Kellyna - Wanjera (Official Music video)
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 1 ก.ค. 2024
- #kellyna #wanjera #burundi #rwanda
Performer :Kellyna
Audio:Mike on the Track
MM:Bedi Best
video Director:Kevin Creator
Song Writer:Ijoco ,Malakay,B3
Verse1:
They say
C'est pas le genre de garçon wojana ku bavyeyi
Bama bambarira yuko uzonyambika iceyi
I know you are crazy, but you are my choice
Love you anyway
Love is being stupid together
Wallah, Yahabibi
Nico nagukundiye
Iyo udahari, mba ndi vide
Sinshira ubwenge ku gihe
Ulala
uri umubile Bikaduhurira mind
Tu me fais rire nka Kigingi
Iyo ntari muri mood aaah
Prechorus :
Boy you're the one
Was looking for
Boy you're the one
Nkukunda faux
Chorus:
Wanjera, Wanjera, Hmmh
You're my partner(Yahabibi), wanjera, wanjera Hmmh
Verse2:
T'es mon cadeau du ciel
Mi call you Wanjera
Mon antidépresseur
When I feel so down na
Ninde afise nkanje
Yoza tugahaya
From Lundi to Sunday
You're my Tilalila
Boy, you're my energy
Izo vibe zingira umusazi
Baby you're my Henessy
Please, mbwira wampay'iki?
Allo allo eeh eeeh
Why I love you bebe yooh
Allo allo bébé
Pourquoi tu me rends si folle
Prechorus :
boy you're the one aahh
Was looking for
Boy you're the one aaahh
Nkukunda faux
Chorus:
Wanjera, Wanjera, Hmmh
You're my partner(Yahabibi), wanjera, wanjera Hmmh.
For bookings: trustmedia257@gmail.com || +257 72 254 197 Irely Manager - เพลง
Uwemera Kuyumwana Wa BUBANZA Akaze Ejo Ashobora Kuba Rurangira Shirako Like Abo Tuvyumva Kumwe.......
Umunyarwanda wambere ukoze comment nyihere like na subscribe dukomeze 🎉🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
kellyna kuyindi level. Uwemeranya nanje kuyu mwigeme ariwe ayoboye i Burundi ampe like duheze dukomeze.
Wabony wakwenu Ari 🔥 sanaaaa
Arakaze ariko ararutwa.
NJENDUMUFANA WAWE WAVYANKA WAREKA❤🎉
🔥🔥🔥🔥🎼 la force qui force toutes les forces qui n est sont pas forcés 🔥✅ @Mista champagne Kellyna 🔥✅
Mbega ikigoma weee ❤❤ abamaze kuyumviriza akarenga 10 nkanj mumpe lik
ndagarutse gukomanta nkeeeu hit song🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Saf san ngoma kali kinyama nimependa anavyoimba nipo Tanzania naombeni like
Iyi ngoma ni kali kbx wubahw murundikazi mwiz uguma utunezerez twebw abafana baweeeeeee
Youuuu the one😍 on valide 🫶🏼
Indirimbo weweeeee❤ like nyinsh
Abemera kwiyi ndirimbo izokwizi 1Million muminsi mikeya mushireko luke wanjera🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
EgO 🌹🇧🇮🔥🔥🔥
Reka kuza mwosha uwomwana ntaco ashoboye ico azi nukwigir star 😊😊
Wabikoze neza shaa
Abakunda Kellyna nkanje nimunyihere ama like❤ ikibazo dufis ni Mista champagne 😂😂
Ikibazo cabe na Mr champagne 🤔🤔
AbanyaBubanza hejuru caneee❤💡✌️✌️✌️
Ubundi niwe twari twarabuze🎉❤Hejuru cyane🎉🎉🎉🎉🎉
Kelly i love very much your songs every day ndizer mumis yimber kurumw mubakobwa bazob bafs izin rikomey mur EAst Afrika
Njewe rero ngira ndakubere umufana Wambere uranyemeje ndakenda Mama ❤
Uyumudemu azonabica hit song
Ararenz sana
We are The best muzika good job 🔥🚀
Good Song M'y Sister 🥰🙏
Kellina mpise nemera kuko bahor mbon kusanzw, abemey nkanj kand like mwirenganir❤🎉
Ndayikunze kubera numviseko akunda champagne kuk champagne mdamufana
Kelynaaa🎉🎉🎉
Top sanaaaa
We love this song from inside of our heart...Burundi 🇧🇮, Rwanda 🇷🇼, Democrat Republican of Congo 🇨🇩, Tanzania 🇹🇿, Uganda 🇺🇬, Kenya, Ethiopia 🇪🇹, Sudan 🇸🇩, South Sudan 🇸🇸, Somalia 🇸🇴, Djibouti 🇩🇯, Eritrea 🇪🇷, South Africa 🇿🇦, Nigeria 🇳🇬, Ghana 🇬🇭, Namibia 🇳🇦, Lesotho 🇱🇸 Eswati 🇸🇿, Angola 🇦🇴, Gambia 🇬🇲, Mozambique 🇲🇿 , Malawi 🇲🇼, Liberia 🇱🇷, Zimbabwe 🇿🇼, Zambia 🇿🇲, Niger 🇳🇪, Mali 🇲🇱, Senegal 🇸🇳, Burkina Faso 🇧🇫, Cameroon 🇨🇲, Ivory Coast 🇨🇮, Qatar 🇶🇦, Oman 🇴🇲, Saudi Arabia 🇸🇦, South Korea 🇰🇷, China 🇨🇳, , Canada 🇨🇦, Australia 🇦🇺, USA 🇺🇸, Russia 🇷🇺, Belgium 🇧🇪, Serbia 🇷🇸, France 🇫🇷, Germany 🇩🇪 ❤
Iyi n hit udukomye hiT xnaaaa✈️✈️✈️✈️
Uwahitiye kiwyo comment yambere ngo la force akaba yaraziko ari mr champagne Nafyonde Like ndamubone
Love from fresh tv257
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥hit
Hehuru caane me Queen🙅💞💞
This is the best legend the one&only artiste and founder of buja fleva this man is so amazing If you agree with me gime likes ❤❤❤
Mu Rwanda turakwemera cyane kbx Kellyna
Vyuzi zaciye zikwama nani gusa kano kana jewe ndakabona nkaba Zuchu mumisi mike Kirimbere. mugahate bikorwa vyinshiii
Go higher my daughter 🔥🔥🔥
Bubanza twidugura igihanga courage janvier wacu
Ndayiravye kubera mista champagne ariko indirimbo nsanze ari ubuki✌️💯
Kellyna iyo song irasara nkumu fans uzuyikorer remix na mista chamagne yoshik kurii ubavyunv nkuku mumpe like mwirenganir
Waaaoooh,' Nic song 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Nice song imukobwa aryohey mubuzima nuyo
❤ Ahaaa!
Urukundo ni hatari ibi bibaye mu buzima busanzwe haraho bigorana!
Fire kama fire keep fighting
Komeza uterimbere j ndakwamera 100%❤❤
NC song
🔥🔥🔥 Courage cane Wanjera
C'est à cause du mr champagne que je visionne cette video mais je ne regrette rien, une belle musique 🙌
Uwemera KO Kellyna ari kuyindi Level ampe like 🔥🔥
❤❤❤❤❤ courage
Banger🎉
Remix with Riderman haba hahiye sana 🔥🔥🔥🔥🔥🥰✌️✌️❤❤
Congrats 🎉🎉🎉🎉
Ego Sha urabahaye bazosubire vrmt go ahead
Get it Get it sis🥵🔥🔥🔥
Uyu niwe kellyna Wanjera twagiyeeee🔥🔥🔥🔥🔥
#Uwemera kari song nziza name like
Wallh nanj nemeye
Good song 🔥🔥
🔥🔥🔥i know nothing about kirundi but I really like this song much love from 🇱🇷🇱🇷
waiting for new hit song 🎵 🔥
Wavanj champagne shaaaaa!!!!!! Azogutwara ibukavu
Hit song🇧🇮❤️❤️❤️❤️
Harasha
Courage kelkyna chr ndagufan kuruta bos ❤
Wanjera hejuru🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
🔥🔥🔥Love from #Blaesus_Tété
Good job usa neza ❤ ukora nezaa ndagukunda mwiza kellyna
Komeraa wa mukobwa mwizaa indirimbo ni og
Nice bae
ubikora neza wanj ❤❤❤🎉🎉
❤❤❤❤
Song nziza Cane Kellyna❤❤❤❤❤
Wadukoreye akantu kumutse kbx
Kellyna hejuru cyane wllhi 🫡🫡 bless up klii ❤
nicee acting my gee D'umuhungu 🎉🎉🎉
🎉🙌🔥🔥
From malawian watching in south Africa
Wanjera hejuruu
❤❤❤
Kitoko 🎉🎉🎉
Twahishikiye harasha 💥💥💥
Rwanda 🇷🇼 ❤❤❤
Hatwik sh 😊
Courage urashoboye
Iraryosh sana
uwutemera ko Kellyna ar imber ngah muburund nind
Good music kellyna🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Thx kellyna kurino New song waraye udutayemwe ham courage kl kukoo imbere niheza
🇧🇮🇧🇮🇧🇮✈️✈️✈️🔥🔥🔥🔥
Imbere ni heza cane Kbx uranyemeje❤
Kabx ubundi niwe wanje tuzogumana ❤❤❤
Kl courage mbegumwana mwizaa😢😢❤
Nice song🔥
Courage canee urabiziKellynaa🙌🏾
Hhhhhh kellyna hejuru cane🤞🏼🤞🏼🖐
Dutemwo🔥🔥🔥🔥
Nic❤
Nariko ndatemberana n'umwana wanj, numva avuze wanjera ndabura ico avuze, nn yar yantanze kuyumva❤️
#Kellyna bandanya gutera imbere Imana Ikuje imbere mu bikorwa vyawe vyose ushike kure hashoboka
Mike on the TRACK🔥🔥🚀⛽🔫💣Aaha
Iyi summer ntudusiga 🔥🔥🔥🔥🔥
🔥🔥👍
Kellyna wa jewe hatwike ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉