️♥️♥️
Karibu iwacu iburundi
Shimwa mana ukora ibibereye ❤️🥰🇧🇮
Benichou nkunda ukuntu Ur romantique kwel wamaze kuduh ivyabaye🤭🤭🤭🤭
Vyaribirori mwakoze can
Dore imodoka sha
BURUNDI BWACU 🇧🇮BURUNDI BUHIRE 🇧🇮🥰
Komutamubajijee ibibazooo🤳🙄
Nivyiza cane
Ariko Mana urigitangaza ayamashimwe nayawe Mana uri Mana urinda ijambo wavuze ikaririnda ibihenibihe ukarishitsa
Ndishimye kubona ugwanda nuburundi vyongeye guhuza🤲🤲👏👏
Mana habwa icubahiro ibihe vyose
TO much
Ok
Ntewe ishema no kuba nkundana nu murundi KAZI ndumva nishimye pe imana ikomeze iturindire ABA bakuru bibihugu byibivandimwe bombi
❤❤🎉🎉
Umunsi tuzosubira kuba bamwe
Ico bisigura n'uko yesu aboyahobeye aribo bamugize
Uwuzi ico bisigura aransigurira impamvu mbona Bose bagiye babaha amashurwe ariko président wa tanzania ntibamuhe?
Ngira nuko arumugor nubundi nigihangange
Mushimirwe cane
Haricyera
❤❤❤
bave bgaho buguruye imbiba abazugayeee
Shimwa
Mana yacu.
Nimusubize hamwe iterambere risasagare erega turyanishwa nabazungu kugira tuzokwame dukenye gutyotubeho tubasaba
Twese turi bamwe
Hhhhhhhhhhh
Mu Burundi nta nzigo dufise basha
Ivyo ni ivya kera
🎉🎉🎉❤️❤️❤️