Fablice ivyarimwo ashobora kuba abizi canke atabizi!, Gusa iyi politique ya face Book n'a you tube iriko Iza Ku muvuduko udasanzwe, ni jeux émotionnel,kugira umuntu areme ngo bigira bigende neza, ndi sur ko irya Soko nibashiramwo inguvu hasigaye 20 ans kugira yubakwe! Mugihe hazoba haje New generation nahonyene CNDD FDD niyaba yiyubuye
Amurenz mubiki? Biragoy ko wumba Moses ugihumirij mu bubonerakure..?? Nayo ivyo uvuga uyo Fabrice ni igiki? Niki yakoz vyotuma uvuga kari igitangaza?? Ibi turamenyerey ko abadd bazana des individus bayoroy mu mahanga kugira basamaz abarundi ku bibazo bibahanz! Diversion is one strategy used by cndd fdd criminals regime to distract Burundians. Mbega isoko mwayituriy kugira Muyubak? Emwe imbwa yarahiy ku murizo ngo burakey tuherek abagabo “ nuwuzobaha 100 ans nta teramber muzoshikako kuko namwe ubwanyu ntimutey imber mu bwonko” akarorero ni wew bagicamwo kuko utabona
kuba iyo blue print iriko abazungu vyerekana ko uyo mu ingenier yayiganye kandi kwigana ikintu bisaba ngo ube ufise ubuhinga amafranga na securite yo kubikora so iyo c'est un project fou ku gihugu nku Burundi kiretse bikozwe bikaba na funded nab chinois canke abandi banyamahanga
Uwo mugabo yibagiwe kongeraho ko mu byaro hafi ya hose( ruguru) bafite amashanyarazi. Kdi gahunda ni uko buri muturarwanda wese aho aba ari hose acana amashanyarazi ( umuyagankuba) kuko amapoto hose mu gihugu yarahagejejwe.
None kantarigera mbona ikindi gihugu mur east Africa cibona kuburundi knd biteye imbere gusumba urwanda 😂 je sintahura impamvu urwanda rutwipimako 😂 je sindabona Kenya Tanzanie iri kutuvuga nabi cank bavuge urwanda nabi toujours Kigali kihali😂😂 mutureke
Amajambo atagira imbona kazoza ntamwanya twoyahereza mwene Burundi . Abafise ibikorwa bari kukivi wewe ukaguma uhemberwa umunwa 🎤
ko uvugira mucumba cawe ngenda mu Burundi utwereke ico umariye igihugu cawe ? ntaco ushoboye bro tekereza Frabrice arakuruta.
😂😂😂
Fabrice arakurenze bro,rekana nawe,wew ivyurimwo ntavyuzi,rero wew trkan nawew niwerekan ivyiwawe uze uduhende iyo video niyakera ariko Fabrice ntiyarabirimwo,knd wew uraho gusa urasamye namatam gusa tekan,
😂😂😂
Moses bureka kwitiranya ibintu vya fabrice nivyabandi Bro hama nawe turakeney kubona ivyo uterera igihugu
😂😂😂
Your starting introductory iranyemeje kbx
We love u too sir
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Abarundi mugira ikibazo cyo guhubuka nubwo Atari mwese nkubu muramutuka kdi iryo soko ndaryibuka Eli copter yacu yaje gutanga umusahada wo kuzimya ark kuva icyogihe huzuye Bk Arena na stade amahoro aho abeshye nihe?
Ivyobirasanzwe kuko ugwanda nuburundi biratandukanye
Fabrice kubikora yobikora ingorane ni imwe: ABADUSERUKIRA.
Kubera ibuye rya congo hinge congo babirukane mutagure guhumaguza mubuza amahoro abantu
Chimamanda Moses nsanz ar'imbwa ndak😂😂.gs ndakwikundira❤.muga urabasesera agafu ndak
😂😁
Cimamanda wodufasha vyukuri nkumuntu ukundagutosora woshiramubikogw ugashigikirafabirisi mukwubaka igihugu hakunenga urekeumunwa kukontacufasha
Rekana niki kirwarudubi,kirasamye gusa,nukudedemba
😂😂😂
Fablice ivyarimwo ashobora kuba abizi canke atabizi!, Gusa iyi politique ya face Book n'a you tube iriko Iza Ku muvuduko udasanzwe, ni jeux émotionnel,kugira umuntu areme ngo bigira bigende neza, ndi sur ko irya Soko nibashiramwo inguvu hasigaye 20 ans kugira yubakwe! Mugihe hazoba haje New generation nahonyene CNDD FDD niyaba yiyubuye
Iki Kirofa muba mucumviriza muba mwumva gikwije neza 😂😂
Keep up the good work Mr Moses twebw Abarundi b’Umutima turatahura ivyo ushikiriza….abdd sont des escrots politiques
Uwo mushenzi iyo bibiliya yama yisomesha arazi nico ivuga mureke adedembe arko ntaho azopfa anganye na Fabrice wacu ico ni igikoresho caba kavantara
❤❤❤
We love you Mr Moses
basha tuze dukunda ivyacu,noe nkuwo ntanico ariko araterera atari gushaka gusambura gusa
Nimba uburundi bufise abansi bigihugu uyumugabo arimubambere , nimba hari uburundi bufise inzitizi ziterambere uyu mozes ari munzitizi ziterambere ryigihugu .
HHhH!
Abarundi ni feke kbsa.
Mwebwe murishimira igicapo murabura kwishimira ibyagezweho ahubwo mukishimira ibishishanyo.
Muzaze murebe mu Rwanda imvugo niyo ngiro🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Kimba unwa urumogi sha Uburund burikwiyukana bwubatswe n,abarundi babukunda Fabrice yubahwe afise ivyamaze gukora apana wew wapanci we
Nanjyinka narayihawe narituye ntashima Nyakubahwa PKagame ❤❤
Noma.
Simbona nimpamv nagiz subscribe, Shenzi xan!
Gusa ikibazo mbona muburundi nuko
Bavugabikorwa byabo bitaratangira bakishima cyane nibagerageze bo bakore bajye bishimira ibyagezweho
Naho ubundi nukwihamenyo yabasetsi
Anything is possible,Bro.
Wuramanyare yingurube uragahera iyowagiye ubu kobatanguy kuyubaka niso nanyoko bariko barayubaka mbesiere
Wivugire hewe ivyo ushaka wibereye mumahanga
Uragahona wew Hera iyo waguy
@@YASIPI500 harya Umuyobozi wa KIRA Hospital ari
Turumvise amajambo yawe kandi urazi kubona ivyiza bibereye, dushaka ibikorwa nawe wokora ugafasha ba Fabrice n'abandi,.... nayo kuvuga gusa ngo hakwiye ibi na biriya twese twobishobora.
Chimamanda sinzi impamvu utarahindura iyosura yawe ngibe iyumunyarwanda. Uburundi urabusuzugura cane kuburyo ubona kataterambere rihari. Uguma ubugereranya n'urwanda ukamengo urwanda nigwo ruteyimbere muri Africa. Uvyanke canke uvyemere uburundi buzoterimbere kandi cane n'amahanga aburondere, ntawuvuka rimwe ngo yuzure ingovyi. N'ivyobihugu wumva biteye imbere ntibabivukanye vyabatwaye decades and decades to build. Rero iyuzakuba uri uwundi nawe woravye icukora ukazosiga izina ryiza kumuryango na community yawe urekane nivy'uburundi kuko ntanyungu nimwe bizoguha atari ugutakaza umwanya uvuga amatangazo menshi.
Jewe ndeme ko uburundi bukirimuzira yiterambere ariko abarundi mukwiye kumenya ko gukora umgabi witerambere atri kurama mwijoro ugaca uvyuka mugatondo ubikora mumenye kobitwara igihe nabo banyarwanda wagize indirimbo mkanwa kawe ntibabikora kumusumwe nabo bibatwa igihe
We uri umushenzi koma nyoko!ubuheruka wariko uvuga ngo Fablice Respect none Ubu utanguye kumurwanya?wew icokunshikanira ngaha i ngozi nogutungira igiti muri ivyo bizuru
Jewe namye ndabivuga Fabrice arabarenze abitwa aba Diaspora niwe amaze gukora projet zamahera menshi ngaha kandi tukabibona mbere muvyo amaze kuvuga vyose yarakoze,iyo rero ninzigo imwe izotuma abarundi tudatera imbere,
None ivyo Fabrice amaze gukora wewe urabikora???waki jujuwe kuguma usoroma pastec iburayi, numa Fabrice turamwizigiye kabisa.
Uw mugesera usanga ataninzu arubaka muga fabrice yarubatse mpaka nawe usanga atanico uraterera mugihugu rek urabe kitubakwa tuzogutwenga ur muri bamw bagenda bivye cnk bishe mugihugu
Ntihagire UZA yumviriza uyu mudayimoni yatumwe ariko azotsindwa
@@bigjohnnevergiveup ariko ivyakozwe vyose ntacagiye mungiro nta daimoni iruta ivyo
Non iburundi ufise uburyo bungana gut kugir bububak ibibug byindeg bingana gutyo nibi bihugu byateyimber bafis ibibug 2 gus
Moses terera mw'iterambere ry'ugihugu hanyuma urindire ibikorwa uburundi turimwo sibwabundi waruzi mumyaka iheze 'igitoro kunomunsi mutabivuzeko
Erega guterera si amafaranga gusa ariko n'ivyiyumviro vyiza,vyigisha ndetse binahanura nayonyene ni intererano
Erekana nawe ivyawe uzotangara wovuga woreka ibikogwa birakogwa icigenzi nuko bobikora ukatangara nabagushingikiye gucanintege nivyobikuranga Ntaco Utavugako wew Zana ivyawe nawe
Muri audio yambere yigicapu c'isoko ntawombonye yayihawe ngo ayubake ,kugicapu ca kabira mbonye yahawe Fabrice ivyo uvuze ndabona tutobiha akanya kanini ahubwo ingo tumushigikire Fabrice tuyubake namba utari mubatagomba ko iyi leta igira ico igerako.
Abant ntanubweng mufit non kuyitwerek nkiyahez kand ikirumusak atanumushing
Nawe urinkabandi kumokera mumahanga ico umariye igihugu nikihe Ingo nawe ucubake turabe ureke kumoka nkumu fana wupira anegura umukinyi ngwakina nabi nawe atazi igene bawukina
non bono chimamanda vuga wew ibirivyo?
Uravugisha ukuri bafate kimwe kirangire
Kumbe nuko biri erega ntavyo narinzi burya nabakwanka mbona bibesha uvuga ukuri pe🎁🎁🎁🎁
Rero Moses nukuri ubwo nububwa ntawusebya iwabo ashima iwabandi
Ivyo nububeshi ntibizokogwa kubera turamaze kubona ibicapo vyishi ariko twarabuze nakimw cokogwa ivyo bicapo vyabaye vyishi
Kimamanda Moses kuribyo bya Internet nkanje ndimu'Rwanda ariko ngura Internet yi1000frw ikamara ukwezi kose harimo guhamagata harimo kohereza sms cg message ntakubeshye Internet hano irahendutse cyanee Leta ishyiramo icyobita nkunganire bityo umuturage agahendukirwa uRwanda namahoro
Twaraguhinyuye urigikoresho Cabo muri hakurya ya kanyaru ko yahinduye abajeneral wagumye uhoze 😂😂😂😂 harumunsi uzosababa Imbabazi Abarundi wakijuju weee
The burundiano the must be clever onthe was
Eeh, usanga witwa Sanibarati.
Y freind mukirund bacumugani bati ugaya ingovyi ukahekwamwo nubwo wokwanka igihugu cawe kiracari nyoko naso rero vibuzimu ujibuntu igihugu ntigikeneye abavuga amajambo ahubwo given gikeneye aberekana ibikogwa not urugambo
Nkawew nibaza kudakwije icumariye uburundi nigiki kugaya umugambi yabandi jew nimvugo yawe iransesema uvugankikidavyi ivyudashoboye bubireka rofa
Hewe tuza utekane🙄Fabrice sumunwa nkabo wumvise😳Kuko nimba uri hanze yigihugu 😢ukaba icu maze ari amajambo gusa😭Aho ntaco utunariye😏Ahubwo nkawe woba ukwiye guterera ,Apana kwanikiza amenyo gusa😭Wewe ntakintu arategura ukacemera,hama nrugishitse😔
WE rofa urabona fabric munganya ubwene ikigwati yubatse ntigisumba isoko
Fabrice arakurenzr brooo tuza wishimishe kubanyakanyaru ntiwigereranye na fabrice tuza
Turaje tubabone 😂😂😂😂
Fabrice agiz iki??? Akorana na Neva mwe abarundi ntaco mubikuramwo?? Ubundi wabuze ingenior akubakira canke??? URI ikirofa… Fabrice na Neva bunted isoko wee urimwo??? Ba mwumviriza Mureke kuvuga ubusa… nizo mpamvu burundi Ari icanyuma kwisi Kandi muri vyose…nabonye muka Neva azana limousine muyisasira ibitenge Sinzi niba abaha ride
Amurenz mubiki? Biragoy ko wumba Moses ugihumirij mu bubonerakure..?? Nayo ivyo uvuga uyo Fabrice ni igiki? Niki yakoz vyotuma uvuga kari igitangaza?? Ibi turamenyerey ko abadd bazana des individus bayoroy mu mahanga kugira basamaz abarundi ku bibazo bibahanz! Diversion is one strategy used by cndd fdd criminals regime to distract Burundians. Mbega isoko mwayituriy kugira Muyubak?
Emwe imbwa yarahiy ku murizo ngo burakey tuherek abagabo “ nuwuzobaha 100 ans nta teramber muzoshikako kuko namwe ubwanyu ntimutey imber mu bwonko” akarorero ni wew bagicamwo kuko utabona
Ngira bazokubaka isoko 2 mukibanza kimwe.
Urumva nivyo uvuga duciy tuvyemera twoba tubay ibijuju? Wumva gute?
Oya Fabrice azobikora kabisa irya soko azoyubaka kuko nawe yababajwe niyo myaka yose iheze abari biyemeje kuyubaka batayubatse acavuga ati yimpe je ndayiyubakire twe tumurinyuma Fabrice kandi ama actions turiko turayagura kabisa nitwahomba ntakundi ntirizoba ari iryambere duhomvye twe twaramenyereye kurinda.mwe be murayabitse ayanyu mube murayagumanye muzoze murarabisha ijisho muzoza kudupangira ntaco
shawewe urukuzimu ntamuntu urimwo ariko igihe kimwe muzotangara nabagukoresha mwese haraho wokwifpuza kugaruka muburundi
Ubwo bwanwa bwamereye ubusa kabisa namba kagame aguhemba urikijuujuuu cumugabo uringegera yikigabo warofawe udakunda igihugu cakuvyaye
Manga kumva ukur kk kuryaa murek ababwize ukur
Sha harumunsi bizogutekurukana Ivyuvuga hama abarundi bakwihanire
We Moses, kubwawe none kuba Fabrice harivyo yoterera mukwubakisoko ,hakaba harinivyamaze gukora ,ushingira kuki ngumucintege. Reka kuturatira ivyigwanda nabo bafisibibazo vyabo twe turiko dukemura ivyacu. Atacuterereye kiboneka mwiterambere hora
kuba iyo blue print iriko abazungu vyerekana ko uyo mu ingenier yayiganye kandi kwigana ikintu bisaba ngo ube ufise ubuhinga amafranga na securite yo kubikora so iyo c'est un project fou ku gihugu nku Burundi kiretse bikozwe bikaba na funded nab chinois canke abandi banyamahanga
isoko bazayubaka mumutwe
Nose Moses we ko Wenda Fabrice yanubanse namahotero nkawe uraruka ibiki mwaretse muburundi bwabonye umu patriote uraho umeze nkuwanduye sida
Urikopo uzorwa hanze y uburundi kuko urinyanka burundi
Ikindi naco iyi video wabonye arinde ayi déclara ko agiye kuyubakisha?
Wewe chimamanda ufise inzigo non Fabrice akugiziki wewe umaziki kwatsco umariye igihugu atarufaranga ugenda uhendesha abantu atanico tubamarira baguhenda ngo baguha amakur
Genda gake chimamanda,
Babyita gutera fenereg Abene gihugu ijyihe cyose reta yabuze ibyikora ishaka ibyabesha abaturage
Mozese urimbwa kwer Kira noneho isoko izubakwa umaramare faburisi numugabo agusumba incuro 100 wewe nugusuzugura igihugu cawe nabakigize amajambo gusa
Moses wewe novuga kurumwansi witerambere reka abakora bakore wewe ugume uvuga vuga nkumugore
Vuga make sha ibikorwa biruta amajambo ico udashoboye urihorera ndaz bizorangira ubuze icubavuzeko.
Ndasaze abarun mutandukanye natazaniya mundakunda igihugu canyu mozesi abagwira aze gukorerera igihugu iki kwaramajabo abantu nkabo nibwa gusa fabirisi ibikogwa turaze kubibona
Mbe wokwiza ibibuga vyindege atanizo dufise zisanewe zija muntara
Iya fabrics izocamwo man
Hari ishamba ngira ningwe ziberayo inzoka zicira nimamba zitembera ukuri kwamye ikitavuzwe numunuko
None barundi benewacu ntimubonako 2025 habura amezi 3 , Koko mwumva bishoboka kdi bataranatangira kubaka?😢😢😢😢😢😢😢😢😢😮😢
Uwo mugabo yibagiwe kongeraho ko mu byaro hafi ya hose( ruguru) bafite amashanyarazi. Kdi gahunda ni uko buri muturarwanda wese aho aba ari hose acana amashanyarazi ( umuyagankuba) kuko amapoto hose mu gihugu yarahagejejwe.
In 2030 that is when this shopping mall will open.
ikinigih cibikorwa nn ww uriko ukora iki kugira igihugu giterimbere nkumurundi
Ww urirofa kbx
Ngukunda kubanunika nuko batumva pee
Wewe mbere urumuswa utagira nubwenge 😂
Ubuharabura amezingo twinjire muri 2025 ubuse Iyonyubakwa yisoko igezehera😂
Ese ni kuki utigera uvuga kuri côté negative
Brother, uyu mugambi wisoko wahawe Fabrice, ego ntawosya rwose atarabona ibikorwa vyagiye mu ngiro, ariko ivyo gutwenga abari ku kivi sindagishigikiye, kurico ca Fabrice wamurenganije, ntabwo arananigwa nigikorwa ngo tumutwenge
Ahwiiiiiii😂😂😂😂😂 mbe barubaka ibibuga byindege ntanindege bagiraq😂😂😂😂😂😂
Isoko izubakwa
2015 ,lvyo mwashaka gukora twarabibonye.ntaneza mwipfuriza lgihugu.
Vyarabananiy muri 2015 ubu nuguvugish umunwa gusa mugabo abarundi baraciye ubwenge baraziko abo bavugiraho bari nkingom ahubw adashak kutegwa mabuye ntazosubire kuvugakur Fabrice uryarimukazi sha
None nibayubaka uzoca uvugiki uzemera ko vyose bishoboka why everyday upinga rorera bidakunze uzovuge bikunze uzibe we bip shenzi sana
Hora mwemera ibitabaho muzohinduka ryari ngo mubone Kure nka kigali😂🎉❤
None kantarigera mbona ikindi gihugu mur east Africa cibona kuburundi knd biteye imbere gusumba urwanda 😂 je sintahura impamvu urwanda rutwipimako 😂 je sindabona Kenya Tanzanie iri kutuvuga nabi cank bavuge urwanda nabi toujours Kigali kihali😂😂 mutureke
Ikibazo ufite nikihe moses wee😂😂 uraraba wikebuke. Ese nta nikintu nakimwe urigera ubona ciza ? Ese byibuze nubona bikozwe uzarira ?😂
noe ww urumurundi?rofa gsaa
Jew iyombonye abasara ngo fabrice ni igitangaza ntibabona fabrice arimwo ubwiwe siwenyene ni Ndayishimiye ubwiwe agaragara muri fabrice
Yaba ndayishimiy uwariw wese yoyubaka iconzi niyigihugu kandi naho ntoyikoreramw izokoregwamw nabarundi twe ntidukeneye izina siryo riteza imbere igihugu igihugu nitwe nyene tuzogiteza imbere
@@ryitangiyemoise5258 ikibazo haje undi mutegetsi azayitwika like others too.
@@chimamandamosesoffice8109 wew nikwo ubibona kandi biragoyek uhindura umunt muburundi habay imigambw myishi kubera biyumvira nkawe Dukwiye kuva muri kahise nkukwo serundi yirigwa rabivumera tukubaka igihugu ndatangara uriko ugeranya uburundi nurwanda urwanda rumaze 30ans ruri mumahoro uburundi ntana 8ans irahera rero uburundi nigihugu kiriko kiriyubaka wavyanka wavyemera imisore ninkumi nabakuz bari kukivi nguhaye igihe gito ivyo uvuga uzotangara mwe nabagutumye ndavye ibiriko birakogwa kunguvu zabene gihugu bakunda uburundi cank ngo urabe président ukuntu ariko ahimiriz Aba jeune imbere niheza ntivyemera mugab uzobibona tuu!!
Ahubwo wagira Fabrice ataraza aba ingeniors Bari barabuze
@@chimamandamosesoffice8109kuwa mpinzani siyo kupinga kila kitu you have to trust and wait only
Ibibisuma vyaba DD bitagira hakiri hata kidogo kbxa 😂😂😂😂ntamafranga nashira muri ririya soko pee
Moss nukuri urazubwenge wubahwe
Wotubwira ico wamariye abarundi, ico uzomara nimba woronka amahirwe sinzi, reka kwigereranya na fablice;wewe urumu coloni
Ukuri kuraryana bro jya ubabwira